Amaganga y'inkwavu ngo ni kirumara mu gutabira isi ndimwa no gupompa ibiterwa harimwo n'imboga
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 29 ส.ค. 2022
- Mwari mu bizi? Burya amaganga (urines) y'inkwavu ngo ni "inzahabu". Ngo afise ubushobozi bunini mu gutabira isi ndimwa no gufumbira ibiterwa. Bisubiye amaganga y'inkwavu arakoreshwa mu kwica udukoko twonona ibiterwa, mbere no mu gupomba imboga nk'irengarenga, itomati, amashu n'ibindi hadakoreshejwe imiti mvaruganda. Umviriza insiguro z'uyu mworozi w'inkwavu za kijambere w'i Bugenyuzi mu ntara ya Karusi hama ugire ico ushikirije kuvyo ashikirije.
None ayo maganga y'inkwavu n'ayo mahenehene arafise isoko?Hehe?
None ayo maganga yosubirira dethane canke dusurban?
Itomati wokoresha amaganga?
Aya ma media abafasha gukwiza inkuru, tuyaterere iciyumviro: nimuze mwitwararika gutanga numero y'uwo muriko mushaka ko ivyo azi yovyigisha abandi.
Murakoze
Shishikara kutwigisha
Mwodufasha numéro yabo borozi
Zamuraduha numero zanyu
Nanje mwondangira isoko yamaganga yinkwavu
Amahoro urafise amaganga ?
@@user-qy8tx1ol9ujewe ndayafise gusa sinzi kurihafiyanje
Zaninomr
Ndavuga ugomba kurima itomati mu gihe c'imvura wokoresha amaganga?