Bagabo mukunde abagore banyu//CHORALE Y'ABAGABO KINAMA baririmbanye n'abagore babo

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ส.ค. 2024
  • Iyi ndirimbo yaririmbwe na CHORALE Y'ABAGABO BARIKUMWE N'ABAGORE mu musi mukuru wokurangiza umwaka wa 2022.

ความคิดเห็น • 84

  • @sarasarah2242
    @sarasarah2242 ปีที่แล้ว +3

    Waaa iyi ndirimbo nari ndayirindiranye igishika cishi. Icompa bikaba bimez guryo Mungo zanyu.

  • @user-dt4oq1re3e
    @user-dt4oq1re3e 13 วันที่ผ่านมา

    Kabisa

  • @netlife5623
    @netlife5623 ปีที่แล้ว +2

    Iyindirimbo ninziza cane kandi mwayiteguye neza cane ariko vrma abantu babafatiye amasanamu barabononeye cane vrma babafatiye amasanamu nabi nabi nabi kandi cane na montage yayo bayikoze nabi nabi nabi kandi cane iconshatse kuvuga bivanye niterambere ryamasanamu agezweho vyukuri nihagera aho musubira gusohora iyindi ndirimbo ndabinginze ntimuze mutore umu cameraman ngokubera muzinanye canke ngomutamuhaye icokiraka yobabona nabi ahubwo muzorabe uwobasohorera video nziza isukuye kuko uyumuntu vyukuri yarabiciye indirimboo murakoze

  • @irakozedany3260
    @irakozedany3260 6 หลายเดือนก่อน

    Namwe ndabipfurij kugita urugo rwiza Iman iduhezagire twese🙏

  • @sisisylvanendayisenga1005
    @sisisylvanendayisenga1005 ปีที่แล้ว

    Kubiririmba ntaco bipfana no kubishitsa!!!Imana Idufashe cane!

  • @Ev.SantosPaulNiyibimpa
    @Ev.SantosPaulNiyibimpa 7 หลายเดือนก่อน +1

    Wonderful 🕺🕺🕺

  • @claverninganza8280
    @claverninganza8280 ปีที่แล้ว +4

    Nari nabonye agace kuri Twitter sinarinzi ko ari indirimbo ikwiye... Imana ikomeze guhezagira bene data cane!

  • @gsgshdhdhdhs1713
    @gsgshdhdhdhs1713 หลายเดือนก่อน +1

    🎉 🎉🎉🎉🎉

  • @valentinemugisha7864
    @valentinemugisha7864 ปีที่แล้ว +1

    Ibibintu birabishe mwishengero ry'Imana birateye nisoni kuko ahosimuri boîte de nuit

    • @vincentniyongabo8348
      @vincentniyongabo8348 ปีที่แล้ว

      Yesu adufashe birateye isoni mwishengero kueri Mana tabara

  • @user-ek5sr4sd4r
    @user-ek5sr4sd4r 2 หลายเดือนก่อน

    Wawoooo😂😂😂😂❤❤❤❤

  • @user-nc7cg3eo2r
    @user-nc7cg3eo2r 6 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda

  • @mariammunezero2444
    @mariammunezero2444 ปีที่แล้ว +3

    Ndayidubiyemwo 2 nukur lmana ishishikare kubana namwe

  • @irambonabenithe215
    @irambonabenithe215 ปีที่แล้ว +1

    Agateka ah kamye mwishenger rya Mpwemu ewe garuk wime ingom ibint vyacangany

  • @esteraakizimanaakizimana4715
    @esteraakizimanaakizimana4715 ปีที่แล้ว

    Ariko ngira si Pentecôte ,indirimbo yariryoshe ivyobintu vyoguhekana ntansiguro twobiha 😢😢😢😢😢

  • @haronsimanajosette833
    @haronsimanajosette833 ปีที่แล้ว +1

    Pantecôte yari iyakera uyo numwijogonyoro🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @juriennewamboi2284
    @juriennewamboi2284 3 หลายเดือนก่อน

