ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Gusto ndakwemey wishuy nkumugabo Imana ikuje imbere melanin boy
Voice ya melanin iranyica, amahigwe nawe hanyuma bizocamo, mista aye atange imbabazi twaramwiyumviriye nabi , 😢😢
Abo ba tip ba WE love muzika Bari trop professionnel Imana ibandanye ibahezagire
Arakoze kuduha umuco kandi dj Fernando atubabarire twari twamwiyumviye nabi kubwo kubura umuco GS nyen gusto turamukunda kukuntu yicisha bugufi yivugira mâke Kure cane niho tubipfurije kugera GS imbabazi nyinshi twebwe abafana kuri Fernando 🙏🙏
Oooolala komeza mélanin boy aka Gousto turakwemera
Uwomuhungu vrt Imana izimuhe umugisha
So niceeeee
Uradutahuj nez twar twavyimvy imitima ahomur mwubahwe Can Ami plo naw wubahw kuturuhur imitima kuk twar twavyimvy kbx Sawa Gusto
#Gusto❤👊🏿
Irambire mbakunda cane kure nihombifurije
Tellement professionel
Kwel brother ndakomeye sana urumugabo kuba atashari
Gusto uzoshika kure saannaaa.. ufise umutima uciye bugufi🎉🎉🎉🎉
Melan ❤❤❤💯
Biratahuritse bwanaa mélanine
Gasa kaba utagiye vyaratubabaj can ariko nukwihangana
Waooo uvuz nez nari nababae Sana knd ndaryohew kk mbakunda mwese
Arishuye neza...aba bahungu baratekanye....gusa abanyafrika biragoye kotwemera ikintu ciza kocoguma kiryoshe....des fois tunavyita ubulozi😂iyo habaye nibitameze neza nugushigikirana...abo bahungu baratoye kubana neza kubwabo wogira harabo bibabaza...tubashigikire ahubwo...Isi iragoy ariko twoyibako kubera uwahadushize arakomeye gose...Twese hamw dushigikirane
❤❤❤
Komeza
Vyiz can
❤❤
👏👏👏👏🇧🇮💯🙏
Muta gusto naho ntumvikirundi ndagufana
hahaaa
Millanin
Nuko nawe atabibeshuje kenshi gashoboka
Gusto ndakwemey wishuy nkumugabo Imana ikuje imbere melanin boy
Voice ya melanin iranyica, amahigwe nawe hanyuma bizocamo, mista aye atange imbabazi twaramwiyumviriye nabi , 😢😢
Abo ba tip ba WE love muzika Bari trop professionnel
Imana ibandanye ibahezagire