Igice ca 2 c'ibibazo abamenyeshamakuru babajije Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo: Ngozi, 24/4/2024

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 เม.ย. 2024
  • Mu gice ca kabiri c'ibibazo abamenyeshamakuru babajije Umunyamabanga mukuru w'Umugambwe Cndd-Fdd Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo mu kiganiro yabagirishije kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 24 Ndamukiza 2024, mu ntara ya Ngozi, Umunyamabanga mukuru yaragarutse ku mategeko agenga amatora, ikibazo co gutanga akazi, abantu babura bikavugwa ko banyurujwe, ibihuha bigwira iyo himirije amatora, n'ibindi.
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 12

  • @victortangishaka.
    @victortangishaka. 3 หลายเดือนก่อน

  • @user-zp8oi5gy2p
    @user-zp8oi5gy2p 3 หลายเดือนก่อน

    Uyuugabo afite ubwege nku bwa Salomon

  • @user-ys2fg4pp8d
    @user-ys2fg4pp8d 3 หลายเดือนก่อน

    Ikiyag ciza caaan mutam mwubahw

  • @gasarabwepatrick659
    @gasarabwepatrick659 3 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂😂😢

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana 3 หลายเดือนก่อน

    Nyamba bagwaniye inda zabo gusa igihugu canyuma kwisi kweli uburundi?buyoya agifise cari icakangahe kwel?

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 3 หลายเดือนก่อน

    Neva lero n'akubise kuko imyaka 14 yadusiga mw'invune.

    • @niyo257
      @niyo257 3 หลายเดือนก่อน

      😊

  • @user-pk4yn9vc2u
    @user-pk4yn9vc2u 3 หลายเดือนก่อน

    Muburudi siheza nokuri ayapote ninbisuma murisoaumo Nuko warabeshe ntimufuga awatagirikosa ?

  • @siimon559
    @siimon559 3 หลายเดือนก่อน

    HUTU MAKAKI!!!

    • @KennoKanse
      @KennoKanse 3 หลายเดือนก่อน

      Pierre tombale !!!😭😭😭.

  • @user-pk4yn9vc2u
    @user-pk4yn9vc2u 3 หลายเดือนก่อน

    Mupe watusti watware mwarananiwe