Ubundi Burundi bufite abahanzi babiri b face na monia ariko na El pro njye mwita blessed boy arimo kubikora neza mureke 1 week twuzuze one M. Love from kgl Rwanda
Iyi song utahaze Bière ntushobora kuyitahura neza nkanje Ariko iyo wisobabanuye Biba Bihwereye vyose au pluriel Mundome NKURU💥🔥 This's Hit Za rya Mungu😂
I m not getting well its really meaning but what I like so much in this song is how it brings together our beloved singers from Kayanza. Keep up raising the flag though
Kabisa kabisa iyo wisiguye cane biba bipfuye🔥🔥🔥
th-cam.com/video/1mKMuWd4DQI/w-d-xo.htmlsi=iD-hH4m4RF5HvwAR
Honorable 🎉🙏😄
Watoto w Kayanza 🔥munyihere Like 👍ndabakunda cyane ndi mu Rwanda 🇷🇼
Honorable wee nawe ntugiye kutwisigurako?!😀😀
Honarable in the house 🙏🙏
Ubundi Burundi bufite abahanzi babiri b face na monia ariko na El pro njye mwita blessed boy arimo kubikora neza mureke 1 week twuzuze one M. Love from kgl Rwanda
Wapi ndake jewe nisigura
This vibe will kill us fans🔥!
El pro,what were you waited for?🔥
Nzonakwicapako ndake!
@@El-Pro-Burundi Ntakwisigur kor bice ahobishk
Sivyaba legends
@@El-Pro-Burundi umva bro ugomba gufata iri Zina ( blessed boy) ukarishira mu mazina yawe
Nikubera mba mu Rwanda niyo manv nsinza mbona like ariko ndaba❤
Ntawukwanka bro
@NDUWARUGIRACome thx
Ukuri n uko nyene za rya mungu🔥🔥🔥🔥🔥
Ndabubaha kandi murakoze 🙏🙏🙏
Ndabubaha kandi murakoze 🙏🙏🙏
Unvukuri
Kwl ❤
Kyz baratuz tubandany dushikikiran
EL Pro ndakwemera 🙏 Love from RWANDA 🇷🇼
HARIRA NIMBA ATARI TWEBWE NIBANDE!!😎🎚️🔥
Rega batabafanye BIBA BIPFUYE✍️🔥🔥🔥
Shaa wapii ntabandii
🔛🔝
Niwebwe natw
Muratangura mukikurikira 🛟 direction ni gwanyu ariko ntibona freshi
Monia fleur turamwakiriye mubanyakayanza. Hit song🔥🔥🔥
Kabx ❤
Azabanz yenge😂😂😂😂
Respect gahunda nugushigira na el pro aga kwiza 1M knd bizokunda kuri kikigoma🎉🎉🎉🎉🎉
Ndagushigikiy bizokunda ndakurahiye
Ya song twari turindiriye n'iyi🔥🔥🔥🔥Abemerako Ari hit song mumpe like
Sha wap ndake @el pro🙌🙌🙌
Iyo wisiguy biba bipfuye wallah💯💯
Kayanza leads all the provinces of Burundi we have Kayanza oyeeeee❤❤❤
D one & Monia 🔥🔥👌🏻
Muranyemeje ndemera bana biwacu mbakunda cane muvyumve❤❤❤❤❤❤❤
Mwari mwarindiriye iki?Kayanza hejuru caaaane🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Kabisa mwerekanye urukundo rudasazwe nkabanyakayanza Bana Kenya turabunva❤
Abarundi n'Abarundikazi murihe ??? Kayanza hejuru caneee ❤️❤️❤️❤️ tubahe like zabo mpaka 10M
Replay 10x like ngaha🎉🎉❤❤
It's me bro replay100...k like🎉🎉🎉💥💥💥💥
Kore umut ndak
Hongela sana kuri corabo mwakoze.mwokwama mufashanya vyoba vyiza cane.love from GOGO LOVE OFFICIAL TO BURUNDI 🇧🇮
D-one ametisha kbx kutoka tanzania hii hit song 🎵 in Burundi D-obe number uno na El pro
Shaaa wapi ndakee biba bipfuye aba legend muri he! ❤❤❤
Nishimy KO bayishize Kuri Chanel ya el pro wow 🎉🎉❤❤
Represents guys buja flavor murayifise congratulations kukazi keza wekani bidi sana
Amashi mensh 👏👏👏👏👏kuri wamusaga yarinjiye neza kabisa 😄😄😄😄😄
An other hit niza rya Mungu🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ni babareke mwitagatire mukora babona.nice song kayanza ooyee
Burundi terimbere k, igitiba(umuzinga) big up sana burundi, kayanza
Fire fire my brothers from kayanza❤️❤️🇧🇮🇧🇮 icogisasu Nico el pro uyomuzigo uraremereye
Iyi song utahaze Bière ntushobora kuyitahura neza nkanje Ariko iyo wisobabanuye Biba Bihwereye vyose au pluriel Mundome NKURU💥🔥 This's Hit Za rya Mungu😂
Aba NYAKAYANZA bari hano like zanyu hano 🎉🎉🎉
Nkunze uko abo bana bo mu kayanza bagiye hamwe kandi bagasohora indirimbo iryoshe!
Kayanza mwubahwe!
Mwari mwara mamaye kubera ubusuma ariko mura Tanguy kubivamwo!
