ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Iman ibandanye igusiga amavuta nyakubahw mukozi wimana urakoze kutwigisha
Past nukuru kuri nimpuguro nziza.cyane mungo nyishi birahari
Merc beaucouq mukozi wi mana kwijambo ryi mana ryizacane 🙌🙌🙌🙌🙌🙌👏👏👏
Mashallah tabarakallah 🥰 🥰 nakunze uko wigisha nkaba islam 🥰 🥰 Babwire ukuri mze Allah akuongoze 💖 💖 💋 💞
Ewe mukozi wimana warahezagiwe ,uzi kwigisha kandi muzi nabomwigisha nahomwigishiriza ,kandukuri inyigisho zanyu zizokiza beshi ,ndabaciragac hahomba abatumva ayamajambo nabayumva ntibayakurikiza Amen Amen
Murakoze kunyigisho nziza zubaka zigarurira Amahoro Nurukundo mungo zabubase Imana Ibahe Imigisha itagabanije
Ngo nshiremwo vyamane😂😂😂😂🤣🤭urumukozi wijambo 🙌🏿 mwarahezagiwe,inyigisho Nziza cne 🙏🏿
Murakoze cane mukozi w'IMANA ariko muze mudutegurire ninyigisho z'abadamu
Vuba cane
Mbega amajambo meza!!!!😄😄😄Aya majambo arakwiye kwandikwa mu bitabo. Imana ishishikare ikwongera, Mukozi w'Imana.
Murakoze cane kuduhanura
Yesu aguhe umugisha mukozi w'Imana.
Nukuri Imana ibahezagire ndabakurikirana muri USA 🇺🇸 Texas muranyubaka 🎸🎹🇧🇮🇧🇮
I like your teaching. You're a great pastor ever!
Yes! He is !meantime he mix CNDDFDD teaching
ok@@pierreclavernduwimana1974❤
3f3w33f3aee3
Faws3a4wf3afarwwe3za4daf33r33aarr33f33ea43eeesw4fwar33ee3z33aa3aeafaeafwe43334w32aw4da3a3area4333r3af3zw3aarr3rafa4
3
Urakoze mukoziwimana guhanura abikigihe birarengeje abagabo namaterephone aragisibije IMANIDUFASHE
Amen Amen uravuga ukuri Ndiho akwongere amavuta.
Murakoze kuko burya ukoze kubihute vyabenshi
Urumukozi w,Imana vyukukuri
Komera pastol❤❤❤🇧🇮🇧🇮
Imana iguhe umugisha uvuze ukuri
Inyigisho z'uyu muvugabutumwa ndazikunda cane, aha natwenze ndarambarara.
☆☆☆ Mon pasteur, niryo nijambo ☆☆☆ komeza muhezagirwe
Amen, pasta, imana, ikuzigam, turaguunda, ncan, 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏💯🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏ijambo, ridufasha, ncan, turi, mumahanga, kabisa
Wew ndagukund ariko uyumusi harikintu ikintu. Ntemeye cerekeye amavuta y SUDANIYA). Ntabwa motanabi) ntabwari na GRESIRIN kabisa ariko ndagukunda urafisa mavuta
Wew nturinkababand ndakwemera niwuvuga nkafashwa mubakozi bimana Bose ongerwa amavuta
Ntivyoroshe. Paster.imana.iguhezagire.
Harambagambo.bindaya.naho.wokora.imbimeze.gute.ntambimbona.umwumwaha.utamwumbaha.vyose.ugasanga.nicokimwe.ivyomunzu.mbigaherera.mumaraya.niwambo.ambiwambo.mbakamba.arimbo.mbakumbarira.urugo.nimaraya
Imana.iguhezangire.
Yesu aguhezagire mukozi w'Imana ndagukumbuye
Uyu Munsi Hoho Shaa harimwo Nab Emmanuel Abashingamatekaa
Amen iryojambo riranyubats muhezagirw
Imana idufashe kuko naho murushengero ndabona bari sérieux. Jeho nari nibwiye ngo nkabo bari hanze yurusengero. Imbabazi kabisa
IMANA ikomz kukongera amavuta muvyeyi.Uvuz ukuri kutagabanije.
umugabo yopfuma yambara nabi ariko umugore akambara neza !
