IKIGANIRO Pasteur Edmond KIVUYE yagiranye na LIANY MEDIA TV.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
  • Pasteur Edmond KIVUYE yagiranye ikiganiro na LIANY MEDIA TV ifise icicaro muri Leta zunze ubumwe z'Amerika.Yaratuyagiye ivy'ubuzima bwiwe kuva akiri muto,urugendo rwiwe muvyagakiza, uko yamenyanye, eka n' ivy' urupfu rw'umukozi w'Imana rurangiranwa David NDARUHUTSE. yaranagiriye inama abavyeyi b'abana, ingene bokwigenza nk' Abakristu.

ความคิดเห็น • 15