Urukiza Tv
Urukiza Tv
  • 26
  • 135 942
Messe de Délivrance P. Makamba/ Inkuka ya Misa yo Kubohoka muri Paroisse Makamba +04/11/2023 #part1
Benewacu Mwese Turabakengurukiye caneeeeee ingene mudahengeshanya kudusabira nukudushigikira mubikogwa vy' Urukiza Tv aho tubakengurukira kuntambwe mutugejejeko aho benshi mukora #subscribe mukaba mubaye mubanyamuryango b' Urukiza Tv kwisi aho harimwo abari mubihugu vya Buraya nahandi nko Burundi, Rwanda,Zambia, Canada,Australia nahandi ndashimiye caaaane nabaduterera ivyiyumviro ndetse nabo bose badahengeshanya kudushigikira muburyo butandukanye baba Abarundi canke Abanyarwanda nabo bose bumva Ikirundi canke Ikinyarwanda Twipfuza abasangira bikogwa botwunganira haba mubikoresho canke mukutugira inama canke mukuduhanura mushobora guhamagara kuri
+25767294998 canke Mwandike kuri Gmail yvesmarius7@gmail.com . Murakoze!!!!!!!!!
มุมมอง: 4 291

วีดีโอ

Abarokore(Abakizwa) bavuga ukuri🤦‍♂️ ngo Mwene Data /Nguyo Nyoko wawe😒/ Padiri Amando Kana arabivuze
มุมมอง 51K8 หลายเดือนก่อน
Benewacu Mwese Turabakengurukiye caneeeeee ingene mudahengeshanya kudusabira nukudushigikira mubikogwa vy' Urukiza Tv aho tubakengurukira kuntambwe mutugejejeko aho benshi mukora #subscribe mukaba mubaye mubanyamuryango b' Urukiza Tv kwisi aho harimwo abari mubihugu vya Buraya nahandi nko Burundi, Rwanda,Zambia, Canada,Australia nahandi ndashimiye caaaane nabaduterera ivyiyumviro ndetse nabo bo...
Padiri Félix Fupi ngo Umugore Nkabandi🤣🤣🤣 Ababivuga Soma Mutahure ukuri
มุมมอง 1.3K9 หลายเดือนก่อน
Padiri Félix Fupi ngo Umugore Nkabandi🤣🤣🤣 Ababivuga Soma Mutahure ukuri
🎸Nzogutambira Wa Mana Data🎹🎺🎻
มุมมอง 1.6K9 หลายเดือนก่อน
🎸Nzogutambira Wa Mana Data🎹🎺🎻
Preface y' Ubusaserdoti/ umva ingene bikora mugahogo bashimira Umukama
มุมมอง 8429 หลายเดือนก่อน
Preface y' Ubusaserdoti/ umva ingene bikora mugahogo bashimira Umukama
Alleluiaaaaa Nihasingizwe Uhoraho umuremyi wa vyose/ Paroisse Makamba
มุมมอง 9519 หลายเดือนก่อน
Alleluiaaaaa Nihasingizwe Uhoraho umuremyi wa vyose/ Paroisse Makamba
Turabasavyi ba Yezu
มุมมอง 2959 หลายเดือนก่อน
Turabasavyi ba Yezu
Guma mwisezerano rya Yezu ntuje kubapfumu/ Padiri Pierre
มุมมอง 1.7K9 หลายเดือนก่อน
Guma mwisezerano rya Yezu ntuje kubapfumu/ Padiri Pierre
igituma Abarundi bicana kandi basenga🤔 /humura Mugenzi/ Padiri Pierre
มุมมอง 4759 หลายเดือนก่อน
igituma Abarundi bicana kandi basenga🤔 /humura Mugenzi/ Padiri Pierre
😪Ugo ruririmbo mwebwe muraruririmba?/ Imana yarandiye yangize Umukobwa/ Shima ico uri hewe
มุมมอง 2279 หลายเดือนก่อน
😪Ugo ruririmbo mwebwe muraruririmba?/ Imana yarandiye yangize Umukobwa/ Shima ico uri hewe
😢umugabo yasambanije umukobwa wiwe😭😭😭/ amashetani yo mumabenga/ Padiri Pierre abivuze ababaye😭
มุมมอง 1.3K9 หลายเดือนก่อน
#subscribe kuri Urukiza Tv turiko twitegura kugira turonke ibikoresho bidufasha kubashikiriza amasanamu ameze neza uwoshaka kutwunganira arahawe ikaze yohamagara kuri 25767294998 Murakoze
aboro/ wewe uri mworo? @Padiri Pierre Niyonkuru wo muri Paroisse Saint Pierre Claver y'i Makamba
มุมมอง 2K9 หลายเดือนก่อน
