Abandi bakinyi bashasha munzira yo kuza mu Ntamba mu rugamba igitiri kiguma ciyongera
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 22 มิ.ย. 2021
- Abakinyi bashasha bakina I buraya baguma baza mu gihugu c’uburundi kwifadikanye n’abandi mu ntumbero yo kwitegurira CECAFA igiye kubera muri Ethiopie mu kwezi kwa Mukakaro.
amatwi adusumira ngo igitigiri cari gitegekanijwe kimaze kurenga . - บันเทิง
Patriotismo ✊🏾🇧🇮
Nzamva zabatutsi murabe ntizihave zikika mukiza ngozereke amakungu kwatamahoro ahari muburundi nkuko bahenz tresor ndayishimiy komubutundi haka umuriro
Nivyiza kwama muduhereza amakur arik RR iconogusaba niwaba uriko ukoresh ikiganir umuntu yiswe umurundi nkusab uzuvug ikirund ndets nabatumv icog Swahili caw batahur
Imbwa zirama Niko batamura
Ndimurirwa uracarinyuma nk'umutsembe w'intama
Non nkibiwanditse nibikigahewe???