Double Jay - Mafaranga (Lyric Video)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 3 มี.ค. 2022
- Watch the Lyric video for Mafaranga by Double Jay OnceAgain.
Connect With Double Jay:
Facebook: / doublejayonceagain
Instagram: / doublejay_onceagain
Tiktok: / doublejay_onceagain
#DoubleJay #Mafaranga #BilimaniBoy - เพลง
Erega nanje ndagukeneye 😩🥵🥺😭💴💴🤷🏽♂️
BadBoyKill respect Bro🔥🔥
Nice Song kbsa
Kabisa atanoti ntajambo😭 ariko azoza tuu ejo niheza sha Double Jay💃 nice song
Mbega ijwiiiii weee😍💖
Ijwi ryawe rirarenze!amahera nayo uzoyatonka lmana nikuzigame gusa!iyi ndirimbo ni ❤️❤️❤️🔥🔥🔥
The bad boy
Twebwe muri Russia 🇷🇺 turakunda ibikorwa vyaw🤣🤣👌👌👌 nic song bro ayo mahera yo mur corona yikwepesha azoteba agaruke we yarek👊👊👊👊
Kkkkkkk
Kwl rufaranga
Ese mafaranga ushaka mbandanye
Nd’Umunyuka?kuki unkwepa 🙆🏻♂️
Mafaranga👌👌👌🥰
In Rwanda we love your voice 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼
Nanje ndagukeneye mafaranga we 🔥🔥🔥
❤❤❤❤❤🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲🥰🥰🥰🥰
Turagukurikiranye, from Rwanda 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 and we loved your song with Kenny
Love from Rwanda🇷🇼🇷🇼🇷🇼
🤸
Burundi Oyeeeeeeeeeeeeeh Umuriro Uratse Kabisa I song yamateka Inoti nanje ndazishaka my big brother DoubleJay
Much love from Uganda🇺🇬🇺🇬
Beautiful song and lovely voice.
Big up Double Jay🥇
Yessir 🔥🔥🔥 Vibes BrotherMan 🇧🇮 #Esheee #Cacaacaaa 🐊
Bro i'm in with your job
Love from Rwanda🇷🇼 Nice job double jay we love you
Ndakwemera my star wanje mbaye uwambere abamwemera nkanje muze kump like
Sukubura icyo wiha nicyuhu mugenzi ntukuri birabiha ndakwemera cyane double jay uririmba neza ndagukunda guturuka imusanze rwanda
Ch My giii Double jay nanje ndi Mr panda boy from Rwanda kweri Ndogufana cane 🇷🇼🇧🇮👍 Nanje ndashaka Amahera Ariko narayahevye kweri Kandi Respect my brother💪✌️✌️✌️
Nta mu Star dufise I Bujumbura azi kugenda numwanya nka Double Jay ninde tuvyumva kumwe?
☝️☝️☝️☝️☝️
Uvuze ukuri Isaac najew ndabishimira intahe?
Ntitwigeratunanigwa 🙌 Nta swata Uyumujama yigera akubita....
Hhhhhhhaaaaaaa nn usuyimaz mûri 35sec
Umutananirwa nawe uyu musaza ursmaze kubibonako adahusha
Amahera,amafaranga ,inoti inzingwa .... Nice double 🔥✨😎
Love from Buj hit vibes
Double Jay 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Love from Rwanda 🇷🇼
Love from 🇳🇱 🇧🇮 🇷🇼
Cyakoze bro much rispect turagukunda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Iyindirimbo irarenze sana😍😍😍😍👍👍💸💸🚀🚦
Good job Double keep it up, we love you and kirikou, watching from Canada
Uwoba arihafi yamafaranga ayambwirire anyibuke ngira yaranyibagiy ndayakumbuye
Respect to bad boy killer
Awer burundian special artist go 🔥🔥🔥
Double Jay turakwemera cyane hano i Kigali
Woouw
Ehe kakazu mpanze😫😢😢😢Nukuri ww nibakurek vrt asante brother imana iratubona akanoti tuzokaronka
Kbx Double Jay like you bro love from Rwanda
Am in love with this song and the backapps
Iranyiciyindirimbo kabisa komera double jay courage naje mbona nkwepa 💃💃💃💃🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲❤🇧🇮🤗🤗🤗🤗
Jeho vyarabay ndase raba mana natw utwibuk yareke kudukwepa Kandi tutaruhuka kuyarondera.big up double jay 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲🔥🔥🔥💪💪💪🍾🍾🍾📸📸📸🙏🙏🙏💵💵💵💵
Kazi kazi..
Double j umwanditsi dufise
Shahuuu nanje ndagukeneye #mafaranga hit song🔥🏃🏽
Erega nanj ndagukeneye Mahera
Kazi nzuri @Doublejay
Mbariza ayo mahera kuki adukwepa
Double jay ndagukund kbs big up nakazi nzuli
Kazi yendelee🔥🔥🔥🇧🇮💥
Double mafaranga naje mumbwirire ko mushaka kabisa✌️💪
Urarenze bro from rwanda🇷🇼
Kuki unkwepa mafaranga mukama double jay wubahwe muhungu wiwacu ingozi.ndakwemera kabisa uwudafise agafaranga ni noma
Mzeee wama hit back again 🙌💥💣
Uyo muntu nanje ntasiba kuntwepa vrt🤦♂️🤦♂️🤦♂️
Amafaranga kudukwepa biherana nuyu mwaka brother,wasn't expecting this for real🔥🔥🔥🔥
Love from mulenge🇨🇩
Eweeeee mafaranga Big up ma brada
Melodie inaniwuwa walah
Nukuri urarenze man ndagufana cyane
Amafaranga...!!!courage brother !!!Kamez neza kbsa!