Urukiza Tv Ishakiro ry' I Inkuru Nziza kaze Kugirango ntimuze Mucikwe ninyigisho tugabanira k' urukiza tv biciye mubasaserdoti benshi ndetse no Mubamenyesha Inkuru Nziza. kugira Ugumane natwe nuko wogenda ufyonze #Subscribe kuri iyi Chaîne canke Channel ukore na Partage kuncuti nabagenzi bawe nabo ntibaze bacikwe. uwoshaka kutwunganira canke kugira ico aterereye Mwiterambere ryiyi mboneshakure ...
#Padiri_Pierre Nubu agarukanye nabanyeshure mugisabisho/ Abanyeshure b'i Gitega Yezu arabakozeko🙌✋
มุมมอง 1.2K9 หลายเดือนก่อน
Gumana natwe tugiye kubaronsa inyigisho za Patiri Pierre Niyonkuru/ Patiri Mukuru wa Paroisse Makamba akaba numwibutsamana waba R. Charismatique ba Diocese Bururi fonda Subscribe ugire na partage nabandi ntibaze Bacikwe uwoshaka kutwunganira canke kugira ico abaza hamagara kuri whatsapp canke uterefone kuri 25767294998
Mbega vyiza weeeee! 🤓 Ingene bakiriye Yezu i Makamba/ Padiri Pierre Niyonkuru ehe ivyo agize
มุมมอง 3.4K9 หลายเดือนก่อน
Ntuze Ucikwe ninyigisho za Padiri Pierre kuko zizogukomeza fyonda Subscribe kugirango uze ube mubambere batazocikwa nibivyiza Uwoshaka kutwunganira canke kuduterinkunga yohamagara kuri whatsapp canke akandika ubutumwa kuri 25767294998
Abantu bambara amapantaro atabaguye baba bariko bahakana Imana bamamaza Shetani😭😭😭 abivuze arakaye
มุมมอง 6K9 หลายเดือนก่อน
Abantu bambara amapantaro atabaguye baba bariko bahakana Imana bamamaza Shetani😭😭😭 abivuze arakaye
Reka kugira Umunoho mugukora ivyo utategerezwa gukora/ Abantu Umunoho urabamaze by Pére Amando Kana
มุมมอง 5K9 หลายเดือนก่อน
Reka kugira Umunoho mugukora ivyo utategerezwa gukora/ Abantu Umunoho urabamaze by Pére Amando Kana
Muzorya Muhage/ Gabanya Umunoho/ Imana yabahaye Igihugu kugira murye muhage #Padiri Amando Kana
มุมมอง 4199 หลายเดือนก่อน
Muzorya Muhage/ Gabanya Umunoho/ Imana yabahaye Igihugu kugira murye muhage #Padiri Amando Kana
Jewe ndi Wamwungere Mwiza☄️☄️☄️📸
มุมมอง 392ปีที่แล้ว
Jewe ndi Wamwungere Mwiza☄️☄️☄️📸
🎶🎼Komeza Abantu Witoreye Ngo Bamenyeshe Inkuru Nziza 🎺🎺🎺🎶🎶🎶🎼🎼🎼🔔
มุมมอง 307ปีที่แล้ว
🎶🎼Komeza Abantu Witoreye Ngo Bamenyeshe Inkuru Nziza 🎺🎺🎺🎶🎶🎶🎼🎼🎼🔔
urukundo Umukama Yadukunze🔔 sinzotinya Yezu arikuruhande Gwanje🇧🇮🎺🎺🎺himbagwa
มุมมอง 496ปีที่แล้ว
urukundo Umukama Yadukunze🔔 sinzotinya Yezu arikuruhande Gwanje🇧🇮🎺🎺🎺himbagwa
sanganira instinzi y' Umukama🔥Paroisse Kabezi👉👉👉
มุมมอง 456ปีที่แล้ว
sanganira instinzi y' Umukama🔥Paroisse Kabezi👉👉👉
Ibintu bibaye I Marangara nigitangaza Yezu arabakijije, Aho aciye Sekibi arata akomoka. Urukiza Tv
มุมมอง 541ปีที่แล้ว
Ibintu bibaye I Marangara nigitangaza Yezu arabakijije, Aho aciye Sekibi arata akomoka. Urukiza Tv
inyigisho ikomeye caaaaaane 😀😀😀😀🙏🙏🙏👏👏👏kwizera Imana nukuyisenga🇧🇮🇻🇦Urukiza gwa Yezu
มุมมอง 13Kปีที่แล้ว
inyigisho ikomeye caaaaaane 😀😀😀😀🙏🙏🙏👏👏👏kwizera Imana nukuyisenga🇧🇮🇻🇦Urukiza gwa Yezu
part 2/5 kunyigisho ikomeye caaaaaaane yatanzwe Na Patiri Aime🇧🇮🇻🇦⛪🧎
มุมมอง 12Kปีที่แล้ว
part 2/5 kunyigisho ikomeye caaaaaaane yatanzwe Na Patiri Aime🇧🇮🇻🇦⛪🧎
ugusenga ninyuku kuri wewe⛪🧎birakomeye mukwemera🇧🇮Part1/5 ntimwibagire gufyonda kuri subscribe
มุมมอง 2.9Kปีที่แล้ว
ugusenga ninyuku kuri wewe⛪🧎birakomeye mukwemera🇧🇮Part1/5 ntimwibagire gufyonda kuri subscribe
twese turakeneye ikigongwe/Ibintu bikomeye Munyigisho yatanzwe Na Patiri Amando Kana.
มุมมอง 23Kปีที่แล้ว
twese turakeneye ikigongwe/Ibintu bikomeye Munyigisho yatanzwe Na Patiri Amando Kana.

