IRYOSOZI RYA BLANDINE EP 8 MILY 😭😭😭BLANDINE ARATANZE UMUCO WOSE UHAV WISANGA WARIZE ALEXIS 😭😭😭

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • IRYOSOZI RYA BLANDINE EP 7 MILY 😭😭😭BLANDINE ARATANZE UMUCO WOSE UHAV WISANGA WARIZE ALEXIS 😭😭😭

ความคิดเห็น • 257

  • @AlexandreNzigamye-ri4ke
    @AlexandreNzigamye-ri4ke หลายเดือนก่อน +43

    Bakunzi ba Blandine munyaruke tuyirabe mundemere utu like

  • @joselynekezimana1824
    @joselynekezimana1824 หลายเดือนก่อน +25

    Abakunda iyi film nkanje mumpe like

  • @user-zy9jw7mo4o
    @user-zy9jw7mo4o หลายเดือนก่อน +14

    Delicia ikibazo afise s,icinda ahubwo yanka blandine ababibona mumpe like

  • @user-ip4pl1rk1y
    @user-ip4pl1rk1y หลายเดือนก่อน +26

    Ababo ako nabukwe wa Blandine yisize mumaso nokumunwa ibintu bishisha mumpe like

    • @fredericnkurikiye
      @fredericnkurikiye หลายเดือนก่อน

      Umenga ninguge uvyobintu yisize mabukwe wabrandune😂😂😂

    • @user-vu2iu7rv5s
      @user-vu2iu7rv5s หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂😂😂​@@fredericnkurikiye

  • @user-kx2qo6rr6u
    @user-kx2qo6rr6u หลายเดือนก่อน +11

    Nimunyaruke hagire hashe hatokombere abaza nyuma musige utuntu bashe muraziko dukundanye❤❤❤

  • @user-xy9qr1ks7y
    @user-xy9qr1ks7y หลายเดือนก่อน +19

    Abakunda blandine mundemere utu like

    • @francinGerome
      @francinGerome หลายเดือนก่อน

      Gacerea ndahageze je mfise igishika cokumenya aho blandin yakuye umugera mabukwe yikundira amaronko ntakindi😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-vw2qs1kf5z
    @user-vw2qs1kf5z หลายเดือนก่อน +11

    Mbaye uwambere ndasavye shimitse abazanyumazanj mugire icomunkoreye hama turabakunda❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @VianneyNiyonkuru-h3m
    @VianneyNiyonkuru-h3m หลายเดือนก่อน +13

    Asha ub ndatanguy kuza ndazinduk mpa like ndayigusubiza

  • @ElizaGusenga
    @ElizaGusenga หลายเดือนก่อน +17

    Nimutunyarukirize abotwumva kumwe iyi film mumpe like

  • @mykeke3255
    @mykeke3255 หลายเดือนก่อน +7

    Mbe basha
    Abakunzi
    Bi film za
    Sammy mwagiy hehe😢😢😢😢
    Muz hano tubasengere mugaruk

  • @JoyceSPARK10
    @JoyceSPARK10 หลายเดือนก่อน +6

    Courage gus rer ivyobint vyokuza murariz Blandine mubihagarike pee guk agumyarir natwe twisanga twarinze😭😭😭😭😭🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳

  • @Aline-fl7sp
    @Aline-fl7sp หลายเดือนก่อน +5

    Iyi rôle ya Delicia irerekan neza ba belle soeur bamuntu uko bateye😮

  • @agathemichelle238
    @agathemichelle238 หลายเดือนก่อน +9

    Mwakoze kutinyarukiriza ❤❤❤ Abaza munyuma zanje musige izo like

  • @user-lb3wh4sw8d
    @user-lb3wh4sw8d หลายเดือนก่อน +8

    Uyumus mbay uwagatat abaz munyum mushirirek mur bwabumw🎉🎉🎉🎉🎉

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 หลายเดือนก่อน +3

    Courage 🎉🎉❤❤

  • @MmMm-hq8vn
    @MmMm-hq8vn หลายเดือนก่อน +8

    Nanj nkab ndahagez mbay 14 rekur tuhatwik🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-su2hj1qq4s
    @user-su2hj1qq4s หลายเดือนก่อน +5

