URUPFU NTI RUKINISHWA IVYOBASHAKA NGIVYO BIRABAYE 😭😭😭

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • norasque Ntare VI whp +267 72 09 60 80

ความคิดเห็น • 24

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951 11 หลายเดือนก่อน

    Norsque ndagukunda ariko iyo titre irampabuye yvan niwibereho wongere ubeho imana ikwongere imisi yukubaho ubeho urababaye

  • @adamoman4966
    @adamoman4966 11 หลายเดือนก่อน +2

    Pol Sha Yvan vyarambabajepeee imana iguhe gukora ivyawe kk wak numurirope na tm erico yaratayaromoka 😭😭😭😭

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 11 หลายเดือนก่อน +2

    Yvan niwibereho Imana iracagufiseko umugambi🙏🙏🙏

  • @tescomo8353
    @tescomo8353 11 หลายเดือนก่อน +1

    Nukur
    Jewe
    Mubanyamakur
    Bos
    Nabony
    Niwe
    Mbon
    Anafis
    Numutim
    Wimpuhw
    Akes
    Ndamwank
    Nakanyum

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 11 หลายเดือนก่อน +1

    Yvan niwibereho utababaye

  • @Minain-nf6iy
    @Minain-nf6iy 11 หลายเดือนก่อน

    Yva nukuri ico nogusaba kora ibishobika vyose ukore vyawe nukuri imana ibigufashemwo abantu bibimenyasha makuri bose mukorana barakwanka cane ntanumwe jewe ncemera wirinde abo bantu banyu nabagome cane jewe narababajwe nukuntu bagiye kukurondera mubapfuye kandi uri muzima nca nibuka yesu wenye ubwiye abwira abantu ngo niki muronderera umuzima mubapfuye jewe abarundi naraye ndabanse kubwawe

  • @nimbonaevelyne9421
    @nimbonaevelyne9421 11 หลายเดือนก่อน

    Gukorera uwundimuntu birimwo agasuzuro pe imana ikuje imbere uronke akazi keza

  • @vyukusengechantalchantal8899
    @vyukusengechantalchantal8899 11 หลายเดือนก่อน

    Mpore kweri imana iracakurinze

  • @JohnpaulMukerandanga
    @JohnpaulMukerandanga 11 หลายเดือนก่อน +1

    Sindakubecha.barakwank.kwer.

  • @deborahofficial6154
    @deborahofficial6154 11 หลายเดือนก่อน +3

    None iyo title washaste gushika kuki? Yva urakaramba ❤

    • @AssiaClaudineMukaremera-3066
      @AssiaClaudineMukaremera-3066 11 หลายเดือนก่อน +1

      Ivyabamenyeshamakuru wobishobora ibiganiro bakora bitandukanye nivyo bandikako

    • @deborahofficial6154
      @deborahofficial6154 11 หลายเดือนก่อน +2

      @@AssiaClaudineMukaremera-3066 nihatari wanj

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 11 หลายเดือนก่อน +1

    Pol😅😅😅

  • @cedrickyvan4063
    @cedrickyvan4063 11 หลายเดือนก่อน +1

    Wibereho yvan hataragera ntuzopfa

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 11 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂

  • @michelineirakoze-oh1dh
    @michelineirakoze-oh1dh 11 หลายเดือนก่อน +1

    🤣🤣🤣🤣🤣

  • @FAFABurundi
    @FAFABurundi 11 หลายเดือนก่อน

    Urazi umuntu ukorera ntaguhembe ko usanga ashisha Yvan nawe uvuge impamvu umuntu akurondera ntiwitabe

  • @nshimirimanaalexis
    @nshimirimanaalexis 11 หลายเดือนก่อน

    Jewe ntare wanshishe wanditseko yapfuye nawe upfuye ntibo guhamba ujeyo🤔

  • @belysehategekimana6216
    @belysehategekimana6216 11 หลายเดือนก่อน

    Imana niMana disi

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj 11 หลายเดือนก่อน

    Ihangane. Ubabarire satanic yariyabagendeye

  • @Darcy_3P
    @Darcy_3P 11 หลายเดือนก่อน

    None solution man urazotuzanira urya Muganwa Kent atubwire neza uko vyagenz

    • @user-pi4ib7ql4d
      @user-pi4ib7ql4d 11 หลายเดือนก่อน

      Ngo ngivyo birabaye ico mushoboye nuguhabura abantu gusa ibereho mwiza wigihugu

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 11 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