ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Film de l'année. félicitation pour le team
Turagukunda nono ❤ukina nez🥰❣️💞🧡💛💛💚💙💜🤎🖤🤍💝💘💗💕💓💯💋💖
Nono arakina neza , ariko mukina udu partie dutoduto, Hama félicitations amasanamu ni Meza cane, Hama nono gerageza uze urafata Ubu sérieux, par exemple harya bagutahanye bagufashe kunguvu, uragomba kumera nkuwushaka gutwenga .... Mais félicitations
Nono ndamukunda disi akina neza cane 💪💪
Yesu weee numvagahinda kanyishe
Nono pôle sana Imana iguyabaree😭😭😭😭😭😭😭😭😭
No ihangane turagukunda cyane nukuri ❤❤❤❤😊😊😊😊
Ko ntanguy kurira kare 😢😢😢iyi filme irarizanya wallah
Yoooo ihangane disiiii
Yoo Nono courage maze ndakwikundira
😢😢😢
Courage bantu banje
love from talent wise media and don claudio ndagufana papa
Nono courage ukina nenz ndagukund mwiza gs sudhiramw ubu sèrieux bwishi mwiza 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Barawuciyengo utarika munda ugatarura ibiboze Iyo nono azakwitura abatware hakiri kare ibimubayeko ntivyari gushika ariko ndaguye ndagarutse nyabatware mbonye ha.!!!!! Uwuramvye azobona. Twibandanirize n'a Ep ikurikira.
Nono courage can mwana urashoboy vrema ukina neza cane🥰🥰mwubahwe muratwigisha
Courage sha Nonooo
Murachoboye ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage bah💃💃💃💪💪💪
Merci
Mwongere agashahara arashoboyee
Courage bana b'igihugu imber ni heza
😢😢😢😢😢😢
nanj kanunu ndagakunda gakina neza
Yo biteye agahinda
Love you from akawe comedy
Yoo nono ndagukunda nukur urashoboy❤❤❤courage mwana
The Friend Online Tv on support
Nukuri mwabikinye niza
Nono hejuru cane gose mwana mwiza urashoboye pe
Courage vraiment
Much love mukina nez cn
Nanje ka nono ndagukunda cn uko gakina icoma nkakabona kbx tukogera tugapana ukuntu twokinana nanje kuko nanje sazwe ndumu kinyi
Kanon karanryohey gakinan ubu serieuse vrmt karashoboy
Nono urakina kabisa courang bakogere akantu kand muduze umwanya kk mwarayiteguye neza
Nimwongeze umwanya😢😢😢
Courage non ndagukunda vrm
Très bien
Ntimumuhe uwemugabo ateyeubwoba
Ka Nono Kari très sérieuse,ndagakunda saana❤️❤️
Ego vrmt nanje ndagakunda❤❤❤❤❤
Ndabakunda
VT uw mwana arashoboy nanje ndamutey intègre ar muntango nzoza respect bono!!!!
Nono ❤❤❤ ndagukunda
Nono imana ize iguh iherez ryizaaa
Nono ndagukunda hamw nikuntu ukina
Ihangane dis😭😭
Ndabakunda cyane
Mbega agahinda ngize
Mukase wa Noël arara yambaye amarori n'a bandelasi murara mwambay amarori🤣🤣🤣
Nono uraziko gukina nagukunze peee courage
😭😭😭😭😭😭
Niyamberekoko. Irimwinyigisho
Vyamaho nono ihangane
Nono serieuse
Nono nd❤ cne
Ego mwan yes agukomeze mwan wanj
😢nimwakumva ukunu amarira anyishe😢😢😢😢
Big UP sana
Ngumwan wimuyinga?nihatar
Eg vrt akor ibimurimw ar nimpanCourage di non
Karatwika nibatwonger ubundi
Yooooo nono mpore 😭😭😭🙆♀️🙆♀️🙆♀️
Wubahwe bahebiyake❤
Uyumubabaro man
Number one
Nono urintari peee❤ courage
Birambaj Can nokurir ndarize bantu mufis abakubwa nukubab haf Can kuk ndumiwew namam rir. Mesh
Yooo itey amarira
Bamukase babantu.kumbe.nuko bameze 😢yesu acunge ipfuvyi
very good
Biebie ndabakunda🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤🎉😂😂😂🎉🎉❤❤😢😢😂🎉😢😂❤❤
Nyina wundi ntaba ari nyoko
Nono ukinaneza can❤❤❤❤
Nono ihangane😂😂😂😂😂
Nono byihanganire chr
Pamoja xan
Lovery nono ♥️♥️♥️
❤nono
Karetesa
❤❤🌹🌹
Shawe ndahabaye pe iteye agahind
Nono hjur cneee burnd duter imber❤
Murashoboye peeeee, Nono yihangane nta mvura idahita.
Courrage
Muze Mugabe muduhe part3 turayikeney
Courage nono
Nono🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣courrag❤❤❤❤❤❤
Part ya gatatu nayo ko jew ntayibona.ntirasohoka? Korumuti
Very Good ❤❤❤
Courage
Yes ✌️✌️✌️✌️
Good
Ariko muriko mugira uduce duto duto cne
sha muwomogor arafat umwan nab can kl
Amagorwa ntasiga ayandi
Oyaha iminot nimike cnee arko urworukecuru rwamarori rurashisha
Birababaje kd biteye agahinda
❤️❤️❤️❤️🔥🔥👍👍👍🙏🙏🙏
Ubuse ndahozwanade
❤❤❤❤❤
Nimuduhiyindi
💯💯💯❤🙏
❤❤🔥🔥🇸🇦🇧🇮
Bahe oy nawe nukur unduha gato 😢
Ooooh sawa! reka iyikurikira nzobaha ndende kabisa, mubandanye mudushigikira mudufasha no gupartaga ibikorwa vyancu. IMANA ibahezagire 🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻
@@xraybam Courage tubari inyuma
couŕàge ñonô
❤❤❤
😢❤❤❤
Nono ndamukund san

Eg vrt akor ibimurimw ar nimpan
Courage di non