ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Bad boys ngabo 👉🏽👉🏽Niho mugiye gusanga Double jay Collabo yabo th-cam.com/video/XBoTku4IUc8/w-d-xo.htmlsi=PclHGL183v1tcNdd
Sindaberewa hahahahhahaha
Courage hugaye imipaka ntihugaye imitima💗💗from rumonge
Nduwambere Landry like zanyu ngaha
Umusaza Welcome
Vyarandyoheye kuba barabasuzuguye niho muziga kwiyubaha
Badboyz ❤❤🔥
Nkubu mmn atashe avuye kukazi agasanga papa yampaye nkugo ru sarubeti rwa double jay yoca atagura amasengesho ngo yasaze ntumeny kwari style 😂😂😂😂😂😂😂 much love disi double wacu❤
Ww nwiyiminsi ntakintu kirimwo urwanda ndakuburamwo kuri IG TH-cam hehe shn ww kl kandi urabashigikira sn wallah 😅
Wooooa imbere cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ohhhhhh c'est vraiment génial 🎶🎶🎶🎶🎤🎤🎤🎤🎤🎤
Uwo muu Gee yambaye umupira wa orange azogende akinane comedy na kanyombya kubera bafse mukanwa hasa😂ni kanyombya yibereye ngaho😊😊😊
Nc
🚨📺🎧new banger Billyman boy🔥🔥🔥🤞✊
Double jay turakwemera
double j bandanya guserukira uburundi mwana wacu...hama abarongozi urwanda muhakure icirwa mureke guteranya abarundi n'abanyarwanda kuko nigihe muzoba mutakriho abarundi n'abanyarwanda bazokwamaho kandi bizokwama aribihugu bihanimbibeburundi OYYYYYYYYYYYYYYEEEEEEEEEEEEEEE
Barashonj abo bahung bo mu rwanda
HitTop1 ❤
Nihatar❤Turabakund
❤❤❤❤❤❤❤❤
Mumpe like zanje❤❤
Yes Double mr Lomantic barya babonyee utanguy kubasumba baca bahonyora😢😢
Baratumaramaza ukuntu tubemera arik bakaguma bakorana nabantu batazwi
Nice 👍
🇧🇮🇧🇮❤️
Umwe mu Burundi
Double jay ninde wayigusavye koko ariko yeee
None kumwinjirira wew urumusani umeny ivyo bavugan?
Bad boy killer
Ati bad boy ariko ga yemwe noe abo nabaririvyi gayemwe
🇷🇼
❤🎉
Dukeneye baduhe colabo zirenze kuk baveteye kwl abaririvy bacu babarundi
🔥
❤❤❤🇧🇮
Double ntukiyemere ft ntubone abanyarwanda baguharaye ugirengo warabiciye,uzarebe indirimbo zawe wenyine izigera kgl.igihe kizakwereka.nagabanye ibiswing byinshi kdi nibagutumi kuririmba kgl uzitware neza
Ziba w kirofa we, double jay yahereye kuririmba kuri collabo wa kiwelewele we
Nkunda Double-j sana reka tuvuge ikintu kimwe ivyo bakorewe sivyo nkumunyarwanda simbyemera gusa ntiyirengagize ko umuntu agukoreye ikintu niwe wenyine not abandi hose
Iyo sarubeti Double Jay yambaye umenga nurukwavu gwasatuye😅😅Gusa ndamukunda
Baze baguhemba neza Abo babanyi
Landry
❤❤❤❤❤
Muta 📸 camera man az araduha amasanamu abon bien iy vidéo irimwo fuuruu😮
ivyo vyongereza biboze kandi mutanazi muguma mwivugisha, ariko mwabahungu mwe, mwarasaze pe.
Mugabaracari aba undgraund🙈🙈🙈
Landry kuv bibay double Jay n kilikou bagakubagurwa jew ntamunyarwany numw nkikwirikiran
Bad bwoy killer hejuru cane
Nibazako ari promo yakera
Twari duhari, turacahari kandi tuzoba duhari ibihe vyose!