ความคิดเห็น

  • @IngridNiyoyankunze
    @IngridNiyoyankunze 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Dusabire Muvyeyi mwiza Maman Marie❤❤❤❤❤❤

  • @JeanineNiyimpaye
    @JeanineNiyimpaye 5 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    ❤amen❤

  • @IngridNiyoyankunze
    @IngridNiyoyankunze วันที่ผ่านมา

    Turakunezereregwa Pati Yezu abandanye agusiga gose

  • @JeanineNiyimpaye
    @JeanineNiyimpaye วันที่ผ่านมา

    Patiri wacu Imana ibandanye ukuzigamira mubuntu bwayo na Bikiramariya aguhishe mumutamana wiwe inyigisho zawe ziradufasha cane

  • @user-vo5th8vm2u
    @user-vo5th8vm2u 12 วันที่ผ่านมา

    Aragashemezwa yezu imyakanimyaka

  • @kanimary5642
    @kanimary5642 18 วันที่ผ่านมา

    Umukama agukomereze ingabirano nyishi zidasanzwe Padiri Armando wacu. Wubahwe ! 🎩

  • @JuliasNtakirutimana
    @JuliasNtakirutimana 19 วันที่ผ่านมา

    Yez nimuzim naz aturokor ham mugeragez mukontoror ivyum kuk ntibibon kabis kand biratubabaz

  • @EvelyneBUTOYI-c4y
    @EvelyneBUTOYI-c4y 19 วันที่ผ่านมา

    Uragahor kugom mukam yezu mumyaka yose.vyiza cane nabarikur turashikirwa kuko urukiza rwayezu ntirugira imbibe

