MUHARUR' IMIGISHA YANYU [Iyo har'amarushwa mensh'ateye] - Count your blessings/GUH. IMANA N°178

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ส.ค. 2024
  • Abarongoye indirimbo z'Ishengero - Album 1 - Eglise de Pentecôte de Bujumbura/Nyakabiga - INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA N°187
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 44