😂😂😂 Iyi mpanuro nayikunze😊
Amen❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Imana ihabw'icubahiro nawe Mutumwa ibandanye kukuduhezagirira
Amen, Amen uvuga ukuri Imana igukomeze mubuntu bwayo.
Uravuga ntuvura mutama.Imana ikongerereze imbaraga
Impanuri kabx imana iguhezagire 🙏🙏🙏
Thanks a lot our great pastor may God keep you up more
Urigisha cane gose muvyeyi imana ikomez iguha amamvuta meshi
Amen Pastor, ukuri kuzuye
Abagabo wabigisha ukabashobora!!!!Mujye mubareka!!!
Sha,ngira baragutey'ibikomere pole Sana!
@@simeonndereyimana4143 Birantabgaje kuba utantutse,ahubwo ukanyihanganisha! Ndatangaye.Merci bcp
Sibose ma chr harih abagab beza
Amen Amen❤❤❤❤
🇷🇼 pasit ndabakunda cyane hari shengero mugira murwanda
Vugira madam waw nuko yagukundiy
Mbayahaga ❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage
Amen Amen ategezwa kumukingira ama tsunami yomumiryango kabisa😃😃
Komera pasta wacu turagukurikira cane 🇰🇼🇰🇼
Amen ame
🤣🤣🤣🤣🤣🤣nukuri paster nshiremwo vyamane uranyishe❤️❤️🤣
Impanuro utaz nizo iman ukwogeze amavuta❤❤❤
Ukuri kwuzuye mwiza turagukunda
Harahiriwe umugore, umugabo we yumvise izi nyigisho
Umwana wese agukundiye aba umwana
Hari aho Umugabo afasha abo mu hira iwabo rwihishwa kuberako umugore ari mubi. Adashimishwa navyo
Amen Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru habwicubahiro nukuri❣️🇴🇲
Paster ararenze kbsa
Uyu mupasiteri ndamukunda
Ayo majambo arakomeye.ishengero ritagira iminkanyari
Sorry birumvikany karagafone kigurubanya Murakoz muhezagirw can ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Mwahezagiwe
None pasteur wewe ntazi kwaho yicay aba Kristo bategera😀
,araryoshinkuru
Ntubeshe umuhabara ntarukunda gukunda akunda mahera ntakundawewe nahowo vyarananawe nukuruhirubusa umwana mwiza numwana wumugore mukuru
Uvugishukuri pe
Amina ndafashijwe kabisa
Mukomere mumana mukazi wimana izinyigisho zirahambaye
Ameeeeen😂😂😂😂
Past ntukabure kumwuka wera
Amen amen amen🙌🏻🙌🏻🤲🙏🙏
Wababwiyeeee shaaa ndakwizeye Ingene Abantu bagukundaa
Turabakunda cane
Hhhhhh amena
Pastor ndanezerejwe gose n,ingene wavyifashemwo bakubwiye ngo bakeneye abahungu. Kandi za muratanga inyigisho kubagabo baturubika abagore babo,hakaba nigihe banka kubahemba ngo bavyaye abakobwa. Nanje ibikobwa vyanje ndabikunda..Courrage ku bakobwa bawe pastor .Abo ni ba mama wawe ,baronse ingo nziza uzoshimishwa n,abakwe
👍
tres bien
Reka baduteteshe🤣🤣🤣
Ngo nimunce muvugeko ndumu bagladeshi🤣🤣🤣
Amen.ameeeen
Amajambo nayukuri ariko uwakoze montage ayo ma vidéo siyo. Ntibihuye
Hari ibintu yavuze babigishije vy'imigambi kandi vya mushitse k'umutima. Nkabantu tutari tuhari arazotegura neza mu ncamake adusangize izonyigisho z'imigambi nawe yungutse muri izonyigisho yitavye i gitega
Nari narababuze.
