DRAMA-T ubuzima bubi yaciyemwo mutari muzi// Yarakubiswe yivye amahera
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 15 มี.ค. 2023
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Bandanya ubirimwo neza,gusa impanuro noguha ubandanye wicisha bugufi bizotuma ushika kubirenze nibi vyubu. Be respect!!!
Mn gusa murabe muze mukorera interview nko muri hôtel ndk mwibarabara kul ntibisa neza kubuntu nka drama t afis izina rikomeye
Uyu mu jama niwe ugiye gutanga umuziki ndundi on another level
Uyo muhungu wa tausi Imana imukomez gusa imbere niheza
Ako kantu Drama T avuze ngo umukobwa arakundi Chr ww indirimbo zae wavuze jewe umuntu nfana nkakunda nindirimbo ziwe ningombwa nae amukunde ana mufane😂😂😂
Drama t my bro raba uze uricunga ntibazokugirire nabi shn bro Kuko nabajama ni xoo xn wallah bro Jew ndakwemera sn kbx 🇧🇮♥️❣️ xo respect sn kandi uzogera kure mn ✅
Isaac naw ubahw watuzaniy baby killer 💯♥️🔥
Ndiho agukomez nokwicisha bugufi waratahuy k kwisi ari kwicisha bugufi apana babandi bigira vyinshi uwitek akomez utere imbere 🙌🙌🙌
Dram t uricunga abantu turi babi bataguha ishano nka yvan buravan kk mbona uri munzira nkiyiwe incunge nomubagenzi baw hose ushiremo gushishoza
Ndashobora kuba nkunda ukuntu Asaac ubaza ibibazo. Is so 😍uba uri attentionné avec une voix douce
Courage drama. T abantu bitwa ba irankunda barafise imigisha cane
Ntawundi muririmvyi wumurundi nkunda nka drama T ubu fizzo ndiko ndamuharuruka
Wewe ugira agahararo rero 😂
Uzoyabasubize rero ko ukivyibuk.
Drama-T avuga nez can english🥰🥰aracar muto ,araciy ubweng ndamwifurij guter aj imbere 👏👏
My favorite musicien Dramat❤
Uyumwana ntabwo yiyemera
Drama t raba usubize amahera yabandi rero
Tumushigikire Drama t imana niyo yamushize hejuru🥰🥰🥰❤️❤️🇦🇪🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌👌👌
𝐂𝐨𝐮𝐫𝐚𝐠𝐞 𝐃𝐫𝐚𝐦𝐚 𝐓 𝐭𝐮𝐫𝐚𝐠𝐮𝐤𝐮𝐧𝐝𝐚❤❤❤
Ikibazo cy'ama infections Ku gitsinagore, ni ikibazo gihangayikishije ababyeyi n'abakobwa benshi, aho usanga bamwe barabuze urubyaro, abandi barabuze imihango cyangwa ikaza nabi, abazana ibintu by'umweru mu gitsina cyangwa impumuro mbi, hari nabo usanga nta bushake bagira cyangwa barabuze amavangingo mu gihe cy'imibonano.
Niba mudukeneye ko tubavura infections cg kumenya ibindi Tuvura nimero ya muganga iri hejuru ahanditse *ubuvuziGokondo*....
Komera bwana
Drama t 🔥🔥🔥🇧🇮
Hiyi
Dramat
From Zambia
Asante sana Isaac asante sana Drama T iki kiganiro Kiri riche en minéraux et en protéines 😂😂
Courage Drama T 🥰🥰🥰🥰🥰
L0
Couragesn
#Bbykller💪
Imana izobikora ugire ukwizera ❤
Hello drama ebna courage kbsa
Drama courage , Imana imbere
Urumv'icokintu 😂😂🔥🔥
Baby killer 😍😍
Let's gooooo away with drama t🚀🚀🚀🚀
Courage Drama T🤝🤝🤝🤝🤝🤝🤝
Tuzokwakira cane ❤❤❤❤❤
Bro courage drama t turamwemera kigali rwanda but ndumurundi
Courage bro
Drama t .ndagukunda kuko uvuga ukuri kwawe kubuzima waciyemwo siwewe gusa nitwese Kira muntu afise ubuzima yagiye acamwo nishure. Ubuzima nitombora imana yaguhaye kandi turakwemera Assaic nawe wibuke ni Aicha Love ndagukirikirana cane kuva ugishinga tv yawe ndi ku 🇦🇪🇦🇪🇧🇮🇧🇮
Iganiro ciza cane courage drama't
Keep pushing man big fan from SA
Courage guys
Musore wacu hejur can ❤❤❤wamuyinga🥰🥰
Drama vyuze urakuzwe ndagukunda Iyaba bishoboka bararaje ku kuramutsa
Courage kbc🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ariko bro utu video twabahungu ntiwakira nkeee
Ndagufana ndi muri ku🇦🇪🇦🇪👌👌👌
Drama T yubahwe ndamuzi neza Twariganye au Lycée Don Bosco Ngozi
Woah uhejeje neza 🔥🔥courage encore be blessed
Isaac drama T ndamifana ndifuza kuramukanya nawe kuri fone ndi fábrîçé from zambia lusaka murakoze
🙏🙏🙏🙏🙏
Drama t turagukunda arko ugabanye kunjya kuri phone Uri interwier
❤komera murivyi wacu❤
Nkunda ko utiyemera
Courrage muhungu wiwacu ubuzima buragoye ntawudakiraatagwaye
Drama, t, turaguunda, burundi
❤❤❤Duga hejuru
❤❤❤❤
❤️❤️
Ase abahanzi Bose babarundi babaye mayibobo
Courage bro...ariko uzoheze ishure
👊🏻
Damukuda.
❤️🇧🇮
Uzosubiz ivyo wivy kizima ukivyibuka
Drama taussu🤣🤣🤣🤣
C con,tubikoze iki?
Hahahah
Nagira tange avis kubyo nabonye ejo bundi kuri chaine ya YAGO show ndi sur et certain yuko#DRAMA T na #MONNA WALDA kenzi batagiye kuvyabo ahubwo bagiy gukora izo interview #rwanda mbere nabandi benshi mbe kugira abarundi bamenyekane il faut que babanza gukora ikiganiro kuma channels yaba nyarwanda nibwo bokumva ko bageze kuyindi music level ninkaho umukinyi wa europe abaye atarakina muri premier league England Cang laliga Espagne abona ko ataraba umukinyi mwiza so namwe barundi ntimukagire ngo visibilité yumuziki wanyu iri muma chaînes nyarwanda personnellement ndakunda uburundi 🇧🇮 kandi c comme si nkunda umuziki from burundi kandi ntarumurundi c dommage 😢😢
Nterimbe 🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮
Courage bro