Ihoteri iteye igomwe niyo abakinyi b’intamba mu rugamba bashikiyemwo Ingozi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 มิ.ย. 2021
  • Umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 23 umaze imisi uriko ukorera imyimenyerezo mu Ntara ya Ngozi .
    ihotere ryitwa Ruhuka riri ibiye Komine Mwumba niryo abakinyi bashikiyemwo .
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 21

  • @niyomwungereonesime4005
    @niyomwungereonesime4005 3 ปีที่แล้ว

    Mwakoze nez kbs.
    Gusa za mureba mwegera abakiny mubakoresha Interviews twumva uko biteguy nkao bavuy hanze twumve uko bamerew nuko basanze igihugu.
    Sinon kutwerek ama pictures gusa atama Interviews si super kabisa.
    Ahandi iyo haje umukinyi mushasha Interviews ziba nyishi. Gusa mwakoze nico ciyumviro murabe mugikorereko🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @ngendakumanaleonce8651
    @ngendakumanaleonce8651 3 ปีที่แล้ว +1

    Urakoze cane ariko twari dukeney uvugishe bamwebamwe kk ah ukoze publicite yiyo hotel!!!

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 ปีที่แล้ว +1

    Iyi ni publicité ya Hotel canke amakuru y 'Intamba🙄

  • @mucosamuel7030
    @mucosamuel7030 3 ปีที่แล้ว

    Terimbere bane bacu turabakunda cane from south Africa Cape town

  • @fgfhhshemezimanalima762
    @fgfhhshemezimanalima762 3 ปีที่แล้ว

    Ndabafan

  • @blaiseirakoze6250
    @blaiseirakoze6250 3 ปีที่แล้ว

    RUHUKA HOTEL ramba

  • @jeanpaulkwizera3216
    @jeanpaulkwizera3216 3 ปีที่แล้ว

    Bariko barigaburira vyinshi cane gose aaaa habataweza kukimbiya

  • @manirakizachirac2975
    @manirakizachirac2975 3 ปีที่แล้ว

    Birampimbara cane kubona naba Metis bitwa ko arabarundi ivyo nivyo ndishaka muburundi umuntu wese akiyumva ko arumurundi.ahubwo ndasaba nabo ba Metis baraho muburundi bahabwe ubuzi muri Reta kuko nabonyene nabarundi.

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv3976 3 ปีที่แล้ว

    Bavugishe none!!

  • @enocknkunzimana7355
    @enocknkunzimana7355 3 ปีที่แล้ว

    Mbona ari vyiza cane nimundishe igihugu abobana buburundi nabo kugira bazokimenyekanishe

  • @elienteziryayo3767
    @elienteziryayo3767 3 ปีที่แล้ว

    Abakinyi babarundi murya nabi ugende urebe abakinnyi bureanda

  • @smartnahodha6578
    @smartnahodha6578 3 ปีที่แล้ว

    Komeracane bwana bosingwa bage micro bavoneko mubakunda mubakiriye kubana ariryamberebaj ntihagire nabanyamakuru babakiriy

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 3 ปีที่แล้ว

    Wewe ngir uriko wimenyereza!waje kugira publicite ?aho guha umwanya n umukinyi n umwe nawe uriko uzana ivya hotel?simbona niyo jayz ico uyambariye .Toka jifunz kabla

  • @kiiiga6659
    @kiiiga6659 3 ปีที่แล้ว

    Turashaka interviews zabo

  • @manirambonajoel3294
    @manirambonajoel3294 3 ปีที่แล้ว

    Obobazungu nabarundi?

  • @nahishakiyeflorence5598
    @nahishakiyeflorence5598 3 ปีที่แล้ว

    Twizere ko uwo mu menyesha makuru, bamurishe, amahera menshi ya publicity, kuko yayikoze Nez cane. Nayo kuvuga ko yajanye no kuraba abakinyi sivyo

  • @peggemegennaineza7952
    @peggemegennaineza7952 3 ปีที่แล้ว

    Babe bataje gusesagura ubutunzi bwigihugu atatsinzi bazotahana

  • @smartnahodha6578
    @smartnahodha6578 3 ปีที่แล้ว

    Uwomuntuwambay chelsia avemwo