Bro urumuhanga arko ntago uragera Kuri level yogutera ishar uracyari hasi Cyn peh Manager wae niwe udashobotse
Badboyz nimwe mura ba manager ngaha ba double bose ni banyuma ku noti zanyu barashinuste appearance deceives kweli 😅
turabemera barundi Muzik nikomeze kabisa turabafana mwese kbsa
Ufite ibigambo byinci bite byae wannyo we izombobo uzana nizahe
Double jay ndamukunda can ark uw mwifato wogusubira kutugarukanir abanyarwanda basanzw batanazwi akabazan kubah hit mugihugu simbikunze nagato ah muburundi ntaband yar kuzamura atabanje kuzamura abanyamahanga
😂 ariko iyo indirimbo nago irasohoka go turebe nimba iba Hit
None nkabo nabahe😂
🎉. my brother dagukunda caane Lydia from GTG masanganzira❤❤❤❤ 🎉🎉🎉
Bugira indero Radri
Nkabo baririmvyi batazi kuririmba bo murwanda vrt😂😂muburundi ntabaririmvyi baririmba nabi nkukwo 😳😳
Yewe 😂 reka utabakomeretsa bazabyibonera 😂
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Hhhhh
Ngaho niyikine
Abo banyaCyaro wabakuyehe😂😂
None nkivyobirofa ngonabanyrwanda babikuyehe 🙄🙄😏😠🤔🤣🤣
Uwo mu twipe aguma yiheka kwabo ba banyi reka azobabona
Kumenga billiman boy😢😢
@landry promoter ufis amajambo menshi adahra
Abahanzi ndundi muri shongora ntacyo mushingiyeho! Double J ngo baramutinye? 😂 umuntu ataririmba ngo ijwi risohoke!! Ndumiwe pe!
🤔🤔🤔🤣
Nije nkuyeho ca giharuro 666 kuma j'aimes😂😂😂Hama man courage uduha ibintu bikaz.#aba_poils turakwemera😅
Ako gapira kararamvye ka Landry😏
🤣🤣
Mubyukuri jyewe nkumunyarwanda abo bahanzi niho nyibabona 😂 nago narimbazi.I could be wrong but the song I have the impression will be a failure.
😅😅😅
😂
Umvugiye ibintu😅😅nanje n,ubwambere ndababonye😂
Acha ulevi we petit nama vurugu sa zaku airport babiloni
Phil Peter wo murwanda na double Jay ahise amuhamagaza murwanda Reba video yose hano th-cam.com/video/JFAdk2E8Ovs/w-d-xo.htmlfeature=shared
Aba NyaRwanda bari hejuru Cyane kurushaa aba Rundi rwose
Ivyunguka tudasize kuruhande ubucuti
Ariko landry wagiye wifugira french ni kirundi gusa ko bitasebye english ukayihorera ko ntayo uzi ngo wreva to the wold?
Landry urasubiriye kuzana Abanyarwanda mu Burundi no kubagirira ama promotion kubutaka bw'Uburundi twarabizimije?umuntu akwishiremwo?nivyushaka?
UCA ukurako abonnement kwico kirofa Landry ARIKO akora propagande yabanyarwanda gusumba aba star babarundi
Twebwe mu Rwanda dushigikira umuntu werekanye ko Ashoboye iyo uje uririmba nkihene tuguta yahuzu double jey ntabwo witwaye neza kuri stage, waririmbye nabi, witwaye nabi mujye mukora Repetition igihe mwiteguye kujya mu bitaramo hirya nohino
Hama abanabo ko babakiye nuko bazi kuririmba neza?! Ko batabimye micro?! Nuko bazi kuririmba cane?! Umuntu ukwari kose surtout umushitsi umuha respect akwiye birya DJ nde yakoze nukutagira ubumuntu
@@delacycyuvuze ukuri
Ziba wakirofawe ntitubakeneye iwacu uwabazanye bazobicira hamwe kukobose nibirofa nkawe😅😅😅
Iyosarubeti wap kwl
Bad boy wapi😂😂ntakirimwo
None abo baciyeh konunvise ngo barugay cank babugariyeko😂😂😂😂😂
Aba baj kuv kera
Murasubiriye kuzana ubobagome muburundi 🤭🤨😡😠
They use you to gain fame in your country
Double ndagukunda ariko barakabona bagukoreye birya murwanda, kubona uja gukorera ubusa mwarisuzuguje kandi wigize igitebo bakuyoza umwavu, rero barakuyoje umwavu, ehe rero ubwenge buke bwawe aho bugera urasubiye guha collabo ibirofa
