Nitwa Pasteur Jean de Dieu NIYITEGEKA ndi mu RWANDA ,ndishimye kubwababana bacu kuko narinziko bagera mumahanga bakihindura bakigira abadashibotse,ariko ndabona ba bambaye ishusho ya sebuja wabahamagaye.
YESU ASHIMWE MUKOZI WA YESU JEAN-DE DIEU UMWAMI YESU ABAMPERE UMUGISHA NANJE NDI UMU MAMAN IMANA YAGIRIYE NEZA MBA EN FRANCE KANDI NANJE NAGIMYE NDI NATURELLE YESU ABIHERERWE ICUBAHIRO
Imana,Ibakomereze,amaboko,ntimuze mwivange kuko Data ntahinduka niwawundi nyene natwe turi cape town, Africa yepfo turi kukivi.nubwo bitoroshe gukorera ,Imana mumahanga,ariko,ntizobura,uko,Ibigenza, nuko mukomere mu Mwami nti munyiganyige
Wow, je ne savais pas que notre église avait autant de Christs au CANADA comme ça, prenez courage et évangélisons aux quatre coins du monde, Jésus vous exhortera.
Ba Daniel ntibigeze bifatanya n'amahanga, bigumiye ku Mana yabo maze bagenda babona ukugira neza kw'Uhoraho. Namwe mwamane imigabo yo kutihumanisha ikintu nakimwe ngo mwibagire urugendo
Ego kabisa abayakobo ntibazigera baherengetera kabisa Yesu abahe Umugisha abahishe mumababa yiwe hari uwabivuz kabisa biragoye gukorer Imana uri mugihugu giteye imbere nkico encore en tant que Jeune kuko ivyo kwirekuramo ni vyinshi ariko tubasabiye kuramiriza kuko inyuma yububuzima harih ubundi ntiduhombe rero ubugingo butazoshira😭😭🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏muhagarare neza mugikorwa canyu🤍🤍🤍🤍❤❤❤❤❤🖤🖤
Turavye ingene batinyagaza,womwengo ni aba Pentecôte,uravye ingene bikora,umwengo ni abakatolika,ariko wumvirize indirimbo uko zimeze,umwengo ni Abo muri Bon berger.Donc,barayobeye.
Nitwa Pasteur Jean de Dieu NIYITEGEKA ndi mu RWANDA ,ndishimye kubwababana bacu kuko narinziko bagera mumahanga bakihindura bakigira abadashibotse,ariko ndabona ba bambaye ishusho ya sebuja wabahamagaye.
YESU ASHIMWE MUKOZI WA YESU JEAN-DE DIEU UMWAMI YESU ABAMPERE UMUGISHA
NANJE NDI UMU MAMAN IMANA YAGIRIYE NEZA MBA EN FRANCE KANDI NANJE NAGIMYE NDI NATURELLE YESU ABIHERERWE ICUBAHIRO
turabakunda cane ariel ubundany ukurira mumana i am your cousin in bururi
Ibururi he Delphine?
Imana,Ibakomereze,amaboko,ntimuze mwivange kuko Data ntahinduka niwawundi nyene natwe turi cape town, Africa yepfo turi kukivi.nubwo bitoroshe gukorera ,Imana mumahanga,ariko,ntizobura,uko,Ibigenza, nuko mukomere mu Mwami nti munyiganyige
Mbega burya Hariyo ugwaruka rungana nkukwo Excellence mes collègues !!! (Continuer coe celà)
Yesu abahe Imigisha mugume uko mwahamagawe Bene Data❤
Abaheburayo bigumiye ku Mana Yabo.
Namwe mwigumire ku Mana Yanyu
Be blessed
Ameen
Ndabakunze caneee natwe turabashimiye canee
Yesu abahezagire muriyo corale harimwo umugenzi wanje yitwa cathare mumundamukirize
Imana ibahezagire abana beza cane batihindura imibiri yabo muze mwigumire uko muribeza
Oue Dieu vous bénisse mes freres et soeurs
Que Dieu Vous benisse vous nous avez benis aussi, je vous suis depuis la Zambie.
Amen
Ndabakunze bakobwa ba Kristo ukuntu mwambay mukikwiz nivyo birimw mw'ivuga butumwa murampimbay cn mukomere ntimunyiganyig kk ubutam bwany atar ubw'ubusa mu mwami
Muraberewe peee,mukomere mu Mwami Yesu Kristo
may God abakomeze mubandanye mumenyekanisha Imana
Je suis béni,je vous suis depuis Burundi.
Voilà mon cousin désiré sois béni
Que Dieu ton benisse
Oooooh, Umwami YESU KRISTO YAPFUYE AKAZUKA ABAHEZAGIRE AMAJA N'AMAZA
Mukomer mumwami Yesu kristo no mumahanga gukorer Imana biremera
Muri beza cyane IMANA ibahe umugisha.
Je suis tres heureux de vous
Wow, je ne savais pas que notre église avait autant de Christs au CANADA comme ça, prenez courage et évangélisons aux quatre coins du monde, Jésus vous exhortera.
