ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Iyo égoïsme ivanze n'urwanko n'inzigo muzobijana mw'ijuru rya nde?? Nimba atari iry'Umwami wacu Yesu Kristo. Hama ngo muvuga Ubutumwa bw'Amahoro mwarabujije médias zose ko zikora, bituma n'abari hanze bahora bikurikiranira ibiriko birabera mw'Ishengero mu gihugu batabikurikirana. Nimutihana iyo nzigo muragowe simbabesha. Événement nk'iyo ntiyari iyo kwigungirako!