    ❤❤❤❤❤❤ uwahafi mundemer🎉🎉🎉

  • @dorinengabireyimana8355
    @dorinengabireyimana8355 หลายเดือนก่อน +7

    Ndipfuzako episode ikurirkira yoza mwamenye ukuri Blandine akaruhuka

  • @NzeyimanaConsolatte
    @NzeyimanaConsolatte หลายเดือนก่อน +1

    Courage film iracafise intumbero yukuriza Blandine

  • @user-zy9jw7mo4o
    @user-zy9jw7mo4o หลายเดือนก่อน +2

    Nukuri maman Delicia ndamwanse n, umutima wose

  • @OdrineNdayikengurukiye
    @OdrineNdayikengurukiye หลายเดือนก่อน +1

    Courage iraryoshe cane mutunyarukiriza❤❤❤❤

  • @M-du5cl
    @M-du5cl หลายเดือนก่อน +4

    Nimuyizane beza bacu ❤❤❤❤

  • @user-yu5sp8wk8h
    @user-yu5sp8wk8h หลายเดือนก่อน +2

    Nari ndayikumbuy pe
    Blandine wacu wubahwe ukina neza

  • @user-xx3pi4on5h
    @user-xx3pi4on5h หลายเดือนก่อน +4

    Ndabikundira cn peeee❤

  • @user-uq9jr5li9y
    @user-uq9jr5li9y หลายเดือนก่อน +1

    Abakunz biy film mwihanure bigend gut ngo abant nareng 20 baseball Amalik gusa ataciyumvir nakimwe batererey abavukany bacu!!!sivyiza so ham brandine courage birik biraza arik ukomez guseng Alex nawe usubize ubweng kugih apana kugum wumviriza amabwire yamushikaw umviriza umugore waw ham wicare ubaz umutim apan abant turabakund can🎉🎉🎉

  • @belywizey2002
    @belywizey2002 หลายเดือนก่อน +1

    ndab❤ cnee❤❤❤ uwushaka akandi gace uyumusi nyene musige like

  • @AliseAlise-cg7lr
    @AliseAlise-cg7lr หลายเดือนก่อน +3

    Courage

  • @DeliciaNikuze
    @DeliciaNikuze หลายเดือนก่อน +1

    Umwandits mwza reo sasa Mr Sammy🙏 amashurw nayae kl💐💐💐💐 murab muyinyaruts trayishonj

  • @user-zz4bw4bh4r
    @user-zz4bw4bh4r หลายเดือนก่อน +4

    Nanjye mbaye umunyarwanda wa mbere

  • @user-ei9zz1gs7k
    @user-ei9zz1gs7k หลายเดือนก่อน +2

    Iy film yatanguy iryosh ark Ubu mbon itakiryosh navuge Aho yakuy uw mugera

  • @divinemugisha987
    @divinemugisha987 หลายเดือนก่อน +3

    Ego disi mutudyohereze umusi❤️

  • @niragirabrabraniragira-ek4bz
    @niragirabrabraniragira-ek4bz หลายเดือนก่อน +1

    Yoooo Blandine wakiny film nez kbx xo vub cyan muduh s 8

  • @mykeke3255
    @mykeke3255 หลายเดือนก่อน +6

    Ndazindutse muga
    Iwanj
    Izakuguruka
    Sambiri zijoro 45mn
    Mbendakubura munshikire
    Ahasanen
    Mutibagira Link🎉🎉❤

  • @IteritekaNice
    @IteritekaNice หลายเดือนก่อน +1

    Mana weee Arik abavyey bamez nk mama delicia vrt baragow blandine komez kwihangan ntamvur idahit