    Uubukandi wasanga mutabikora

  • @falesanewsaba9293
    @falesanewsaba9293 ปีที่แล้ว

    Amen 🙏🙏🙌 kandi murakoze kwi yindirimbo

  • @fidelenishimwe6451
    @fidelenishimwe6451 ปีที่แล้ว +3

    Umugabo n'umugore wiwe ndibaza

    • @mariammunezero2444
      @mariammunezero2444 ปีที่แล้ว

      Ngirango

    • @neemagospeltv
      @neemagospeltv ปีที่แล้ว

      Egome ni ko biri

    • @jcnduwimana1985
      @jcnduwimana1985 ปีที่แล้ว +1

      Cane rwose, ivyo vyabaye namwanya muri iyi misi hariho ingo nyinshi ziriko zisambuka. Nacane cane mugisagara ca bujumbura

    • @mariammunezero2444
      @mariammunezero2444 ปีที่แล้ว

      Sihogusa mugenzi nigihug cose lmana irakwiy gutabara ingo kk ntivyorishe

    • @kevineinarukundo7229
      @kevineinarukundo7229 ปีที่แล้ว +1

      Nubwo atoba arumugor numugabo sugutanga ubutumwa

  • @joelmanirakiza
    @joelmanirakiza ปีที่แล้ว

    Imana ihezagire chorale y'abagabo mukinama

  • @godendikumana4151
    @godendikumana4151 ปีที่แล้ว +2

    Mwubahwe mwabikoz neza

  • @DieudonneNkejimana-lc9jp
    @DieudonneNkejimana-lc9jp 24 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤❤

  • @destinnishimwe6876
    @destinnishimwe6876 ปีที่แล้ว +3

    Vyari biryoshe .ariko mbona umenga ntibibona neza .sinziko ari terefone yanje ntoya !

  • @chantalkamikazi9559
    @chantalkamikazi9559 ปีที่แล้ว

    Amen amen vyari bihimbay muhezagirwe

  • @josephgahungu5556
    @josephgahungu5556 7 หลายเดือนก่อน

    Imana ibahezagire...

  • @darcyniyonkuru6439
    @darcyniyonkuru6439 ปีที่แล้ว +2

    Imana ishimwe

  • @ElicaneNdamuhawenayo
    @ElicaneNdamuhawenayo 3 หลายเดือนก่อน

    Neza cane

  • @rukundoeric7858
    @rukundoeric7858 หลายเดือนก่อน

    Byiza c

  • @josephgahungu5556
    @josephgahungu5556 7 หลายเดือนก่อน

    Umugore nikintu kiza..

  • @emilesabiyumva1520
    @emilesabiyumva1520 ปีที่แล้ว +2

    Ni vyiza,ariko ibi bintu vyo kuririmba mutamba,muhekana n'abagore banyu sinibaza ko muri Pentecôte yo mu Burundi vyemewe! 🙈🙈

    • @netlife5623
      @netlife5623 ปีที่แล้ว +1

      Bibiliya itubwirako twirinda icaha kuruta ibindi vyose rero ivyobakoze ntacaha kirimwo

    • @jeannenirere743
      @jeannenirere743 10 หลายเดือนก่อน

      Ngontivyemewe🥱🥱🥱🥱🥱 none mubisomahe? Kombona atacaha kirimwo kobahetse abagore babo

  • @laOdePamofficial720
    @laOdePamofficial720 ปีที่แล้ว

    Yesu Kristo abahezagire caneee

  • @emmanuelnshimirimana-pz5wp
    @emmanuelnshimirimana-pz5wp ปีที่แล้ว +2

    Bien chanté

  • @belysekampemana4732
    @belysekampemana4732 ปีที่แล้ว +2

    Mugirumugisha ndabakunda

  • @josephineharerimana9844
    @josephineharerimana9844 ปีที่แล้ว

    Nivyukuri Imana ibahezagire

  • @nkurunzizaeric2289
    @nkurunzizaeric2289 ปีที่แล้ว +2

    Biraryoh kwl iyo ndirimb yamara

  • @thierrykharfan4698
    @thierrykharfan4698 ปีที่แล้ว +1

    I like the solist one.