Double jay wew ntakwiyumvira ugira no ne nkivyobinyendaro ubuvanahe zimya ivyobirofa😏😏😏😠😏
😅😅😅😅
Randry Promoter Arimuvyunguka
Mbeko imipaka yugaye abanyarwanda bagarutse muburundiKugirante,babuziyo bashora imiziki yabo
Abanyarwanda baracyambuka heeee kandi randry uzakora amakosa
Landry wew genda gahoro abobanyarwanda reta irabirukana nawe ukabagaruka wew uticutse bazokugira nkuwontiriw ndavuga uwuwarumwanya eoguhagaciro abasani bacu kuko akajagari kabobanyarwandaaa karikagabanutse ntimugira umutima🙄🙄😏😠🇧🇮❌🇷🇼
Wanjiji we x abarundi Bari mu Rwanda 🇷🇼 bangana gt?!? Ko ntawujya abavuga nabi
Zimyazimya ivyobirofa, abobatuzuka bajebavahehe ??? Ehe rero izokwafe zabo😂😂😂
Bad boys ngabo 👉🏽👉🏽Niho mugiye gusanga Double jay Collabo yabo th-cam.com/video/XBoTku4IUc8/w-d-xo.htmlsi=PclHGL183v1tcNdd
Sindaberewa hahahahhahaha
Courage hugaye imipaka ntihugaye imitima💗💗from rumonge
Nduwambere Landry like zanyu ngaha
Umusaza Welcome
Vyarandyoheye kuba barabasuzuguye niho muziga kwiyubaha
Badboyz ❤❤🔥
Nkubu mmn atashe avuye kukazi agasanga papa yampaye nkugo ru sarubeti rwa double jay yoca atagura amasengesho ngo yasaze ntumeny kwari style 😂😂😂😂😂😂😂 much love disi double wacu❤
Ww nwiyiminsi ntakintu kirimwo urwanda ndakuburamwo kuri IG TH-cam hehe shn ww kl kandi urabashigikira sn wallah 😅
Wooooa imbere cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ohhhhhh c'est vraiment génial 🎶🎶🎶🎶🎤🎤🎤🎤🎤🎤
Uwo muu Gee yambaye umupira wa orange azogende akinane comedy na kanyombya kubera bafse mukanwa hasa😂ni kanyombya yibereye ngaho😊😊😊
Nc
🚨📺🎧new banger Billyman boy🔥🔥🔥🤞✊
Double jay turakwemera
double j bandanya guserukira uburundi mwana wacu...
hama abarongozi urwanda muhakure icirwa mureke guteranya abarundi n'abanyarwanda kuko nigihe muzoba mutakriho abarundi n'abanyarwanda bazokwamaho kandi bizokwama aribihugu bihanimbibe
burundi OYYYYYYYYYYYYYYEEEEEEEEEEEEEEE
Barashonj abo bahung bo mu rwanda
HitTop1 ❤
Nihatar❤Turabakund
❤❤❤❤❤❤❤❤
Mumpe like zanje❤❤
Yes Double mr Lomantic barya babonyee utanguy kubasumba baca bahonyora😢😢
Baratumaramaza ukuntu tubemera arik bakaguma bakorana nabantu batazwi
Nice 👍
🇧🇮🇧🇮❤️
Umwe mu Burundi
Double jay ninde wayigusavye koko ariko yeee
None kumwinjirira wew urumusani umeny ivyo bavugan?
Bad boy killer
Ati bad boy ariko ga yemwe noe abo nabaririvyi gayemwe
🇷🇼
❤🎉
Dukeneye baduhe colabo zirenze kuk baveteye kwl abaririvy bacu babarundi
🔥
❤❤❤🇧🇮
Double ntukiyemere ft ntubone abanyarwanda baguharaye ugirengo warabiciye,uzarebe indirimbo zawe wenyine izigera kgl.igihe kizakwereka.nagabanye ibiswing byinshi kdi nibagutumi kuririmba kgl uzitware neza
Ziba w kirofa we, double jay yahereye kuririmba kuri collabo wa kiwelewele we
Nkunda Double-j sana reka tuvuge ikintu kimwe ivyo bakorewe sivyo nkumunyarwanda simbyemera gusa ntiyirengagize ko umuntu agukoreye ikintu niwe wenyine not abandi hose
Iyo sarubeti Double Jay yambaye umenga nurukwavu gwasatuye😅😅
Gusa ndamukunda
Baze baguhemba neza Abo babanyi
Landry
❤❤❤❤❤
Muta 📸 camera man az araduha amasanamu abon bien iy vidéo irimwo fuuruu😮
ivyo vyongereza biboze kandi mutanazi muguma mwivugisha, ariko mwabahungu mwe, mwarasaze pe.
Mugabaracari aba undgraund🙈🙈🙈
Landry kuv bibay double Jay n kilikou bagakubagurwa jew ntamunyarwany numw nkikwirikiran
Bad bwoy killer hejuru cane
Nibazako ari promo yakera
Twari duhari, turacahari kandi tuzoba duhari ibihe vyose!
