YESU ARI KW'IREMBO - Umva uyu mutwaro Pasteur Blaise afise mur'iyi misi Yesu Ari ku rugi!
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 6 ก.พ. 2025
- Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Amen mukozi wa Data Yesu abahezagire murakoze 🙏🙏
Amen 🙏💖
Murakoze cane
Amen 🙏💖
Amen Amen Amen !!! Murakoze cane mon Pasteur
Amen 🙏💖
Amen haleluya
Amen 🙏💖
Amen🙏Yesu yaranesheje✍️
Amen 🙏💖
amen,Yesuu abahezagire
Amen 🙏💖
Thank you Jesus 🙏🇿🇲
🙏💖
Nanj ndamukunda Yesuu christ
🙏❤️
Amen🙏Yesu yaranesheje✍️
Amen 🙏💖