  • @AisuperLove
    @AisuperLove หลายเดือนก่อน +2

    #Delicia ndamufana gose 🔥🔥🔥 Shout out to Her
    Abantu twihangana nka #Blandine tumenyane
    #Sammy ngo kwihanaguza essuie main wosama?😂😂😂
    Ko mutwandikie Watch out Party9 kandi duhejeje7 iya8 Murayisimvye!!!
    Love from #Aisuper💓

  • @dieudonnehakizimana4786
    @dieudonnehakizimana4786 หลายเดือนก่อน +1

    Courage sha🎉❤🎉🎉

  • @user-pq2rf6dp4h
    @user-pq2rf6dp4h หลายเดือนก่อน +1

    Nice❤❤❤❤

  • @Souavisel86niyizigama6
    @Souavisel86niyizigama6 หลายเดือนก่อน +1

    Blandine navigue ahoyakuyumugera. Alexis naw amutahure

  • @mwaminiiranzi
    @mwaminiiranzi หลายเดือนก่อน +2

    Ndimaso❤❤

  • @JoyIrinikigonwe
    @JoyIrinikigonwe 9 วันที่ผ่านมา

    Sinzimpamvu nisanze ndi kurira😢😢😢

  • @AliceTuyisenge-t2r
    @AliceTuyisenge-t2r หลายเดือนก่อน +2

    Turayirindirany igishika ❤❤

  • @user-xh3cc7yp6o
    @user-xh3cc7yp6o หลายเดือนก่อน +2

    Uyumunsi nanje mbaye uwa 52 mumpe like ❤❤❤vmt

  • @user-ou4ht9sg5h
    @user-ou4ht9sg5h หลายเดือนก่อน

    WemiLi ubususu bigiy kugendaaaa😂😂😂😂😂😂 none ase vt tuzohabwa shooooo nandeeeeee😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @user-go8ru4hq9u
    @user-go8ru4hq9u หลายเดือนก่อน +1

    Nice movie❤️❤️❤️🙏🙏🙏

  • @vanessairakoze1880
    @vanessairakoze1880 หลายเดือนก่อน +1

    😢😢😢 blandine rab useng cane

  • @JeanboscoNiyomwungere-r4r
    @JeanboscoNiyomwungere-r4r 17 วันที่ผ่านมา

    Nimwubake nk blandine mwihangane nkawe

  • @user-mu1rl6uj5m
    @user-mu1rl6uj5m หลายเดือนก่อน +3

    Uyumus mbay uwakan abaz inyum mumpe amashurw niryamber mbay mubamber kbx

    • @habonimanamumanitha5030
      @habonimanamumanitha5030 หลายเดือนก่อน

      Jew.shaka.ko.aregisi.yomenyukuri.akareka.kuryagagura.umugore.

  • @keysejhzhd3849
    @keysejhzhd3849 หลายเดือนก่อน +2

    Karesha umwanya ❤❤

  • @samueltvburundi1820
    @samueltvburundi1820 หลายเดือนก่อน

    Épisode y'7 katayirimwoooo

  • @MunezeroLalissa-kn1ft
    @MunezeroLalissa-kn1ft หลายเดือนก่อน

    courage bcp bakunzi❤❤❤❤

  • @IbrahimBarasa-ps5kc
    @IbrahimBarasa-ps5kc หลายเดือนก่อน +1

    Courrage

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹aya yose nayanyu

  • @user-kz5xy9vk2r
    @user-kz5xy9vk2r หลายเดือนก่อน +1

    Abacerew munyaruke

  • @NonoNono-px2nx
    @NonoNono-px2nx หลายเดือนก่อน

    Courage bantu banjeu❤❤❤

  • @user-bg8qi9cx9w
    @user-bg8qi9cx9w หลายเดือนก่อน +1

    Rekana n'a Delicia aracarumukibwa uzoyivyara

  • @user-mq5bi2yl8d
    @user-mq5bi2yl8d หลายเดือนก่อน

    Waooooh vyiza ndabakunda cn

  • @GerardNdayisenga-hj5vo
    @GerardNdayisenga-hj5vo หลายเดือนก่อน

    Ark blandine kusigay usa nabi ni film iri kubitera ark ihangan ntamvura idahita.