Bro urumuhanga arko ntago uragera Kuri level yogutera ishar uracyari hasi Cyn peh Manager wae niwe udashobotse
Badboyz nimwe mura ba manager ngaha ba double bose ni banyuma ku noti zanyu barashinuste appearance deceives kweli 😅
turabemera barundi Muzik nikomeze kabisa turabafana mwese kbsa
Ufite ibigambo byinci bite byae wannyo we izombobo uzana nizahe
Double jay ndamukunda can ark uw mwifato wogusubira kutugarukanir abanyarwanda basanzw batanazwi akabazan kubah hit mugihugu simbikunze nagato ah muburundi ntaband yar kuzamura atabanje kuzamura abanyamahanga
😂 ariko iyo indirimbo nago irasohoka go turebe nimba iba Hit
None nkabo nabahe😂
🎉. my brother dagukunda caane Lydia from GTG masanganzira❤❤❤❤ 🎉🎉🎉
Bugira indero Radri
Nkabo baririmvyi batazi kuririmba bo murwanda vrt😂😂muburundi ntabaririmvyi baririmba nabi nkukwo 😳😳
Yewe 😂 reka utabakomeretsa bazabyibonera 😂
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Hhhhh
Ngaho niyikine
Abo banyaCyaro wabakuyehe😂😂
None nkivyobirofa ngonabanyrwanda babikuyehe 🙄🙄😏😠🤔🤣🤣
Uwo mu twipe aguma yiheka kwabo ba banyi reka azobabona
Kumenga billiman boy😢😢
@landry promoter ufis amajambo menshi adahra
Abahanzi ndundi muri shongora ntacyo mushingiyeho! Double J ngo baramutinye? 😂 umuntu ataririmba ngo ijwi risohoke!! Ndumiwe pe!
🤔🤔🤔🤣
Nije nkuyeho ca giharuro 666 kuma j'aimes😂😂😂
Hama man courage uduha ibintu bikaz.
#aba_poils turakwemera😅
Ako gapira kararamvye ka Landry😏
🤣🤣
Mubyukuri jyewe nkumunyarwanda abo bahanzi niho nyibabona 😂 nago narimbazi.
I could be wrong but the song I have the impression will be a failure.
😅😅😅
😂
Umvugiye ibintu😅😅nanje n,ubwambere ndababonye😂
Acha ulevi we petit nama vurugu sa zaku airport babiloni
Phil Peter wo murwanda na double Jay ahise amuhamagaza murwanda Reba video yose hano th-cam.com/video/JFAdk2E8Ovs/w-d-xo.htmlfeature=shared
Aba NyaRwanda bari hejuru Cyane kurushaa aba Rundi rwose
Ivyunguka tudasize kuruhande ubucuti
Ariko landry wagiye wifugira french ni kirundi gusa ko bitasebye english ukayihorera ko ntayo uzi ngo wreva to the wold?
Landry urasubiriye kuzana Abanyarwanda mu Burundi no kubagirira ama promotion kubutaka bw'Uburundi twarabizimije?umuntu akwishiremwo?nivyushaka?
UCA ukurako abonnement kwico kirofa Landry ARIKO akora propagande yabanyarwanda gusumba aba star babarundi
Twebwe mu Rwanda dushigikira umuntu werekanye ko Ashoboye iyo uje uririmba nkihene tuguta yahuzu double jey ntabwo witwaye neza kuri stage, waririmbye nabi, witwaye nabi mujye mukora Repetition igihe mwiteguye kujya mu bitaramo hirya nohino
Hama abanabo ko babakiye nuko bazi kuririmba neza?! Ko batabimye micro?! Nuko bazi kuririmba cane?! Umuntu ukwari kose surtout umushitsi umuha respect akwiye birya DJ nde yakoze nukutagira ubumuntu
@@delacycyuvuze ukuri
Ziba wakirofawe ntitubakeneye iwacu uwabazanye bazobicira hamwe kukobose nibirofa nkawe😅😅😅
Iyosarubeti wap kwl
Bad boy wapi😂😂ntakirimwo
None abo baciyeh konunvise ngo barugay cank babugariyeko😂😂😂😂😂
Aba baj kuv kera
Murasubiriye kuzana ubobagome muburundi 🤭🤨😡😠
They use you to gain fame in your country
Double ndagukunda ariko barakabona bagukoreye birya murwanda, kubona uja gukorera ubusa mwarisuzuguje kandi wigize igitebo bakuyoza umwavu, rero barakuyoje umwavu, ehe rero ubwenge buke bwawe aho bugera urasubiye guha collabo ibirofa
Double jay wew ntakwiyumvira ugira no ne nkivyobinyendaro ubuvanahe zimya ivyobirofa😏😏😏😠😏
😅😅😅😅
Randry Promoter Arimuvyunguka
Mbeko imipaka yugaye abanyarwanda bagarutse muburundi
Kugirante,babuziyo bashora imiziki yabo