Alexis Sinduhije, kuberiki Red Tabara uyobora ihora yica abanyamulenge muri Sud - Kivu?. Hariya mwarakoze ikosa dufficile a reparer....mwishe Population itazi politike, abahinzi, aborozi....mwarakoze ihobyabwoko au Sud Kivu. Nta rugamba uzotsinda muri kwica kimwe na CNDD - FDD
Kuba uwo muri droit de l' homme nivyo vyari bimubereye. Abansi b' igihugu baramuravye babone afise énergie yo kuba connecté n' abandi barundi, baramwabura bamu connecta kuri énergie négative! Nobe asigaye avugira abo tutazi. Ni nde yomurogora! Urabona ko ari contrarié. Energie yiwe yagiye he? En tout cas ntakiri connecté! Charme yiwe abanka uburundi barayitwaye!
Twarabahinyuye Basha. Igihugu ntimufata. Ivyo mupanga vyose muribesha
Ntimuzogaruka Kandi vyaraheze
Bazatuvire namashetani twababgiy barek igihugu
Alexis Sinduhije, kuberiki Red Tabara uyobora ihora yica abanyamulenge muri Sud - Kivu?.
Hariya mwarakoze ikosa dufficile a reparer....mwishe Population itazi politike, abahinzi, aborozi....mwarakoze ihobyabwoko au Sud Kivu.
Nta rugamba uzotsinda muri kwica kimwe na CNDD - FDD
Wapi kabisa ntagutabangwa kwanyu.murabesha kuvaho mwabivugiye 🤭
Mureke kuvuga kumaterevision nimutahe mubonane nindongozi ziri muri Reta nvyeyi..Jewe ndatashe mugihugu camata nubuki😁🇧🇮🏃🏽♀️
Candidature yawe turayikeney 2027
Urikijuju Alex Sinduhije😂 mbega😂 wewe wagwanyiki wakijuju mbega😂 igihe petero buyoya😂 na Bikomagu bariko barica abahutu😂 ww umujinga wari hehe ręka kubesha abana
Kuba uwo muri droit de l' homme nivyo vyari bimubereye. Abansi b' igihugu baramuravye babone afise énergie yo kuba connecté n' abandi barundi, baramwabura bamu connecta kuri énergie négative! Nobe asigaye avugira abo tutazi. Ni nde yomurogora! Urabona ko ari contrarié. Energie yiwe yagiye he? En tout cas ntakiri connecté! Charme yiwe abanka uburundi barayitwaye!
Iryo tama ko umengo ryaramenetse Sinduhije? Iyo nzara igiye Ku kwica.
Nta gihugu uzotwara kuko uri umuhungu.
Nabandi bababwira uko kandi baje bafise inzara nyinshi nicogituma Baschurch igihugu batabakunda mwebwe abenegigihugu
Najewe natanguye kubona iryotama yabayikii