ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Nukurindira twihanganye imbere niheza cane kubu 🇧🇮 🔥🔥🔥
haruwavuze.ngonuburyohe nanjenti Ameeen
Abantu banje mweese muri iburundi mpereye kuri Mutama president ❤muryoherwe knd cane❤❤🎉🎉🎉
I love Burundi so much
Prezida naze arakoresha inguvu afise zo guhasha umwansi,yirinde kuza kutubwira ivyibwe ahubwo aze atwereke gusa abo yafashe binakunze abaduhe tubihondere twebwe abenegihugu,ashireho inzego zicunga ITUNGA RY'IGIHUGU Atari izikwegerako kuko bitagenze ukwo hakajamwo rigueur muguhana nukuri iyi CNDD-FDD yacu izoba iriko irahera inguvu kuko Basha inzara irababaza kndi harara INZARA hakazinduka inzigo,INZARA izohava ituma abantu bahemuka
Ntawimena igihute !
Sois béni mon président
Iyo imvura itaguye abandi baravomerera kandi bakoresha ikoranabuhanga. Nawe ngo ni ugutegereza igihe imvura izagwira!!! Yewe my Burundi muri inyuma gusa😂😂😂😂😂
Birahimbaye kabisa IBURUNDI twarahezagiwe muryoherwe cane muraberewe.
Egooo 🎉🎉🎉
Enjoy president Nv
muburundi hararyoshe nicogituma ibihugu bibanyi bitanezerwa bibonye tuguwe neza
Uvuze neza nukuri ntakindi batuziza kuko iwabo ntabwo bishimye nkabose ni umujinya na depression gusa zibuzuyemwo😢Burundi 🇧🇮 bwacu Burundi buhire❤❤
@ThamiKhundula nicogituma nukuru umaze gusohoka niho ubona kuburundi tuguwe neza Imana yaduhaye igihugu ciza dufise ibifungurwa biryoshe vyakanovera dufise ikirere ciza dufise amahoro numutekano igihugu cose nivyo gushimira imana kuko hariho binshi bipfuza kuba nkatwe nicogituma baguma batugirira ishari badutuka bipfuza ivyacu bakabibura kubera twakanuye
@bizomenyimanaelias5455 6ans ntari Burundi 🇧🇮 naramaze kubonako ntaco Africa iturusha kiretseko ari propaganda bihaye yokutuvuga gusa ariko ntaco banze kuko bakuriye kumfashanyo
😂😂😂😂😂😂😂
@@ThamiKhundula bamenyeye gutega amaboko propaganda twarazihinyuye peee ndamaze kuzunguruka ibihugu ataribike muri afrika nasanze ahubwo dutunze kubarusha kuko dufise vyinshi badafise
Mana Tabata abarundi,never ntaze asubire Kuba president.
😮😮😮😮😮😮😮
Murashaka Buyoya cyangwa Micombero??? Abarundi muri ibigugu kubera amoko!!
@Nkundukuri peter
Natwe ino ikumose ntutu nwanisha😮
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉❤❤
🇧🇮🔥🔥
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤🎉
😂😂😂😂😂 decorations