ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Uko Niko vyagenze muri PRIMUSIC 2023 Igitega
Ijambo "ibakwe" ntirikiva mu kanwa kuva urimenye kandi ukarikoresha kenshi aho ridakenewe
Primusic 2023 ni fayaaa ❤🇧🇮❤🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💯✅👊👊👊👊✌✌✌
U Burundi bufise abana b'impano kabisa uretse Brarudi habeho n'abandi bafasha urwaruka rwacu kuduza impano
Shabaribagerageje kabisa
Mwubahwree❤️🇧🇮
Amakirisu bafashe akarere kabisa
Bigenda gute ngo ugume usaba ko bokwibuka bateye imbere!!!!! Ugusega sivyo nagato!!! Niyo mpamvu nemera cane imvugakuri Simbizi wa Semavumba, ba mwumviriza impanuro ziwe araciye ubwenge cane. Umunyoni komera kurugamba ndagushigikiye cane.
None Landry ko udashirako ivyo abo bahiganwa baba bakoze
Ahubwo nyen😏
Nkumutananigwa turonderere abo abobatowe baririmvye tubirabe kuko narinemeye muribamwe wakoresha inteview ntanumwe avuyemwo ningen baribashoboye nkumutananigwa duhe video zabo barimwo bararirimba tubumve nabo
Mbe Landry kuberiki utaduha bariko bikoramugahogo ngo tubirabe???