Amen
Muhezagirwe cane
nshak numro ya pasteur mbayahaga
mungu akubariki kbx
Inda ngo n,imanga naho wogira gute iguma ikubwira ngo mpa kandi ataco ikora
🙏🙏🇴🇲🇧🇮
Inyigisho nziza
Utanga inyigisho zubaka na moral nyinshi.lmana iziguhe ijuru
Navyo ivyana vyabanyamahanga bikundwakubi bacabanka banababarindi bakibagirako aribobukuri
Wigisha Mutama Nuko tutumva
Umugabo agukundiye ni umwami wanje, ariko agufashe nabi, akakwima agaciro mumuryango wiwe ,akaza arakuvuga mubiwabo, abana biwe , akaza arabaserereza mu bana ba mukuru wiwe mugihe bakosheje. Akakunyegeza ivyo atunze, akubwira amajambo mabi yo kugutuntuza womwubaha gute?
uvuze vyo !
Ivyana bizopfabiyerera hiryanohino iyoniyunvyiriye ivyanavyumuhungu wanje bivukakumunya rwandakazi birambabazacane
Uravugu kuri pppp
Uwobafis numéro zuw mu pasteur azimp azobakoz
Amen Amen
Uhezagigwe
Abanyamahanga batumariye imiryanko bayisambura ibihungu vyasazaje invyaro mubihugu bitandukanye nuwanjarimwo birambabajecane
😂😂😂😂😂
Abagabo iyo baronse amahera bugira caritas yo gufasha n'ibisanira na mwe mu rugo mutagira n'aho mwakirira abashitsi ,wamuha Aka remarque gatoyi agatangura kukuvuga mu b'iwabo ngo uri n'inzigo.Ivy'ingo pasteur biragoye ntawoshobora.Menage yose ifise ses spécificités.
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ati hitana aga swaro umuhanagure ariko ntuve kwijambo. Ewe Maria mwiza nsimbe??? Ndapfuye no gutwenga murakoze cane mukozi w'IMANA. Ikibwigwa nicumva icerekwa nikibona
avuga ivyo twirirwa turabona imisi yose.nta kinyoma kirimwo
Pastor yoza mu Rumonge?
None iyo Camera ko yagumye hamwe
Iman ibandanye igusiga amavuta nyakubahw mukozi wimana urakoze kutwigisha
Past nukuru kuri nimpuguro nziza.cyane mungo nyishi birahari
Merc beaucouq mukozi wi mana kwijambo ryi mana ryizacane 🙌🙌🙌🙌🙌🙌👏👏👏
Mashallah tabarakallah 🥰 🥰 nakunze uko wigisha nkaba islam 🥰 🥰 Babwire ukuri mze Allah akuongoze 💖 💖 💋 💞
Ewe mukozi wimana warahezagiwe ,uzi kwigisha kandi muzi nabomwigisha nahomwigishiriza ,kandukuri inyigisho zanyu zizokiza beshi ,ndabaciragac hahomba abatumva ayamajambo nabayumva ntibayakurikiza Amen Amen
Murakoze kunyigisho nziza zubaka zigarurira Amahoro Nurukundo mungo zabubase Imana Ibahe Imigisha itagabanije
Ngo nshiremwo vyamane😂😂😂😂🤣🤭urumukozi wijambo 🙌🏿 mwarahezagiwe,inyigisho Nziza cne 🙏🏿
Murakoze cane mukozi w'IMANA ariko muze mudutegurire ninyigisho z'abadamu
Vuba cane
Mbega amajambo meza!!!!
😄😄😄
Aya majambo arakwiye kwandikwa mu bitabo.
Imana ishishikare ikwongera, Mukozi w'Imana.
Murakoze cane kuduhanura
Yesu aguhe umugisha mukozi w'Imana.
Nukuri Imana ibahezagire ndabakurikirana muri USA 🇺🇸 Texas muranyubaka 🎸🎹🇧🇮🇧🇮
I like your teaching. You're a great pastor ever!
