Intahe ya Pasteur Blaise y'ingene yahamagawe kuva akiri umusore w'imyaka 16

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024
  • Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 48

  • @EricNduwimana-gx8vk
    @EricNduwimana-gx8vk 2 หลายเดือนก่อน +1

    Waravugutiwe kweliiii.
    Kristo azaguhe kutahubwami

    • @meirratv
      @meirratv  2 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @EricNduwimana-gx8vk
    @EricNduwimana-gx8vk 2 หลายเดือนก่อน +1

    Waravugutiwe kweliiii.
    Kristo azaguhe kutahubwami

    • @meirratv
      @meirratv  2 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @EricNduwimana-gx8vk
    @EricNduwimana-gx8vk 2 หลายเดือนก่อน +1

    Waravugutiwe kweliiii.
    Kristo azaguhe kutahubwami

    • @meirratv
      @meirratv  2 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @AlyneNduwayezu
    @AlyneNduwayezu 3 หลายเดือนก่อน +1

    Yesu azoguhe iherezo ryiza mukozi w;Imana.

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @EddyIrakoze-dx5of
    @EddyIrakoze-dx5of 5 หลายเดือนก่อน +1

    Umukoz wancu yesu amamuhezagr

    • @meirratv
      @meirratv  5 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @haburanimanagerard9505
    @haburanimanagerard9505 4 หลายเดือนก่อน +1

    Imana irafise umukozi. Ize igufashe no kuzorangiza neza

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @EmelyneTuyisenge-o5f
    @EmelyneTuyisenge-o5f 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ego peeee IMANA iguhezagire cane gose

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @mataratara1127
    @mataratara1127 4 หลายเดือนก่อน +1

    Pasteur Blaise urumugisha udasanzwe kwishengero ryImana.uwo ukorera azoguhembe

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

    • @KwizeraOlivier-ct9fg
      @KwizeraOlivier-ct9fg 4 หลายเดือนก่อน

      Yesu Kristo Abahezagire kandi Abazigame

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 ปีที่แล้ว +2

    Amen Amen Amen !!! Ndakiriye ijambo ry IMANA mw'izina rya YESU KRISTO YAPFUYE AKAZUKA

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @queenAbimana
    @queenAbimana ปีที่แล้ว +1

    Amen!!blaise uri muba Pentecôte bake bagifise mpwemu yera!!!uzudusengera

  • @gsgshdhdhdhs1713
    @gsgshdhdhdhs1713 11 หลายเดือนก่อน +2

    🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

    • @meirratv
      @meirratv  11 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @PierreMinani
    @PierreMinani 9 หลายเดือนก่อน +1

    urafisingabire komerezaho mudusengere past natwebwe tuzogiriherezo ryiza.

    • @meirratv
      @meirratv  9 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @nathanburundi5730
    @nathanburundi5730 ปีที่แล้ว +1

    Meirra Tv turabashimiye umuntu akeneye kubavugisha Yobatora gute kuko ntanahamwe mushira number zanyu Uwiteka abahe umugisha🙌 ndipfuza kuvugana namwe

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen. Namwe Yesu Kristo abahezagire! Hama numéro zacu zirahari uravye muri description epfo ku mpera: ni 79 241 679

  • @great683
    @great683 ปีที่แล้ว +1

    Amen God bless u Pastor
    you're our Witness for Jesus Christ.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @nadinendayishimiye-ob7rr
    @nadinendayishimiye-ob7rr 8 หลายเดือนก่อน +1

    Murakoze cane

    • @meirratv
      @meirratv  8 หลายเดือนก่อน

      🙏💖

  • @jeanettensengiyumva8130
    @jeanettensengiyumva8130 ปีที่แล้ว +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @nshimirimanajohnsgod2816
    @nshimirimanajohnsgod2816 ปีที่แล้ว +1

    Murakoze caaaane

  • @NduwimanaEuphrate
    @NduwimanaEuphrate ปีที่แล้ว +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @bizabigombaemmanuel
    @bizabigombaemmanuel ปีที่แล้ว +1

    Amen kandi Amen

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

    • @AlexandreQueen
      @AlexandreQueen 9 หลายเดือนก่อน

      Imanaikongeramavuta

  • @Gift-Bunyoni9230
    @Gift-Bunyoni9230 11 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  11 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @judgewise9497
    @judgewise9497 ปีที่แล้ว +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @niyubushobozielvis
    @niyubushobozielvis ปีที่แล้ว +1

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      🙏💖

    • @bradlewis5496
      @bradlewis5496 ปีที่แล้ว

      I would love to hear some singing you people sing very beautiful