Our Lord Jesus bless you so much and extend your bounderies. Genesis 15:6
Amen
Amahoro❤❤ ico nshikana Aho hantu kweli
Mwarahezagiw ❤ mugumeko ntimwihenz🎉
Imana y imbabazi ibasange mumbabarire! Byarandenze.
Nanjye pe❤
Soyez fortement bénis serviteurs de Dieu!!!.
Ba Daniel ntibigeze bifatanya n'amahanga, bigumiye ku Mana yabo maze bagenda babona ukugira neza kw'Uhoraho. Namwe mwamane imigabo yo kutihumanisha ikintu nakimwe ngo mwibagire urugendo
Imana ibahezagire cane.
IMANA izibazigame izibakomeze benedata dusangiye urugendo
Mumahanga barasenga Imana ihabazigamire
Yesu abampere umugisha
Je pouvais pas imaginer qu'il y ait une aussi belle église de Christ
Je béni le seigneur jésus christ pour vous❤
Zirahari mwenedata
Amen
Amen
Que Dieu vous bénisse abondamment
Que Dieu vous bénisse
Que Dieu le tout puissant vous bénisse un autre jour nous serons ensemble dans le royaume de Dieu
Imaan ibahezagireee cane ncuti z'umusalaba tuzobonanira iwacu mw'ijuru
Que Dieu Vous bénisse et vous protège
Imana ibahezagire canee
🙏 🙏 🙏 🙏 Imana Ibahezagire
Imana ibahe umugisha
Enchanté vraiment
HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUAAAAAAAA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵
Imana ishimwe cane,ikomeje kwagura umurimo wayo
Amen
turabakunda mu rwanda
❤❤
Et finalement c'est bururi et mwaro
Imana iba komeze kugeza kumpera yisi
Amen Amen.
Egome Yesu birakuberey
Muhezagigwe cane mwarahezagiwe,ndabakunze❤
Amen
Ego kabisa abayakobo ntibazigera baherengetera kabisa Yesu abahe Umugisha abahishe mumababa yiwe hari uwabivuz kabisa biragoye gukorer Imana uri mugihugu giteye imbere nkico encore en tant que Jeune kuko ivyo kwirekuramo ni vyinshi ariko tubasabiye kuramiriza kuko inyuma yububuzima harih ubundi ntiduhombe rero ubugingo butazoshira😭😭🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏muhagarare neza mugikorwa canyu🤍🤍🤍🤍❤❤❤❤❤🖤🖤
Imana ishimwe cyane kandi ibahumugisha mwinshi
.Que Dieu vous aide et vous fortifie
Birancantse. None Urwaruka rwo muri Canada baririmba ikirundi?
Nabarundi Bari Canada ariko nabandi barimo ariko je pense k ubutumwa bwavuy hin Afrik
Yesu nabahezagire mubutumwa muguma muduha
Imana ishimwe kubwo urukundo idukunda nukuri
Amen❤
Voyez comment cette congrégation est typique à celles de l'Afrique ! Que j'aime ça !
C'est bel et bien une génération de l'Afrique.
Mbega byiza
Adresse ya Pentecôte Ottawa mwodu partagea ahariho Murakoze
81 Rue Jean-Proulx, Gatineau, QC J8Z 1W2
81 Rue Jean-Proulx, Gatineau, QC J8Z 1W2
Nimuntumeko nizire twikomereze umurimo w'lmana
Que le Seigneur vous bénisse abondamment et vous fortifie!
Mika 7:1
Ameeen🙏🏽
Yesu ashimwe❤❤❤❤❤❤❤
Muhezagirw mumeze neza
❤❤❤❤❤
Umushats niw mwokosorak gatonya
Wapi baririmba somehow
Harimwo Naba stars??gusaaa nivyizaaa,,rek nsubir kumusarabaaa
Amena biramubeye uwiteka akwiye amashimwe ❤
Amen
Nuko batatubwiye:Ni Abo mw'idini irihe mu madini ari mu Burundi ?canke baravanze ?
Pentekote
Pentecote
Turavye ingene batinyagaza,womwengo ni aba Pentecôte,uravye ingene bikora,umwengo ni abakatolika,ariko wumvirize indirimbo uko zimeze,umwengo ni Abo muri Bon berger.Donc,barayobeye.
😂😂😂😂 n pentecote
Nyamara nibo pe. Ese mupinga mukurikije iki?
Abagatolika bikora uku urabateye iteka komera bane ba Kristo muri naturel
Barayobeye risobanuye vyinshi ariko ijambo ry'Imana rivug ngurabiriki akabango Kari mujisho rya mugenzawe utaravye iryawe ngo kandi ntugacir urubanza abandi nawe urwawe rukurindiriye🙏🙏🙏Muhezagirwe
Ikirundi ntimwibagira
Barikiweni vijana wa Yesu.
Abakristo ariko barasutse
Que Dieu vous bénisse
Amen
Amen🙏
Que Dieu vous bénisse
Amen 🙏