  • @KwizeraConsolate
    @KwizeraConsolate หลายเดือนก่อน

    Hhhhhhh harahiy ka Miri 😢😢😢😂😂 koma

  • @InnocentShukulu-h4g
    @InnocentShukulu-h4g หลายเดือนก่อน

    Courage Sammy naje ndshak collabo

  • @user-db5iv9wy9c
    @user-db5iv9wy9c หลายเดือนก่อน

    Nta7 mwaduhay mug ❤❤❤😂

  • @Cycy129
    @Cycy129 หลายเดือนก่อน +1

    Namwe murazinduka kwer😂😂😂😂

  • @ondndkddkddk4612
    @ondndkddkddk4612 หลายเดือนก่อน +2

    Miri😢😢😢😂😂😂

  • @AubinITEKA
    @AubinITEKA 23 วันที่ผ่านมา +1

    Murabakinyi kbc

  • @GerardNdayisenga-hj5vo
    @GerardNdayisenga-hj5vo หลายเดือนก่อน

    Ariko anitha urumwan mubi mwenanyok mushirimber imitungo ya musaza wanyu mukumuterany numugore murabagom puuuuu ndabank

  • @lilpblackofficial9950
    @lilpblackofficial9950 หลายเดือนก่อน

    Wow abakobwa nka Milly nivyiza kuza barabuko😂😢😅

  • @ghffcfggffg6083
    @ghffcfggffg6083 หลายเดือนก่อน

    Courage ❤❤❤❤❤❤❤😂

  • @MatheMathe-cg8nw
    @MatheMathe-cg8nw หลายเดือนก่อน

    Vyizacan iraryoshe komez muduhizind turabakunda❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @arikibok4735
    @arikibok4735 หลายเดือนก่อน +1

    Courage ❤❤❤❤❤

  • @uwizeyimanadancira8703
    @uwizeyimanadancira8703 หลายเดือนก่อน +2

    Ndahageze nubwo bantanze ntaco 😂😂😂

  • @user-cx4hn9iq2c
    @user-cx4hn9iq2c หลายเดือนก่อน

    Courageux

  • @NoellaMusavyiwayezu
    @NoellaMusavyiwayezu หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂samy aranyegue ngo inanga😅😅😅mukama arannyegue😊😊

    • @mariesolangeirangabiye8023
      @mariesolangeirangabiye8023 หลายเดือนก่อน

      Nsomye commentaire yawe samy avuze inanga🤣🤣🤣🤣🤣🤣 agatwengo karanyishe😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @mariesolangeirangabiye8023
      @mariesolangeirangabiye8023 หลายเดือนก่อน

      Nsomye commentaire yawe samy avuze inanga🤣🤣🤣🤣🤣🤣 agatwengo karanyishe😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @NoellaMusavyiwayezu
      @NoellaMusavyiwayezu หลายเดือนก่อน

      @@mariesolangeirangabiye8023 😂😂😂😂subiramw wumve hokuvug nukur samy araryosh film kukirundi ciwe

