Igice.2 Umukenyuro wa gukura CnddFdd izingamitse igihugu cacu cu

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 6

  • @WozaMan-eo7wg
    @WozaMan-eo7wg 3 หลายเดือนก่อน

    ntunzwenimana leka ivyamoko ukulikilane ubulundi ukobuliko bulagenda uboma bugezehe wewe ubona alisawa ubu tumanzetuleke ivyamoko tugwanile igihugu kwanza tulekamoko

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 3 หลายเดือนก่อน

    Bwana Daniel, hari amakuru ariko arakwira hirya nohino, ngira nawe wayumvise. Karya kagabo kitwa ko gatwara tchad kaje kwifatanya na never, karungitswe na tshisekedi, ngo kagiye kurungika abasoda baja kugwanya M23, ariko bavuga ko ari ukuja kugwana n'urwanda ngo bakureho kagame na systeme. Na Burkina faso ngo yoba yararungitse abasoda baja gufasha ico bita coalition FARDC. Uronse ayo makuru uzoduhe ikiganiro. Twumve abo bagabo, Never na Tshisekedi ico bamariye abanyangihugu, hamwe nakarere, ninyuma yako. Never na Tshisekedi mubona batagwaye mu mitwe, kabisa. Nka never nukuri😊

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 3 หลายเดือนก่อน

    Ivyo bavuga ntibabishitse igihugu ciza cane cuburundi kiryoshe nokubamwo abo mumahanga ntibakubakugwa nkatwe turi mubindi bihugu baratwica shaa nibagerageze turabe kbx vyose nimana😆😆

  • @NtunzwenimanaEgide-mz6tr
    @NtunzwenimanaEgide-mz6tr 3 หลายเดือนก่อน

    Jewe sintahura vyukuri?none uburundi bwakenye kuva 2005?kuki ubutegetsi bwa c.n.d.d-f.d.d kubera iki mubugwanya?none abatwaye 40 ans zose,mbe uburundi twari duteye imbere kurugero rwi 100/100?abishe uburundi n'abantu bishe indongozi kuva za 1958 za 1972.umuntu agashika Naho yica umwana yiga 5 ème année primaire?amuhora ubwoko bwiwe.

    • @DeeNero-ie2rd
      @DeeNero-ie2rd 3 หลายเดือนก่อน +1

      Wewe ushaka rero bigume bimeze nkuko ngo kubera nabandi barivye barishe turekerane oya ubu turi iyindi generation twamenye yuko bose binyegeza inyuma yubwoko kugira abakene bagume baba victim raba cndd imaze imyaka 20 abantu bamaze kwichwa kuntwaro yabo beshi nabanywanyi ba Rwasa ubona ko hakiri ikibazo cyamacyakubiri no ubu dukeneye gukuraho intwaro zose zibi zitadukunda zitwicya

  • @damiennkaka7006
    @damiennkaka7006 3 หลายเดือนก่อน

    Nimukiranuka nikibazo cyamoko muzaba muteye imbwe nzima!