Je suis tout à fait d'accord avec Vous cher Leader, l'esprit et l'idéologie du Prince-Louis Rwagasore est en Vous!. Vive MSD!, le rassembleur!!!. Avant tout, ndi " UMURUNDI", avec "le Kirundi", la langue commune!. Après, Hutu, Tutsi, Twa, Ganwa, etc. restent très très secondaires !!!. Les ethnies n'ont rien apporté aux Burundais jusqu'à l'heure actuelle !. Rien !!!. A part la grande misère, la souffrance et la mort !!!. Il est grand temps que le peuple Burundais change leurs mentalités, leurs idéologies et leurs croyances en une seule chose : " L' Esprit de paix, de travail, d'amour, de justice, de partage, d'intégrité et de nationalisme positif en eux!!!. Pas de développement, jamais de progrès avec l'esprit d'idéologie tribale !!!. "Que le Singapore" nous sert de grande leçon !!!.
Reka gusamara musubiramwo ivyo tuzi. Vuga actuel. Murasamaye uburundi buriko busambugwa n' ama ong n' abanya buraya. Raba ama projets yo mu burimyi. Vyose vyahereye ibururi none biriko bishigwa mu gihugu cose! Umwavu w' ikizungu wamajije abarundi kanseri. Abarundi barababujije kuvoma ku biyaga mu kirundo bishwe n9 kutagira amazi... namwe muri muvuga ivyo tuzi, mwisubiramwo nk' imboregwa. Syiiii!
None manda ko ata like umpa canke coment nukuvuga izokomenti back ntubishiremwinzigo tubarizivyobibazo muduhinyishu koko erega nimba arijew ndavyibaza nabandi baravyibaza
Barayamaz bati " if you sleep with dogs, u will wake up with fleas. Sinduhije kuba ava mu kamenge, ubunyakamenge bwaramwandukiy. Wew uri umu partenaire wa cndd fdd waranabafashij kugera kubutegetsi cank wavyibagiy 2005!
Ntimuzigera mutera imbere avant que namwe muri hanze mutorera inyishu hagati yanyu y'ibibazo: 1. Nord vs Sud 2. Hutu vs Tutsi 3. Banyenigihugu n'abacivye Muzokomeza muyerere amacakubiri yarabokamye bibari mumitima no mumaraso😊
Je suis tout à fait d'accord avec Vous cher Leader, l'esprit et l'idéologie du Prince-Louis Rwagasore est en Vous!. Vive MSD!, le rassembleur!!!. Avant tout, ndi " UMURUNDI", avec "le Kirundi", la langue commune!. Après, Hutu, Tutsi, Twa, Ganwa, etc. restent très très secondaires !!!. Les ethnies n'ont rien apporté aux Burundais jusqu'à l'heure actuelle !. Rien !!!. A part la grande misère, la souffrance et la mort !!!. Il est grand temps que le peuple Burundais change leurs mentalités, leurs idéologies et leurs croyances en une seule chose : " L' Esprit de paix, de travail, d'amour, de justice, de partage, d'intégrité et de nationalisme positif en eux!!!. Pas de développement, jamais de progrès avec l'esprit d'idéologie tribale !!!. "Que le Singapore" nous sert de grande leçon !!!.
Courage Alexis ... Enfin un Leader Burundais visionnaire dans la lignée des Rwagasore , Ngendandumwe ...
Vugaga uko wategetse red tabara kwica abantamulenge
Bravo! Uvuze neza cane.
1972 abari mutegetsi nibo bakoresheje amafaranga yigihugu mukugura imipanga yo gutema abatutsi, MSD nu mwana wa palipehutu (Tabara),
Reka gusamara musubiramwo ivyo tuzi. Vuga actuel. Murasamaye uburundi buriko busambugwa n' ama ong n' abanya buraya. Raba ama projets yo mu burimyi. Vyose vyahereye ibururi none biriko bishigwa mu gihugu cose! Umwavu w' ikizungu wamajije abarundi kanseri. Abarundi barababujije kuvoma ku biyaga mu kirundo bishwe n9 kutagira amazi... namwe muri muvuga ivyo tuzi, mwisubiramwo nk' imboregwa. Syiiii!