  • @ndayisababeatrice8440
    @ndayisababeatrice8440 ปีที่แล้ว

    Pasitori mukuru wa kinama WE ahagabire 😀😀😀😀

  • @nshimisalah1525
    @nshimisalah1525 ปีที่แล้ว +2

    The best song ever wow

  • @rachellenshimirimana6968
    @rachellenshimirimana6968 ปีที่แล้ว

    Nice song👍👍👍

  • @tatuesperance150
    @tatuesperance150 8 หลายเดือนก่อน

    Nice song🥰🥰🤙🙏❤️

  • @chrisk4726
    @chrisk4726 ปีที่แล้ว

    Imana ibahezagire

  • @jeaninekamikazi8751
    @jeaninekamikazi8751 ปีที่แล้ว

    Christo Abahezagire mbega indirimbo!!

  • @user-sn6bi5jf5t
    @user-sn6bi5jf5t 11 หลายเดือนก่อน

    Ñukur ndashimy imana ibajinber arubutumw bwavug nuk batumva

  • @esteraakizimanaakizimana4715
    @esteraakizimanaakizimana4715 ปีที่แล้ว

    Kumenga si Pentecôte none nihehe ahahantu nimba Ari Pentecôte.,.......😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

    • @user-mc4tx2ym6v
      @user-mc4tx2ym6v ปีที่แล้ว

      Kinama nn Harikonsa Ubonye mwiyondirimbo ??

  • @user-rg9ec8qu3p
    @user-rg9ec8qu3p 6 หลายเดือนก่อน

    Muhezagirwe

  • @arnaudirankunda1641
    @arnaudirankunda1641 ปีที่แล้ว +1

    Yooo muzayisubiremo ibone neza

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 ปีที่แล้ว

    😅😅😂😂kugwa ntibiteba

  • @mariamsamweri5105
    @mariamsamweri5105 ปีที่แล้ว

    Mubarikiwe

  • @Roza-on6km
    @Roza-on6km ปีที่แล้ว

    Waaaa💪💪💪💯💯❤️🙏🏻

  • @soleinekessykaneza-jv8ko
    @soleinekessykaneza-jv8ko ปีที่แล้ว

    Halleluyaaa

  • @norahalqahtani6957
    @norahalqahtani6957 8 หลายเดือนก่อน

    Amen, 🙏🙏

  • @kevineinarukundo7229
    @kevineinarukundo7229 ปีที่แล้ว

    Indirimbo nziza cane

  • @ndayisababeatrice8440
    @ndayisababeatrice8440 ปีที่แล้ว

    Nanje sinemera KO iyi ndirimbo batazoyifutisha kuri you tube!!!! Pentecôte yiburundi ibi ntibibaho

  • @niyokwizerameryvelle9394
    @niyokwizerameryvelle9394 ปีที่แล้ว

    Amen

  • @user-bq7gf5ee2h
    @user-bq7gf5ee2h ปีที่แล้ว

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @esteraakizimanaakizimana4715
    @esteraakizimanaakizimana4715 ปีที่แล้ว

    Yemwe ibintu sinari bwabibone muri Pentecôte

  • @ddambya3223
    @ddambya3223 ปีที่แล้ว

    Aman ،🙏🙏🙏🙏

  • @honorattefwambafmb-gr1wy
    @honorattefwambafmb-gr1wy ปีที่แล้ว

    Amen Amen🙏🙏

    • @mlbr8081
      @mlbr8081 ปีที่แล้ว

      AmenAmen❤❤🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @irambonadieudonne5432
    @irambonadieudonne5432 ปีที่แล้ว

    Amen!

  • @alinehamenyimana
    @alinehamenyimana ปีที่แล้ว

    Happy women’s day

  • @user-oy6qk5vs5n
    @user-oy6qk5vs5n ปีที่แล้ว

    Amena

  • @elysehatungimana6325
    @elysehatungimana6325 ปีที่แล้ว

    Vyiza cn

  • @nahimanajustine8008
    @nahimanajustine8008 ปีที่แล้ว

    Amen🙏🙏🙏❤️

  • @mlbr8081
    @mlbr8081 ปีที่แล้ว

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @moonjsbal9292
    @moonjsbal9292 ปีที่แล้ว

    Amen

  • @kaburaadolphe7102
    @kaburaadolphe7102 ปีที่แล้ว

    Amen