induru ntizirahera kubera vyo ni caracter y umuntu,umuziki w uburundi urimwo aba voyoux benshi bibazako kuba umu star ari kuririmba neza gusa bakibagirako kubana neza n abantu no kwicisha bugufi arivyo bigeza kure ,umuntu yubahuka kuvuga ngo nijewe wa mbere uba ata bwenge ufise kuko hakwishima woshimwa n abandi.
Ariko ni vyiza caaane ibi nivyo abakunzi ba music tuba tugomba ahubwo Sat b na Kidumu babaye aba ambassadeurs kbs biramara ivyo nivyo Umuhisi Memba Bruno yasavye abaririmvyi iyo ni grand fruit pr mutama Memba
That's great , let them now work hard together.
Yes 🙏
Uyomwana ntarakura nabanze amenyekwanza kwishura mumahanga
ubwo bubifu ni babuhebe baduze umuziki wacu umenyekane none umuziki wacu uzoterimbere gute umwe wese awikwegerako aho kuza barungurana ubumenyi
induru ntizirahera kubera vyo ni caracter y umuntu,umuziki w uburundi urimwo aba voyoux benshi bibazako kuba umu star ari kuririmba neza gusa bakibagirako kubana neza n abantu no kwicisha bugufi arivyo bigeza kure ,umuntu yubahuka kuvuga ngo nijewe wa mbere uba ata bwenge ufise kuko hakwishima woshimwa n abandi.
Babwire 🙏
Mukwiye gufatana munda kuko mwese muri bamwe nimurek ibintu vya mabifu
Nivyo 🇧🇮✍🏿
Aho ni vyiza caneee biranezereje canee
Lolilo ni simba
Broo I like that kind of live man
Great
Yes it’s good feature 👆🏻
Kidumu ntaco yamariye umuziki ndundi
Yarakimaze kabisa ahubwo akwiriye kwongera ibikorwa
Ark knd kera kidumu kuri aeroport yaravuzeko mumyakiza sat b azobumwami wumuziki buja
Ariko ni vyiza caaane ibi nivyo abakunzi ba music tuba tugomba ahubwo Sat b na Kidumu babaye aba ambassadeurs kbs biramara ivyo nivyo Umuhisi Memba Bruno yasavye abaririmvyi iyo ni grand fruit pr mutama Memba
Egome 🙏
Sat B he supposed to respect Kidumu🤴he’s the King of Burundi for music
Kuberiki utashizeko nirya Video ya Sat b?? broo wahengamye kbx!!
Ivyo nivyo bitudyohera
Nibaduhe ibikorwa
Cane 🙏