Inyuma y'akamo k'Umukuru w'igihugu, amabarabara y'igisagara ca Bujumbura yarasukuwe.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2024
  • #burundi : Inyuma y'akamo k'Umukuru w'igihugu, amabarabara y'igisagara ca Bujumbura yarasukuwe.

ความคิดเห็น • 9

  • @DalilAlshamal
    @DalilAlshamal 6 หลายเดือนก่อน +1

    🇧🇮❤️‍🩹👌🏻👌🏻👌🏻💪🏻💪🏻💪🏻

  • @lightforafricatv3122
    @lightforafricatv3122 6 หลายเดือนก่อน +2

    Hakwiye itegeko rihana abantu bata imyanda mwibarabara, basoba ahariho hose, etc. hamaze kuba itegeko ibintu bizogenda neza. Nuko rero ,gira amahoro

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 6 หลายเดือนก่อน

    Bakwiye gushiraho amategeko agenga isuku uyarenzeko bakamuca amande

  • @graceirakoze2868
    @graceirakoze2868 6 หลายเดือนก่อน +1

    Ahubwo muri bureau ya first lady Hari hakwiye urwego rujejwe Isuku mu gihugu cose nkeka ariho vyokworoha 😂 abagore babishinzwe vyokworoha

  • @Musindi736
    @Musindi736 6 หลายเดือนก่อน +1

    Nukugira isekeza twigish twongere dufash abatavynva

  • @karangwa2315
    @karangwa2315 6 หลายเดือนก่อน +1

    Aba president baragwira

  • @erastenzabahimana
    @erastenzabahimana 3 หลายเดือนก่อน

    Muzaze mu Rwanda tubigishe uko isuku ikorwa
    Nubwo ndayishimiye ishyari rimumereye nabi

    • @SydraSoso-r8j
      @SydraSoso-r8j 13 วันที่ผ่านมา

      Ahubw nta bwenge ufise muburundi ntihakurab rabana nivyiwanyu

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo5641 6 หลายเดือนก่อน

    Hari hakwiye inyigisho kuva mu mashure y ‘incuke ,ayintango , ayidumbuye,kaminuza,imigambwe. ‘Amadini kwigisha ko umuntu wese ategerezwa kwitaba isuku ko kizira kikaziririzwa gukororera hasi ikintu cose gitera umwanda ibishishwa,amacupa,impapuro,abantu bamaze kwigishwa hakaja ho ibihano umuntu ataye umucafu hasi atari mugikono cabigenewe agacibwa amande. Ikindi mu burundi itegeko rigishingwa bararyitaho haheze umwaka n’abapolisi bubahiriza gushira mu ngiro ingingo za leta baca bavyibagira.