Simbizi Ubuho Yifatiye Mugahanga Bruce Melodie🇷🇼,Sat-B Ntaco Abasigarije.Sat-B Aheranye Inzu Umwaka😂

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024
  • #burundi , #rwanda , #brucemelodie , #satb

ความคิดเห็น • 57

  • @braydencayden9910
    @braydencayden9910 ปีที่แล้ว

    Ivyo vyokuvugiraho sivya Barundi . Birekere abanya Rwanda. Twentitubivugira mwisoko. Aho reta iguhanye. Mwotuka reta ko yakurenganije. 🇧🇮

  • @kamilgadobvs8112
    @kamilgadobvs8112 ปีที่แล้ว +3

    Ariko aravuga igitwa ngo ni ikinyarwanda😂😂😂

  • @FulgenceMikaOfficial
    @FulgenceMikaOfficial ปีที่แล้ว

    Ubu hoho birajaguye ndagaswiiih!
    Ariko aha #StarBoy ashobora kugir ikibazo!❤🤝🇧🇮💪

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 ปีที่แล้ว

    Simbizi ivyo urimo ni biki 😂😂😂😂 abanyagwanda bazokwitwarira 🔥🔥🔥🔥

  • @ngirabezaaimeherve8092
    @ngirabezaaimeherve8092 ปีที่แล้ว

    murahumaganye😂😂, simbizi ivyo nivyo ugezemwo kwl😢😢

  • @bulbukinindo243
    @bulbukinindo243 ปีที่แล้ว

    icogihungu nikirofa nama nabivuze, abantu mugiranira ikiganiro muranganya ubwenge kbsa, ubundi ivyavuga nugufyinata gusa, sha ama TV online yaha buja murakwiye kumufatira ingingo zokutamuha ikiganiro kuko ntanindero afise, ubundi aho yaje kwigisha iki ingeso z'ubusambanyi

  • @litecity888
    @litecity888 ปีที่แล้ว

    Udasevya satb wacu ❤

  • @happybestlover8544
    @happybestlover8544 ปีที่แล้ว

    Nizere kugoruri ruherera ngah kurubuga

  • @mugishaevangeline8095
    @mugishaevangeline8095 ปีที่แล้ว

    Simbiz wew urarway mumutwe😂😂😂😂

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or ปีที่แล้ว

    Abarundikazi 🎉🎉🎉murihe

  • @nsengiyumvaenock609
    @nsengiyumvaenock609 ปีที่แล้ว

    Idrissa wabayiki koko💥💥🗣

  • @IKIZAKUBUNTUFranck2
    @IKIZAKUBUNTUFranck2 ปีที่แล้ว

    Semavyindi😂

  • @nizeyimanachadrack2944
    @nizeyimanachadrack2944 ปีที่แล้ว

    Yewe sinzi abo muribo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉😂😂

  • @btv254show1
    @btv254show1 ปีที่แล้ว +2

    Simbizi 😂😂😂😂😂🇷🇼🇷🇼

  • @eellooe6339
    @eellooe6339 ปีที่แล้ว

    Basha.nawuvuga wajinyitse

  • @evelynenduwimana129
    @evelynenduwimana129 ปีที่แล้ว

    Yoooo indero fye!

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 ปีที่แล้ว

      Nukuri irarok ww ubon atamaz kwipfir akigenda

  • @baranderekalin6148
    @baranderekalin6148 ปีที่แล้ว

    Nivyiza Ko muza muraha ikiganiro simbizi ariko agerageze Abe yiyubaha kuko atanguye kuba akoresha invugo atandero nanto kandi namwe bamenyesha makuru NTI mumuhanure muvyo avuga rero mwikubite urushi nkivyo vyabanyagwanda nabarundi baryoshe kuramwo canke tuzomwitwarira n'a mwe mubishirako merci

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 ปีที่แล้ว

    Karabaye 😂😂😂😂😂

  • @djcedro7714
    @djcedro7714 ปีที่แล้ว

    Barabafunga. W simbiz aha si murwanda

  • @twigekuryanezadesire1866
    @twigekuryanezadesire1866 ปีที่แล้ว

    Waborewe

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi9711 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 wasaze kwer

  • @queenieSamantha544
    @queenieSamantha544 ปีที่แล้ว

    ✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️💪

  • @ههه-ث7ض
    @ههه-ث7ض ปีที่แล้ว

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂

  • @gordienmanirakiza4365
    @gordienmanirakiza4365 ปีที่แล้ว

    Refaire la qualité d'image SVP!! Star boy

  • @luckyonek5336
    @luckyonek5336 ปีที่แล้ว

    Urumwana mubi simbizi wa semavumba ati abamurinda ko yimuka???????