Yes! He is !meantime he mix CNDDFDD teaching
ok@@pierreclavernduwimana1974❤
3f3w33f3aee3
Faws3a4wf3afarwwe3za4daf33r33aarr33f33ea43eeesw4fwar33ee3z33aa3aeafaeafwe43334w32aw4da3a3area4333r3af3zw3aarr3rafa4
3
Urakoze mukoziwimana guhanura abikigihe birarengeje abagabo namaterephone aragisibije IMANIDUFASHE
Amen Amen uravuga ukuri Ndiho akwongere amavuta.
Murakoze kuko burya ukoze kubihute vyabenshi
Urumukozi w,Imana vyukukuri
Komera pastol❤❤❤🇧🇮🇧🇮
Imana iguhe umugisha uvuze ukuri
Inyigisho z'uyu muvugabutumwa ndazikunda cane, aha natwenze ndarambarara.
☆☆☆ Mon pasteur, niryo nijambo ☆☆☆ komeza muhezagirwe
Amen, pasta, imana, ikuzigam, turaguunda, ncan, 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏💯🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏ijambo, ridufasha, ncan, turi, mumahanga, kabisa
Wew ndagukund ariko uyumusi harikintu ikintu. Ntemeye cerekeye amavuta y SUDANIYA). Ntabwa motanabi) ntabwari na GRESIRIN kabisa ariko ndagukunda urafisa mavuta
Wew nturinkababand ndakwemera niwuvuga nkafashwa mubakozi bimana Bose ongerwa amavuta
Ntivyoroshe. Paster.imana.iguhezagire.
Harambagambo.bindaya.naho.wokora.imbimeze.gute.ntambimbona.umwumwaha.utamwumbaha.vyose.ugasanga.nicokimwe.ivyomunzu.mbigaherera.mumaraya.niwambo.ambiwambo.mbakamba.arimbo.mbakumbarira.urugo.nimaraya
Imana.iguhezangire.
Yesu aguhezagire mukozi w'Imana ndagukumbuye
Uyu Munsi Hoho Shaa harimwo Nab Emmanuel Abashingamatekaa
Amen iryojambo riranyubats muhezagirw
Imana idufashe kuko naho murushengero ndabona bari sérieux. Jeho nari nibwiye ngo nkabo bari hanze yurusengero. Imbabazi kabisa
IMANA ikomz kukongera amavuta muvyeyi.Uvuz ukuri kutagabanije.
umugabo yopfuma yambara nabi ariko umugore akambara neza !
😂😂😂 Iyi mpanuro nayikunze😊
Amen❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Imana ihabw'icubahiro nawe Mutumwa ibandanye kukuduhezagirira
Amen, Amen uvuga ukuri Imana igukomeze mubuntu bwayo.
Uravuga ntuvura mutama.Imana ikongerereze imbaraga
Impanuri kabx imana iguhezagire 🙏🙏🙏
Thanks a lot our great pastor may God keep you up more
Urigisha cane gose muvyeyi imana ikomez iguha amamvuta meshi
Amen Pastor, ukuri kuzuye
Abagabo wabigisha ukabashobora!!!!
Mujye mubareka!!!
Sha,ngira baragutey'ibikomere pole Sana!
@@simeonndereyimana4143
Birantabgaje kuba utantutse,ahubwo ukanyihanganisha! Ndatangaye.
