Hon. SINDAYIGAYA ati: Mushaka ko dusinyira ama Dollar 💵nayo twama tusinyira mukaronka tutamenyiyaja?
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 16 ก.ย. 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Domination ntiyobura mugihe mwishirahamwe muzoba mukoresha amahera mutazi iyo yavuye.
Ekamuramenyiyajakweri
Turasefi😮
😊😊😊ntanyishu ugira nubakurekewugure
Hahahhahahahhahahhahahahahahaha nubwo tutazi ayaza iyaja…
Inama nshingamateka n'a sénat vyuzuyemwo abatahejeje primaire barenga 80% Uburundi bwonyene
Ukonuguta. Umwanya. Ivyo uwomushikiranji. Avuga.ntanyungu.twokuramwo
Yemwe, vyakugoye gusigura minitre. G7😮, Yewe nimwite mukagizi!
Vyukuri uvuze ko mundero twateye, nukuri uruvugira abana biwawe biga muri za internationale nayubundi iyaba biga aho abandi bana ba nyarucari biga, ivyo ntavyo uburiko uravuga
Navyo
Mbega mwebwe twashize imbere nkabashinga mateka obeyeri twebwe abene gihugu batobato idufashiki
Kuva mandat yambere ya Gahini Nkurunziza nuheranye cotisations nyinshi kuko UE itongeye kubishurira babonye muri ibisuma vy ibiguugu..
Kuva mandat ya 3 toutes les organisations baciye babomora murangara... Vugisha ukuri mwaromowe kandi mumaze gusaba henshi kwinjira muzindi organisations babirukana nkakanuka kuko muri imbwa zivyangazi en plus ibijuuju bitize..
Nibatubarize ober amahera baduzabatwicisha inzara
Sepei kuyivamwo Nisawa kuko ifata abanyafrika bushe obama bushe iraki siriya ribiya
Uyundi muntu akenewe gutumwakoo numushikiranganji winndero, vyukuri Vraiment umuntu azi akamaro kishure akubahuka ngo unguruzwa, basha ivyo jewe ndabibonye nicwa nagahinda
Nihatari
Ababagabo nihatari barakingirana haribanga babikiraniye
iki kibazo umushikiranganji cerekeye ama dollars atamenywa iyajza aragisondetse mucishura ! amadoraro muramenya iyaja ! mon oeil!
Mube mureka kubesha abantu bakuze mwa mihimbiri mwe zabaja.. Mwakumiriwe muri vyose kubera l' UE aritwe twabarihira toutes les cotisations dans toutes les organisations murimwo or aho gukora ivyabandi bakora mwinjiye mwiba gusa , muzana des membres illettrés bibisuma nababeshi musaba ingurane nini cane , 700,millions de dollars ntimurayasubiza gushika n' ubu .
Nikihe gihugu
Leta zose zitwarwa nibijuuju bitagira un seul diplôme universitaire ? Uburundi bwonyene
Ikihe gihugu Sénat n'a parlement bitwarwa nikirofa kitagira n'a certificat ya fin des humanité ? Umugambwe utwarwa n' imbwa itagira n'a niveau primaire ? Uburundi bwonyene..😂😂😂😂
Police n' igisoda bitwarwa nibimuga mumutwe bitize n'a secondaire kurugero rwa 70%
Ukuyemwo abz Juifs Tutsis usigarana ababoyi n'abikorezi bafise grades zaba généraux 😂😂😂😂😂
Imigambi muvuga niyah ikoregwa hehe kwatay tubona .hemw uwob abizi iyomigambi barata ninde ayizi atubwir .
😂😂😂😂 Ngo ibindi bihugu bagera muri 5ème n'a 6ème batazi gusoma nokwandika ha ha ha Ibi vyose avuga c'est exactement le contraire de la vérité.
Mu Burundi niho bagera no muri kamuniza aribiguugu biguuguta 109%
Mbe tuje kure ?
Nikihe gihugu bakibaha bourses d' études ? Kimwe gusa ntakibaho Zéro
Ôla la a mundero ngo mwateye imbere ivyana vyanyu vyiga bisutamye hasi kwivu ? 😂😂😂😂
Muri Kamunuza bama basaba ko atarundi rurimi bumva atari i kirundi ? 😂😂😂😂
Mbe yemwe aba barozi bazukurutse he ?
Aho nyene wicaye iyindimbwa iherutse kuvuga ko Kaminuza y u Burundi ihagaritse restaurant n'a logement kubera vyose vyaboze , même les locaux ari umunuuko gusa les amphithéâtres ntawukivuga ni WC gusa 😂😂😂
Indero avuga bateyemwo imbere niyihe ? Que Dieu vous maudisse davantage abahutu muragashira mwangara mwarasaze
Ha! Sokwe!: niruze::""turashize"""=== UBUMERA MUNGASIRO
😂😂😂😂hariho abagabo binryamunyu kabisa yes mrci Honorable mwemubaza ibibazo nkivyo mudatinya igicure
Ivyovyumushikiranganji nububeshi
Ibibazo vyabarundi mutabitoreye inyishu ubwanyu abarundi sinibazako haribizozakubatezimbere bivuyehanze never nimureke guhendabarundi
Nabo ubwabo ntamahoro bagira MBE bazozakuyaduha gute
None mushikirangaji umucer wanyuma wabakene ugugwa ikiro4500 nikokubaho neza? Ibitoro vyvyo ntaco nvuze bwarafutse umunwa
Abahutu mwaremwe sans cerveaux birazwi.
Ngo twinjira muri organisation zitavuga ibihano n' ujutungane ahubwo twishakira iziviga ubutunzi twironkera gusa..😂😂😂😂 None munyumvira bimeze gute ? 😂😂😂
Mureke kutdusubiza inyuma mubwigenge bwacu.Inzo mfashanyo zituma tuguma turi inyagano z'abazungu!Mubireke rero igihugu c'ubakwe na beneco!Abaza nabo ntibadufate uko bashaka ariko twubahana kandi ari gukorera hamwe kugirango twese dutere tuja imbere!
Imfashanyo zirakenewe kuko ntahihugu nakimwe kw'isi cikijwe, n'umwami yaratiye urushinge ...
Uyu mugabo yibaza KO abarundi tur ibijuju nkic camadorar. Yibaza KO ngah yishuy
Vyukuri uvuze ko mundero twateye, nukuri uruvugira abana biwawe biga muri za internationale nayubundi iyaba biga aho abandi bana ba nyarucari biga, ivyo ntavyo uburiko uravuga