None manda ko ata like umpa canke coment nukuvuga izokomenti back ntubishiremwinzigo tubarizivyobibazo muduhinyishu koko erega nimba arijew ndavyibaza nabandi baravyibaza
Kabisa,ntagisoda cahagaritse ihonyabwoko,kandi aribo bishe ndadaye.
Abarundi ntibokwibagira ko Mwezi Gisabo n'abarundi bose barwanije Rumariza, Abadagi ata vyamoko bivurwa havurwa umuryango, kanatsinda ntayahari
Tahe mwubake igihugu cacu ciza mwabagabo mwe nabagore, mureke izo ntambara mwese ntimushobora kuba President
6:48 _“Nta gisoda cigeze gikingira Abatutsi. Ku Ntega carabakingiye? Hein? Canke muri ’93, kiriya gisirikare c’Abatutsi carabakingiye?”_
Egome, muri 1988 carakingiye amakomine yose kiretse abiri gusa. Ahandiho ubwicanyi bwari gushwara igihugu cose. Nivyo muri 1993 Frodebu hamwe na Gedebu (yahindutse Cndd-Fdd) barishe ica gatatu c’Abatutsi. Ariko iyo hataba ico gisoda, vyari kuba nko mu Rwanda aho aba jenosideri bishe Abatutsi gushika kuri 80 kw’ijana. Iryo tandukaniro hagati ya 30% na 80% ni rinini rwose, ni umurengera. Uburundi burikesha ico gisoda. Nticashoboye gukingira ijana kw’ijana kuko kitari gishigikiwe n’ubutegetsi. Ubutegetsi bw’igihugu bwari mu minwe ya Frodebu, ariyo yishe abo 30%.
Hanyuma udusigurire ingene winyegeza inyuma wigirintama kandi uribingira muri 2015 mwatanguye muturira abantu mubita imbonerakure muturira ivyofashije abarundi imiduga amazu amabarabara ngo nivyabadede abana babandi mutavyaye mwicisha mubahenda ngo teribuye umuntu afisinkoho ngo nigikanganyoni ntacakugira bamwe mubajana mumpimba abandi kumpanda abandi mumakambi mwita ngo nayimpunzi 😢😢😢😢 abandi mushize mumashamba ngo nibiroberi 😂😂😂 ubunabasigaye muriko murabashusha ngo bahaguruke 😢😢😢😢abandi mubagejeje ngo muri m23 ngo bariko bafasha benewabo 😢😢😢😢 zose arinzira zokubamarira kwicumu rero nimba ivyomuvuga arivyo dukenye tubabone nabomwavyaye nkakurya kwa malanga murikongo mwese yaba wew yaba pacific ninahazwe......... mwitonde nuwufise abana batarakura mumurindire bakure kugirango igitero kizobe gikaze harya ngo nashetani yigira marayika wumuco rero ntimubandanye gushora ababandi namwe abaiwanyu bariko barya amasubageti biga amashure akaze natwe abiwacu araboguhamba nokuba mugasho nokuba mwishamba nkibikoko murakoze kumwumvikano tugiye kugiriranira ❤❤❤❤
Sinduhije a raison uburundi bukeneye l'humanité. Abahutu bakababazwa n'abatutsi bapfuye bazira ubusa, abatutsi nabo bakababazwa n'abahutu bapfuye batazi ico bazira, naho ubundi kwikwegerako wumva ko ari wewe warenganijwe ukibagira ko n'abandi babuze ababo nka bimwe vya CVR haracari ikibazo gikomeye.
Eee,mutama Sinduhije,yo nabaheruka kera,sinarinkibumva no kumaradio yano.Nari narabibagiye,komera mutama.
Barayamaz bati " if you sleep with dogs, u will wake up with fleas.
Sinduhije kuba ava mu kamenge, ubunyakamenge bwaramwandukiy.
Wew uri umu partenaire wa cndd fdd waranabafashij kugera kubutegetsi cank wavyibagiy 2005!