Merci bcp
Sibose ma chr harih abagab beza
Amen Amen❤❤❤❤
🇷🇼 pasit ndabakunda cyane hari shengero mugira murwanda
Vugira madam waw nuko yagukundiy
Mbayahaga ❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage
Amen Amen ategezwa kumukingira ama tsunami yomumiryango kabisa😃😃
Komera pasta wacu turagukurikira cane 🇰🇼🇰🇼
Amen ame
🤣🤣🤣🤣🤣🤣nukuri paster nshiremwo vyamane uranyishe❤️❤️🤣
Impanuro utaz nizo iman ukwogeze amavuta❤❤❤
Ukuri kwuzuye mwiza turagukunda
Harahiriwe umugore, umugabo we yumvise izi nyigisho
Umwana wese agukundiye aba umwana
Hari aho Umugabo afasha abo mu hira iwabo rwihishwa kuberako umugore ari mubi. Adashimishwa navyo
Amen Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru habwicubahiro nukuri❣️🇴🇲
Paster ararenze kbsa
Uyu mupasiteri ndamukunda
Ayo majambo arakomeye.ishengero ritagira iminkanyari
Sorry birumvikany karagafone kigurubanya Murakoz muhezagirw can ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Mwahezagiwe
None pasteur wewe ntazi kwaho yicay aba Kristo bategera😀
,araryoshinkuru
Ntubeshe umuhabara ntarukunda gukunda akunda mahera ntakundawewe nahowo vyarananawe nukuruhirubusa umwana mwiza numwana wumugore mukuru
Uvugishukuri pe
Amina ndafashijwe kabisa
Mukomere mumana mukazi wimana izinyigisho zirahambaye
Ameeeeen😂😂😂😂
Past ntukabure kumwuka wera
Amen amen amen🙌🏻🙌🏻🤲🙏🙏
Wababwiyeeee shaaa ndakwizeye Ingene Abantu bagukundaa
Turabakunda cane
Hhhhhh amena
Pastor ndanezerejwe gose n,ingene wavyifashemwo bakubwiye ngo bakeneye abahungu. Kandi za muratanga inyigisho kubagabo baturubika abagore babo,hakaba nigihe banka kubahemba ngo bavyaye abakobwa. Nanje ibikobwa vyanje ndabikunda..Courrage ku bakobwa bawe pastor .Abo ni ba mama wawe ,baronse ingo nziza uzoshimishwa n,abakwe
👍
tres bien
Reka baduteteshe🤣🤣🤣
Ngo nimunce muvugeko ndumu bagladeshi🤣🤣🤣
Amen.ameeeen
Amajambo nayukuri ariko uwakoze montage ayo ma vidéo siyo. Ntibihuye
Hari ibintu yavuze babigishije vy'imigambi kandi vya mushitse k'umutima. Nkabantu tutari tuhari arazotegura neza mu ncamake adusangize izonyigisho z'imigambi nawe yungutse muri izonyigisho yitavye i gitega
Nari narababuze.
Amen
Muhezagirwe cane
nshak numro ya pasteur mbayahaga
mungu akubariki kbx
Inda ngo n,imanga naho wogira gute iguma ikubwira ngo mpa kandi ataco ikora
🙏🙏🇴🇲🇧🇮
Inyigisho nziza
Utanga inyigisho zubaka na moral nyinshi.lmana iziguhe ijuru
Navyo ivyana vyabanyamahanga bikundwakubi bacabanka banababarindi bakibagirako aribobukuri
Wigisha Mutama Nuko tutumva
Umugabo agukundiye ni umwami wanje, ariko agufashe nabi, akakwima agaciro mumuryango wiwe ,akaza arakuvuga mubiwabo, abana biwe , akaza arabaserereza mu bana ba mukuru wiwe mugihe bakosheje. Akakunyegeza ivyo atunze, akubwira amajambo mabi yo kugutuntuza womwubaha gute?
uvuze vyo !
Ivyana bizopfabiyerera hiryanohino iyoniyunvyiriye ivyanavyumuhungu wanje bivukakumunya rwandakazi birambabazacane
Uravugu kuri pppp
Uwobafis numéro zuw mu pasteur azimp azobakoz
Amen Amen
Uhezagigwe
Abanyamahanga batumariye imiryanko bayisambura ibihungu vyasazaje invyaro mubihugu bitandukanye nuwanjarimwo birambabajecane
😂😂😂😂😂
Abagabo iyo baronse amahera bugira caritas yo gufasha n'ibisanira na mwe mu rugo mutagira n'aho mwakirira abashitsi ,wamuha Aka remarque gatoyi agatangura kukuvuga mu b'iwabo ngo uri n'inzigo.
Ivy'ingo pasteur biragoye ntawoshobora.
Menage yose ifise ses spécificités.