  • @AliceMunezero-b3e
    @AliceMunezero-b3e 20 วันที่ผ่านมา

    Bikira Maria Mugabekazi w'intsinzi zose dusabire twebwe dusabire❤❤❤

  • @EmmeLine-vl7lm
    @EmmeLine-vl7lm หลายเดือนก่อน

    Amen amen.yezu mpakukwizera gushits

  • @SamilaChantal
    @SamilaChantal หลายเดือนก่อน

    Mbegivyiz

  • @user-qo4ud3ki4k
    @user-qo4ud3ki4k หลายเดือนก่อน

    Amen muhezagigwe cane

  • @BeatriceNiyondiko
    @BeatriceNiyondiko หลายเดือนก่อน

    Ni Mama mwiza vyukuri aradukunda cane uwutamufise mubuzima arahomba vyinshi

  • @JuliasNtakirutimana
    @JuliasNtakirutimana หลายเดือนก่อน

    Zemuratunezerez gus kuk muduh ibidakwiy muduh omis ukonyen amasengesh nyezin ntay tubon kandi aba ariy akanew murab nez nkabatwebw tub kur cn nivy tub dukeney

  • @JeannetteNikoyagize
    @JeannetteNikoyagize หลายเดือนก่อน

    Maman Mariya ndagukunda muvyeyi ❤❤❤

  • @Iranzifabrice24
    @Iranzifabrice24 หลายเดือนก่อน

    🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @GustaveArakaza-db6qh
    @GustaveArakaza-db6qh 2 หลายเดือนก่อน

    iminsi yose ijambo ry,Uhoraho ritubwira kumvira ikind tukamenya abavyeyi bacu b,impwemu

  • @PaulNiyonzima-wy5pi
    @PaulNiyonzima-wy5pi 2 หลายเดือนก่อน

    Kristu abakomeze caane k'ubutumwa bwiza mwama mudushikiriza

  • @nsengiyunvagloriose1636
    @nsengiyunvagloriose1636 2 หลายเดือนก่อน

    Turinginze umukama arungike inteko za baba Marayika barinzi bawe padiri bakuhagarikire gushika gupfa kwawe, Kuko Se kibi ntahimbarwa ni ubutumwa bwawe

  • @user-gw1kg4wy6r
    @user-gw1kg4wy6r 2 หลายเดือนก่อน

    We roho wimana tuyobore

  • @ChantalIradukunda-km9on
    @ChantalIradukunda-km9on 2 หลายเดือนก่อน

    Yezu nimuzima nivyukur nimizima

  • @user-st2vz7em7o
    @user-st2vz7em7o 2 หลายเดือนก่อน

    Ndafashijwe ndatahuye uvyuwo mugore mariya ,murakoz patiri

  • @irankundaroza816
    @irankundaroza816 2 หลายเดือนก่อน

    👏🙏⛪️🙌ame

  • @WilliamSabimana
    @WilliamSabimana 2 หลายเดือนก่อน

    Amen,iyonyigusho iranyuze cane

  • @user-kq6re8gy2b
    @user-kq6re8gy2b 2 หลายเดือนก่อน

    Amen urakoze mwigisha w Yezu

  • @DonavineHaragirimana
    @DonavineHaragirimana 2 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @RoseRose-cb6qq
    @RoseRose-cb6qq 2 หลายเดือนก่อน

    Patiri. Urakoze. UMUKAMA. AGUHEZAGIRE. NARINARAHONVYE. INYIGISHO. ZIRDOSHE. 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @PascSabumurenyi
    @PascSabumurenyi 3 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @JolieNshimirimana-zz6ti
    @JolieNshimirimana-zz6ti 3 หลายเดือนก่อน

    MAMAN Marie uwutagufise mubuzima bwiwe ni mukene!! Ndakeje abakunda Bikira Mariya nabamufise mubuzima bwabo kuko bafise itunga ritazoribwa n'umuswaa !! MAMAN Ndagukunda caanee mu NDOME NKURUU ❤❤❤