Ntimuzigera mutera imbere avant que namwe muri hanze mutorera inyishu hagati yanyu y'ibibazo:
1. Nord vs Sud
2. Hutu vs Tutsi
3. Banyenigihugu n'abacivye
Muzokomeza muyerere amacakubiri yarabokamye bibari mumitima no mumaraso😊
Gusa nakwemeye ingene wahinyanyuye akokantu ko muri 1972 naho arakikinyoma urumuhinga mugabo ububuhinga wakoresheje pacific nininahazwe ntavyoshobora gusa urazi guhinyanyura ariko rero nawe waduhinyanyuye ngo barakwizora ntibavuge MSD ngo bavuga sinduhije ariko mbona nawe ariyo system ukoresha ntwumva abantu batwenga ariko ntitubabona aboba MSD 😂😂😂😂😂😂 urumuhinga niwirambire hanyuma manda nawe nanshiririze ibibibazo nabajije vyose uwovyega inyishu azoyimpa ngaha muri coments mbaye ndashima kunyishu nziza azompa ❤❤
Sinduhije waza wavuga ukuri bien
Burya na shetani ngo yigira marayika yumuco ariko rero iyomorare ufise nabo murikumwe muyihere muri famille zanyu mubana banyu mutujimbere tubakurikire
bavuga SINDUHIJE kuko MSD nawe urazi ko itabaho
Niwe uziko atayihari😂
Kandi wongere umutubarize nigute ushobora kuba uriko uhunga manda yagatatu ugahungira kumuntu ageze muri mandat ya munani??? 😂😂😂😂😂 akabariwe yenfriwansa ngo bagumuke ikiringo cagatatu 😂😂😂😂 akaba atanaba opoza agiri nuwubigerageje birangira apfuye adapfuye naho agapfira mwitiro canke akagongwa mwibarababara ngo nisanganganya 😂😂😂😂 ivyawe mutama namayobera umuntu yotwenga nimbavu zikavunika ndabira inzirawashoyemwo abana buburundi abiwawe bariko birira amasubageti 😂😂😂😂😂
Nk'iki kirwarudubi ngo n'ibiki?Muba muri gushaka gutwenz'abantu
Futur Président 👌
Ico nico gikenewe abarundi babishitseko bazoba bakize ingwara
jewe ndagushigikiye ariko sindi umu MSD mugabo uvuga ukuri dushaka intwaro iraba ingene umunyagihugu abayeho
Mu rupfasoni rwinshi dusigurire icerekana ko ari ikijuju.
Uvuze ukuri ariko abo bagabo bo muri opposition bose iyo Bava bakagera kenshi baratubesha. Naho ntari umu cndd fdd ikora amakosa menshi nsanga ari ishure abarundi twagiuemwo kuko mbona abo banyepolitike bariko bakura polepole uhu nibaza ko mubona ko ari ngombwa kuja hamwe. Politique zokwigungirako ziveho tunwane. Nama nifuza ko nohura nabamwe muribo nkabibariza
Hanyuma mudusigurire igituma ikintu cose kije nkicoza kuzamura ubuzima bwabarundi muri rusangi mucita ingingo zagahotoro ahandi ngo abanyamerika babahinga ntibaje kwiga iyomigambi... Nibindi vyinshi vyandagutakiye ningene muza guhekura abarundi mukabita imbonerakure zamirongwitandatu mwabita bamurere zamirongirindwi mubita abamenja zamirongumunani mubita bamakizare zamirongwicenda mubitabasaya ibipfamutima mbega kuva iyomwanwereyemaraso ntimurahaga???? ubuda ngo nimodern ngomubita imbonerakure arikorero mwitonde kuko burya sibuno murakoze mushqka mutekane
None utashe hari igitangaje ? Ntuzoba utashe mu gihugu cawe ? 🤷
Ntibokwirwa😮😮
Urikijuju Alex uzafira Bruxelles
Ba ugira ico wubaha Mon Frere
Mu rupfasoni rwinshi dusigurire ico ufatiyeko mu kumwita ikijuju.
Nkaho ico avuze waneguyemwo ni ikihe? Ubujuju gusa .