Nkunda imyandikire yae 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏 Urayoboye Uri uwa mbere uranikurikiye 🎓🎓🎓
Nakupenda san double wanguu love from saudia
Ninoma wangu atubonye araduhunga aradutinya Kandi tuyakunda. tuyafashe turanayacunga ariko yoyo atubona nkabasi
Mazee njoni dukwize 10000M🔥🔥🔥🔥
Mafranga raba ureke kurwirengagiza,keep up bro , listening from zambia
Nanje Niko kuko uvuzukuri.big up sana 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲🍾📸📣one love 💕💕💕
#Mafaranga canke #Manoti 🔥🔥 Double jay imisiyose nkibona coveruriko mbanzi ko atavyokunta hasi vrt keep it bro
The best songwriter in burundi . Love from zambia
nange byaranz siwowe gusa double jay gusa i like you music
@double jay urafise impano kabisa urazi kwandika neza Sanaa nijwi ryiza Bref urashoboye Keep Moving 🎤🇧🇮💯💪🎙️🤜🤛
Song👌👌👌
Hawujawahi kukosea nice song🔥🔥🔥🔥jew nimba twarashwanye Namafranga nukuri ndasavye ikigongwe🤦♀️😔😭
Wanditse neza
Uririmba neza
Iri bien arrangée
Ifise sens nziza
The real type of music muburundi tutakironka cane malheureusement et heureusement ko ugaruye akanovera…. Chapeau a vous nabandi bagikomeje kujijura la société qui est la notre…. Respect bro
BadBoYKilla🔥🦅🇧🇮 this IS somethin' else mi bruh 👌👌👌👌
Kabisa wubahwe bilimani boys Killer 💥💥💥💥💥 hahiyeeeeee ♨️♨️♨️♨️
Very talented ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮💪💪💪
Respect bad boy killer🔥🔥🔥🔥
La verité❤❤❤🇧🇮❤💯
Amafaranga ndakurahiy ub ntazasubira kunkwepa ndakurahiy double jay we noma sana 🔥 🔥
Waoh 👌👌
Mafaranga nanj aguma akwepa.. Ubu ndayafitiye imihari.. Big up mtu wangu double jay.. Good lyrics
Bro kweli urarenze kabisa bandanya Imana iri kumwe nawe
Song Biliman boy Double Jay WASHA 🔥🔥
Igikorwa ciza big Brother ✍🏻🙌🏽
💪🏽
Very nice song 🎵 bro🇧🇮👊🏿 I like the song 🎵 well done bro 🇧🇮👊🏿 keep try my best🇧🇮👊🏿
Kuki unkwepa mafaranga💖💖🇧🇮
Past evil provide pretty good thing future 😎
Keep your gift 🇧🇮
Double Jay once again 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Good song kbs🔥
😁😁😁😁🙏🙏💖💖💖💖💖💖💞💞double jay uranryoher nagira nije ndayakunda naw urayakunda maaaaa
Love you My brother
Love from gtg🙏🙏🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
🔥🔥🔥 brooooooooo
Nice song bro,keep shining guy!no money have too much problem.... But siko bizokwama tomorrow will be greater than today cz God is on control
💯💯💯💯💯💯💯💯💯💯💯💯
Félicitation mutama 🙏🙏🙏
Erega nanje ndagukeneye🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
My favorite artist🔥🔥💣💣
Double Jay Once again🙌🏾
Urashoboye my gee double jay bn idee💪💪💪💪❤❤❤📢
Jewe #ndayafise bro, IMANA ikumve man
#nduwokumashuha
Manoti💳💳💳💳
Hit song my brother 🔥
My G.....courage brother
Ngushaka uri mwinshi
Very well Killer Boy...Nkuko wama nubu uguma utwemeza..ukora ibirenz ukaronka duke😭😭 don't worry kazima ubikora neza Niryo faranga rizoza Man
Ilove yuo Double jay nibikorwa vyawe vyose nanagupfira peee
Hity Song Nakubali Double jay Unaweza bro Urakomey mumuziki indundi Ndifuza kuzovyara umusi umwe umwana Afise impano nkiyawe Ndagufana bro kandi Ndagukunda san ...... Turakumbuye Colabo Urikumwe n Akili Umupeti nawe Atavyorosha 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Saba Imana uzovyare umwana yubaha Imana n'abantu
Big up sana my bro🤘🤘💥
Shaa nukurutumy niyumvir vyishi!!! Vyukur wubahwe pee❤️❤️❤️❤️
Nice song Amafaraga 🤑🇷🇼
Jj congratulation !
Amafaranga aragoye gs reka tuyarondere tuzoyaronka too!
Hit song🇧🇮🔥🔥🔥🔥
Irijwi kbxaaaa🤩 coup de chapeau🧢👑
Courage 🥰🥰🥰🥰🇧🇮
Nanje ndagukeneye ndashomereye🤗🤗🤗