  • @reemaalwad3ani616
    @reemaalwad3ani616 หลายเดือนก่อน

    Milly tamu tamu irakugwaje umugera😀😀😀😀😀😀

  • @EvrardMunyembabazi-ko4tf
    @EvrardMunyembabazi-ko4tf หลายเดือนก่อน

    Mr Sammy AG tam tam karakoze ibara emera niyawe

  • @NdayegamiyeEric-pw9po
    @NdayegamiyeEric-pw9po หลายเดือนก่อน

    Mimi nayabone IMANA ihorihoze

  • @elyseNzambimana
    @elyseNzambimana หลายเดือนก่อน +1

    Naho nacerewe reka ndabe

  • @user-ll4fz3jm5c
    @user-ll4fz3jm5c หลายเดือนก่อน

    𝒞ℴ𝓊𝓇𝒶𝓰ℯ 𝓂𝓊𝒷𝒾𝓀ℴ𝓇𝒶 𝓃ℯ𝓏𝒶❤❤❤❤❤❤❤ℬ𝓌𝒶𝓃𝒹𝒾𝓃ℯ🎉🎉

  • @vyukusengejoici-uv6sx
    @vyukusengejoici-uv6sx หลายเดือนก่อน +1

    Ndazindutse uyumusi❤❤❤❤❤

  • @user-kz9qb8qe1h
    @user-kz9qb8qe1h หลายเดือนก่อน

    Courage blandine ❤❤❤❤❤

  • @user-zk8mi9uf3w
    @user-zk8mi9uf3w หลายเดือนก่อน +2

    Nimuduhe ayacu mwashurwe tuje mbere

  • @cynthiaburundi5116
    @cynthiaburundi5116 หลายเดือนก่อน +2

    Uyumusihashakoko❤❤❤🎉🎉🎉✨✨✨🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤝🤝🤝🍦🍦

  • @laissayvonne8146
    @laissayvonne8146 หลายเดือนก่อน

    Kanyana ihangane urikwishuri ibyobarikugukorera nyagasani azaguhorera

  • @belywizey2002
    @belywizey2002 หลายเดือนก่อน

    muduhakandi gace❤❤❤

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951 หลายเดือนก่อน

    Milly none ntiwavuzeko amafaranga atabugenzi bubamwo😂😂😂😂😂

  • @patoran257
    @patoran257 หลายเดือนก่อน +1

    🎉❤❤❤❤

  • @willyntahomvukiye2622
    @willyntahomvukiye2622 หลายเดือนก่อน

    Blandine warigorewe pe!! Mwubahwe sana turabemera

  • @reemaalwad3ani616
    @reemaalwad3ani616 หลายเดือนก่อน

    Waooooo❤❤❤❤❤❤

  • @JoselyneNiyokwizera-or8ek
    @JoselyneNiyokwizera-or8ek หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @IzereangeBonelle
    @IzereangeBonelle หลายเดือนก่อน

    Nibaduhe iyikwirikira nukur ham brandine tanginkuru sh

  • @MerancNiyubuntu
    @MerancNiyubuntu หลายเดือนก่อน

    mbeg.igikin.kiryoch.❤❤❤

  • @siwemahabanyinawimanzi5995
    @siwemahabanyinawimanzi5995 หลายเดือนก่อน +1

    Kabiri naho mwumve umugore wawe umuhe ibiyago akubwire iyo umugera wa sida yawukuye.kuko ngo ikiyago ni kirumara mumuryango

  • @user-nt6of2xh3i
    @user-nt6of2xh3i หลายเดือนก่อน +1

    Ariko kweli Blandine ko mumwanka cane mumuhora iki?samy turakeneye kubona wamenye ukuri umugore wawe akaruhuka nawe ukabonako abiwanyu aribo bariko baragusenyera

  • @NadinIrakoze
    @NadinIrakoze หลายเดือนก่อน +1

    Cool

  • @chadrackswing
    @chadrackswing หลายเดือนก่อน

    Mwubahwe murashoboy peeeee

  • @CandideCandide-ts8tt
    @CandideCandide-ts8tt หลายเดือนก่อน

    Ukuri kuzoja ahabona tumenye iyumugera wazananye

  • @fredericnkurikiye
    @fredericnkurikiye หลายเดือนก่อน

    Muze murayitunyarukiriza iyi film

  • @Souavisel86niyizigama6
    @Souavisel86niyizigama6 หลายเดือนก่อน

    Murakoz cn mudutemw ep8 mayo turayikeney

  • @user-xg1jo6mt8i
    @user-xg1jo6mt8i หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤❤

  • @SaydatSaid
    @SaydatSaid หลายเดือนก่อน

    Barandine❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @louisekwizera4158
    @louisekwizera4158 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda cne Blandine courage ndagukunda cneeee

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