  • @user-wl4yz8dc2y
    @user-wl4yz8dc2y 5 หลายเดือนก่อน

    Amajambo yapatiri ntiyuvikana

  • @alinemusengimana2012
    @alinemusengimana2012 5 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @TherenceNizigama
    @TherenceNizigama 5 หลายเดือนก่อน

    Inyigisho ninziza cane ahubw mudushir muri groupe watsapp nyamba yoba ihari

  • @user-je6xh2kq2o
    @user-je6xh2kq2o 5 หลายเดือนก่อน

    Jewe vyukuri naravyemeye hari kwitariki 15 zukwumunani

  • @user-je6xh2kq2o
    @user-je6xh2kq2o 5 หลายเดือนก่อน

    Ntibaramenya kumuvyeyi wayezu kwaribanga rikomeye cane

  • @GlorioseNimfasha-rh6sj
    @GlorioseNimfasha-rh6sj 5 หลายเดือนก่อน

    Wawoooooooo❤❤❤❤ vyiza cane Yezu uragahezagirwa ibihe bidashira amena

  • @user-ub4zp8wj9x
    @user-ub4zp8wj9x 5 หลายเดือนก่อน

    Imana ininahazwe ni vyoyaremwe.

  • @user-ub4zp8wj9x
    @user-ub4zp8wj9x 5 หลายเดือนก่อน

    Imana ininahazwe ni vyoyaremwe.

  • @user-ub4zp8wj9x
    @user-ub4zp8wj9x 5 หลายเดือนก่อน

    Imana ininahazwe ni vyoyaremwe.

  • @user-tc3kc2ex6r
    @user-tc3kc2ex6r 5 หลายเดือนก่อน

    Ninahazwamukama

  • @user-tc3kc2ex6r
    @user-tc3kc2ex6r 5 หลายเดือนก่อน

    Imana nivyose

  • @InnocentNizigiyimana-si4rc
    @InnocentNizigiyimana-si4rc 5 หลายเดือนก่อน

    Merci beaucoup amen

  • @protaisrwatangabo4989
    @protaisrwatangabo4989 5 หลายเดือนก่อน

    Merci Pere pour votre enseignement wari uyobowe na Mwuka Mweranda

  • @cynthiairambonamariza953
    @cynthiairambonamariza953 5 หลายเดือนก่อน

    Yezu Kristu mwami nazigame Patiri Pierre amukomeze mubutumwa aranguriraho Imakamba

  • @user-ow8dc9tk9l
    @user-ow8dc9tk9l 6 หลายเดือนก่อน

    Patiri amandon umukama abandanye agutagatifuza mukurongora igihugu cimana yabaragije

  • @ApollineSimbare-zk8mn
    @ApollineSimbare-zk8mn 6 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @RuminatheHabonimana
    @RuminatheHabonimana 6 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @wangumrembo7282
    @wangumrembo7282 6 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen

  • @user-zq7xv5ss1t
    @user-zq7xv5ss1t 6 หลายเดือนก่อน

    Ameeeeeeeeen🙏🙏🙏

  • @nduwimanajudith4253
    @nduwimanajudith4253 6 หลายเดือนก่อน

    Bikira Mariya navugwe yongere avugwe n'amahanga yose avyumve ko ari Umuvyeyi w'agatangaza, Umukanga shetani

  • @nduwimanajudith4253
    @nduwimanajudith4253 6 หลายเดือนก่อน

    Turagushimiye Patiri wacu ku nyigisho nzima uduhaye. Abashaka kubandanya bashishoza ibindi nibabandanye. Bikira Mariya abamumenye kandi bazi ico amaze turahari. Mbega iryo zina rya Yezu muvuga ko mwahawe mwarihawe nande ko ari Bikira Mariya nyene yarihawe ubwambere none twomwiyobagiza gute? Mpora numva mu masengero atandukanye batemera Bikira Mariya ariko bakambaza Amaraso Meranda ya Yezu, none nitwaba twemera ko ariwe Yavyaye yezu, ayo Maraso muhamagara Yezu yayakuye kwa nde??