Bahungu ba Buja muriko mubikora neza❤❤❤🎉🎉🎉
Greatest one kbxaa zaryima respect to you, Burundian vibe hejuru, Mukomerezaho muzonyemeza nubundi
Irwanda🇷🇼🇷🇼 turabemera sana❤❤
Nairobi tupo na tunasikia it's good song 💯💯💯💯♥️❤️
Kayanza represento hejuruuu kbsa❤❤❤❤
El proo ndakunzee ukuntuu wahinduye style bikaryohaa saanaa, cokimwe na D-one
Cha iyiniyigiye kuba iyuumwaka kayanza oyeeee, ninoturabemera🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
Iyi song Eli ndibukako wambwiyee Ko inkono ihira igihe Ndemeyee maze kuyumviriza Icuro 20 mwubahwee cne
Hit song kabisa 🎉
Murakoze ndabubuha
Tugire vuba dukwize 1M muri 2 jours
Walah iyi boro mwara🔥🔥🔥🔥
#nduwokumashuha
Asante papa
Kbs iyo wisiguye cane biba bipfuye iyi ni hit song nkeeew
Iki kigoma kanryoheye wallahi💪💪💪🤜🤛🤝✅✅✅
Abantu banje rr sasa harukuntu baba bahuriye hamwe bakabanza bakugara umwaka hama tugatangura uwundi gushasha
Big hit na hit to the boys from twetu Kayanza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Good job bana b'i Burundi 🎉🎉🎉
Respect guys mwabikoze neza i 🇧🇮
Kayanza yanje hejuru mubicu ❤❤❤❤
Song irengetse kbs umwambiro urakwiye Kayanza represento
Bugara Imana izugurura bro
AWA Kyz
We're able here in burundi! I like it so bad, and we still expect for an other one! Thank you!
Kayanza juu Sana kbx🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ewana iyi song irankomye kabisa kayanza Big up sana❤❤❤🎉🎉🎉
Kayanza bakwiye kuhubaka presdence🚀🚀🚀🚀🚀
Buja irahiye mwananje ❤❤washa mwoto kbs🔥🔥🔥🔥🔥
Kayanza oyeeee❤big love from Dubai ❤
Woooow abanyakaya mutubise kuko tuzonabica Wallah sooo nc song
Iyo wisiguye biba bipfuye Eeeel Pro 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Kayanza représente nimba wemera aba ba artist bacu impa liké kbx
Harahiye Koko 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥kayanza mubicuuuu
Nawakubari sana hio song ni 🔥 🔥 🔥 🔥
Babuze icyo baduhora baduhora ubusa✍️ rinog 🙌
Kayanza represent 🎉 ila monia verse kwa zuchu kbisa
Aba bahungu bazotwicisha imizuka 🔥 🇧🇮
Kayanza my home city on the top 🔥💥love from Australia 🇦🇺🇦🇺
Big hitiiii ✅✅✅ Iyindirimbo ni number One vrt ntakwisigura biba bipfuye
Thank u El pro
Kayanza 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
🎉 turyohegwe kayanza hejuru
Part ya monia fleur 10/10🔥💯
Anyone here from nyamata, BUGESERA Rwanda ❤❤❤❤?????
Ng Wapi ndake jenisigura 🔥🔥🔥🔥🔥
Cyaz gus sindigusobanukirwa ikirund gux iyi ngoma irakubiye sana
Congratulations kyanza❤❤❤
Muranatwica kweli🇷🇼
Nimwebwe kl big up xanaaa🔥🔥
Hit From Kayanza 🔥🔥🔥
I m not getting well its really meaning but what I like so much in this song is how it brings together our beloved singers from Kayanza.
Keep up raising the flag though
Sha lino g piano nahebe Hama. B face El pro bobo bakubose sana Hama Monia naw yageragej bukebuke uwumpinyuza ndamumena umutwe
❤❤❤❤ Kayanza mtupe mauwa yetuuuu
Haburamwo vichou na winner
Respect Kbx Murashoboye 🎉🎉 Ikibazo Nikimwe Dogo Wiwanyu Mumwigishe Kwandika Kuk'Aririmb'Uburofa Umenga Ntimwateguriye Hamwe 😂 😢
Go go Wa kayanza turabafana 🇧🇮❤️💯
Za rya Mungu #Kayanza ni igihugu Kiri mu kindi😂 Mbg ingomag❤️🎼 ub twabameny iy muv 🙌✅
Iyo Wisiguye Biba Bipfuye 🔥🔥🔥
El pro ❤iyincur wahinduy style ukoz umuti 🎉🎉🎉
1:25 Umuhungu @LinoG umvukuri arabafise wallah🥇💯🔥🔥🔥
Aha ntanumwe numva ahobahoba....umva na Monia ni fire🔥
The introduction 😮😮
Iyo wisiguye biba biphuye😂
Kayanza representers take your flowers 💐 💐 💐 💐 💐 💐 💐 💐 💐 💐 💐 💐 💐
Sha wapi ndk Jew nisigura 🎉this is the collabo of the year 🔥🔥
Iyingoma nisawa but Habuzemo Kiriku akilli ubibona nkajye nabinyereke
Wow wow wisiguyee biba bipfuyee Eli pro wubahwee
Hit of the last of the year 🎉🎉🎉 good work for callobating each other
Ib ntibizohagarare my gee mukomeze 👊👊 this kayanza’s super stars 👌👌👌
Buja hejuru cyane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼💪🤞
Nice song ,Never seen before really.🎉🎉🎉🎉
Kayanza hejuru cane ❤❤❤❤ nyimba uvyemera nyihere likes hama twibandanyirize na BIBA BIPHUYE ...
Iyo wisiguye biba bipfuye hhhh amashurwe meshiiiii 💐💐💐
Kayanza represento muratwish kabisa abemera ko ko Kyz iyoboye mwatse🔥🔥🔥🔥
Iyo wisiguye kabisa ntakivamwo ahubwo utera ub'imbwa
Uko nukuri kwuzuye mwari mwabitekereje neza caane
Ewaana turabakunda caane 🎊🎊🎉🎊🎉🎊
Sana mubampere amashurwe❤❤