Inkuka y'imisa y'ugusabira Umukuru w'igihugu Ndadaye Melchior akwije imyaka 26 agandaguwe

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2019
  • #Burundi : Mu nkuka y''imisa y'ugusabira Umukuru w'igihugu Melchior Ndadaye, Musenyeri Gervais #BANSHIMIYUBUSA yibukije ko kwemera ijambo ry'Imana ariyo nzira y'ubuhirwe ku muntu w'Imana, kandi ko ariyo nzira yo kugira ico amariye abandi

ความคิดเห็น • 13

  • @abajenezasolange6811
    @abajenezasolange6811 10 วันที่ผ่านมา

    Uhoraho Imana ibishimirwe

  • @appaulinairembazumutima2211
    @appaulinairembazumutima2211 4 ปีที่แล้ว

    Inyigisho nziza cane

  • @claverkarabanekera6043
    @claverkarabanekera6043 4 ปีที่แล้ว

    Komera mukozi wimana

  • @ferdinandniyonkuru4375
    @ferdinandniyonkuru4375 4 ปีที่แล้ว

    Ndabona ibintu vyari vyiza cane

  • @primebagarure9226
    @primebagarure9226 4 ปีที่แล้ว +1

    Abo bagaye iyo nyigisho n'abari mu bishe Prés. Ndadaye, canke?
    Koko, iyo ncungu yararanguye igikorwa cayo nta nkeka!

  • @zefau3494
    @zefau3494 4 ปีที่แล้ว

    Ubutumwa burimwo kabisa

  • @claverkarabanekera6043
    @claverkarabanekera6043 4 ปีที่แล้ว

    Inyigisho irimywo

    • @zaidendemetrius331
      @zaidendemetrius331 2 ปีที่แล้ว

      i know Im asking the wrong place but does anyone know a tool to get back into an Instagram account?
      I stupidly lost the login password. I would love any tips you can give me

    • @conorchristopher3275
      @conorchristopher3275 2 ปีที่แล้ว

      @Zaiden Demetrius instablaster =)

    • @zaidendemetrius331
      @zaidendemetrius331 2 ปีที่แล้ว

      @Conor Christopher Thanks for your reply. I got to the site thru google and Im in the hacking process atm.
      Takes a while so I will get back to you later with my results.

    • @zaidendemetrius331
      @zaidendemetrius331 2 ปีที่แล้ว

      @Conor Christopher it did the trick and I now got access to my account again. I'm so happy:D
      Thanks so much you really help me out :D

    • @conorchristopher3275
      @conorchristopher3275 2 ปีที่แล้ว

      @Zaiden Demetrius you are welcome :)