Amakuru yihuta,Umushingamateka
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 26 มิ.ย. 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye - เกม
Urabonako mbuwambere kurab ivyuba washizeko Ereg ndakwemera
Mugisha'ukaguma uduhamakuru atariyo tuzoguheba
Ariko Roza HAKIZIMANA aragwaye mumutwe
None nka Roza atagira ubwenge namba aho yahereye ata umutwe
ntararuha ?
Nimuze muranywa umubirizi kuko imiti yo kwamuganga irakenye
Umugabo Ni SeBurundi, umugore nawe InaBirundi, abana nabo Ni AbaragwaBurundi! Biratwengeje n'ubwa mbere bibaye mu Burundi.
Izinizongorane za démocratie ntakubahana gusubira kubaho ariko president ni president icotumusaba gusa nugukemura ivyigihugu ibisigaye turamwubaha kandi abobose bamutuka arabasumba
Ko bitavuga
Ntasoni yamara nikijuju adutwara
None yaba ari incabwenge igihugu kiba kimeze uko tukibona!
𝔻𝕦𝕫𝕒 𝕒𝕞𝕒𝕛𝕨𝕚 𝕞𝕦𝕞𝕖𝕟𝕪𝕖𝕤𝕙𝕒 𝕞𝕒𝕜𝕦𝕣𝕦 𝕨𝕒𝕔𝕦 𝕕𝕦𝕫𝕒𝕞𝕒𝕛𝕨𝕚 𝕒𝕪𝕠 𝕞𝕒𝕜𝕦𝕣𝕦 𝕒𝕥𝕒𝕘𝕚𝕣𝕒 𝕜𝕨𝕚𝕧𝕦𝕞𝕓𝕚