  • @lilpaff93
    @lilpaff93 ปีที่แล้ว

    😃😃😃wabahinduriy nururimi
    😂😂😂😂😆

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 ปีที่แล้ว

    Simbizi 🤣🤣🤣🤣🤣 nukuyitwumvisha abarundikazi 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @blaiseahishakiye6464
    @blaiseahishakiye6464 ปีที่แล้ว

    Simbizi We uri sérieux,ba ugabanya ibishegu kuko uba harabaca bakuzibukira

  • @mr_onebbright668
    @mr_onebbright668 ปีที่แล้ว

    At yacube 🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @nadinenishimwe3537
    @nadinenishimwe3537 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂🇧🇮

  • @asali_official
    @asali_official ปีที่แล้ว

    Uy muhimbiri arasara

  • @ngendanest
    @ngendanest ปีที่แล้ว

    Simbizi warisariye nkesera

  • @CocoClaudine-v9k
    @CocoClaudine-v9k ปีที่แล้ว

    Simbizi wasaze

  • @TresorNishimwe-jz4wy
    @TresorNishimwe-jz4wy ปีที่แล้ว

    Barabe bafunge akaga TV nugworugambo ngonise mavumba

  • @MuhozaChadia-in4fm
    @MuhozaChadia-in4fm ปีที่แล้ว

    Burya iconikinyarwanda cank muri kwigana abaterambere

  • @litecity888
    @litecity888 ปีที่แล้ว

    Lite city burundi ep1

  • @teddyciza9995
    @teddyciza9995 ปีที่แล้ว

    😂😂Simbizi wewe ndagufana ikiganiro bagukoreshej ntikincika

  • @zxcvbqwer1335
    @zxcvbqwer1335 ปีที่แล้ว

    Simbizi wakibaye kbs🤔🤔🤔

  • @nduwimananadjibu2131
    @nduwimananadjibu2131 ปีที่แล้ว

    Mwebwe mwibaza kwizana atariryo muntu!

  • @stevendayishimiye882
    @stevendayishimiye882 ปีที่แล้ว

    None ikinyagwanda caganje😂😂😂

  • @lewisshotit
    @lewisshotit ปีที่แล้ว

    😄

  • @ernestmugisha1568
    @ernestmugisha1568 ปีที่แล้ว +1

    Ico gihungu casaze noneho

  • @lilpaff93
    @lilpaff93 ปีที่แล้ว

    😄😄😄😄😄

  • @GuyTresorMugisha-ec9qf
    @GuyTresorMugisha-ec9qf ปีที่แล้ว

    Worek kwivugir yamuhe ub urik uragotomer any Time 😓😓😓

  • @movit_Smart_og
    @movit_Smart_og ปีที่แล้ว

    Ndatangazwa numunt akiciyunvira gutumira Simbizi mubiganiro Simbizi nikigug cibereyaho uratuka abarundi bagenzaw??

  • @UwaseShadia-g1h
    @UwaseShadia-g1h ปีที่แล้ว

    Ntaki nyarwanda avuga ahubwo aravuga igitwa nave kubanyarwanda kazi iyo ngengera namunyarwanda kazi wamwiteza aragatsindwa ni Mana

  • @jacksonmanirankunda369
    @jacksonmanirankunda369 ปีที่แล้ว +1

    Nukuraba ivyo muja mu posta

  • @johnnsengiyumva8907
    @johnnsengiyumva8907 ปีที่แล้ว

    Wambwawe ico sikinyarwanda bacita Igitwa

  • @NiyibitangaOmar
    @NiyibitangaOmar ปีที่แล้ว

    Kuk uvuga kurumurundi ugacuvug ikinyagwand uriko uradusevya

  • @IVOMO_TV
    @IVOMO_TV ปีที่แล้ว

    Iki kiganiro kirabakwegera

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 ปีที่แล้ว +1

    Aha aka ga Tv bagafunze mwoza kuboroga ngo barabarenganije .

  • @djcedro7714
    @djcedro7714 ปีที่แล้ว

    Barabafunga. W simbiz aha si murwanda