Urugendo by Alvella muhimbare

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 22 ก.ค. 2021
  • URUGENDO nindirimbo yanditswe dushingiye kubihe abantu benshi barimwo muriyi misi. IMANA ifashe imitima yabantu benshi ibabaye kandi ibahe kwihangana
    Audio: Cizzo on The beat
    Video : Bestboy
    Executive Production: Mirire Makerz
    Writter : Alvella Muhimbare
    Singer : Alvella muhimbare
    Niba mwipfuza kudushigikira mushobora kutwandikira kuri: alvellamuhimbare@gmail.com
    page facebook:
    / alvellamuhimbareofgod

ความคิดเห็น • 400

  • @rihanashurwe8345
    @rihanashurwe8345 2 ปีที่แล้ว +15

    Hallelujah Amaso yuzuye amosozi kubwiyondirombo ariko Mana nzashika mugihugu nanje ndakumbuye ibihenkibi vyukuri Amena Alvella mung yupo😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @remynkunzimana8039
    @remynkunzimana8039 2 ปีที่แล้ว +8

    Amen 🙏🏼 ncut yanje uraririmba abantu bakuruhuka kndi courage vraiment

  • @UwinezaJulienne-tp5mn
    @UwinezaJulienne-tp5mn หลายเดือนก่อน

    Nukuri imana ikomeze kwagura umutima 🤎 wowe ndagukunda cyane icyampa nkazakubona amaso kumaso

  • @gaudenceharerimana7743
    @gaudenceharerimana7743 2 ปีที่แล้ว +7

    Hinge mbabaze ninde akunda iyi ndirimbo nkanje ???mumpe like nyinshi rero

  • @gisaclaudine2342
    @gisaclaudine2342 ปีที่แล้ว +3

    Love you murwanda ruragukunda cyane sister ❤

  • @emeryhabinganji9840
    @emeryhabinganji9840 2 ปีที่แล้ว +3

    Amen Manadukomeze kukobitoroshe Imana idukomeze ahotubona kobirangiye hezagigwa Allivela ndagukunda ibikogwavyawe birankomeza terimbere mukobwa mwiza

  • @furahaburundi4686
    @furahaburundi4686 2 ปีที่แล้ว +4

    Courage Urashoboye ugere Kure Ndiho Abe Ariwe Akuyobora❤❤

  • @naomiehakizimana5000
    @naomiehakizimana5000 ปีที่แล้ว

    Waoooo indirimbo ifasha misiyose ikanandemesha ndagukunda alvella uvyumvye

  • @davidnsengiyumva7956
    @davidnsengiyumva7956 2 ปีที่แล้ว +4

    Komera mukundwa wa Yesu. Imana izokugeze kure❤️😘

  • @violettendih...8452
    @violettendih...8452 2 ปีที่แล้ว

    Bandanya urugendo nivyiza Imana iguhezagire cane muzira nziza wahisemwo

  • @rindaklelia7986
    @rindaklelia7986 2 ปีที่แล้ว +2

    Iyindirimbo ndayikundacanegose

  • @divinekezakimana4820
    @divinekezakimana4820 2 ปีที่แล้ว +1

    Turagukunda cane alvella

  • @annabellaakimanamurengeran9927
    @annabellaakimanamurengeran9927 2 ปีที่แล้ว

    Yooo ma alvella Imana iguhezagire cane kndi ikwongere inkomezi kuko urugendo ni rurerure.

  • @mugemajoshua
    @mugemajoshua 6 หลายเดือนก่อน

    Iyindirimbo ndayikunda cyane❤ kd ndagukunda

  • @dawidisamail184
    @dawidisamail184 2 ปีที่แล้ว

    Ndanezerewe cane nukuri Imana kukugeze imbere inyigisho zawe zampfashije cyane ndagukunda

  • @sergeshimirimana8363
    @sergeshimirimana8363 ปีที่แล้ว

    Amen ubarikie paka ushangaee

  • @DenisGahimbare-ne8hh
    @DenisGahimbare-ne8hh หลายเดือนก่อน

    Haleluya!! Karahezagira p

  • @mutoniwasegyslaine6207
    @mutoniwasegyslaine6207 2 ปีที่แล้ว

    Alvella iyindirimbo wayiririvye wamaze kumenya ivyanje canke koko ibiri muriyindirimbo nivyo ndimwo kabisa imana inkomeze kabisa

  • @constanceniyoofficial5289
    @constanceniyoofficial5289 2 ปีที่แล้ว

    Sha iyi ndirimbo ingera mumusokoro mwigeme lmana ikugeze Kure wifitiye urukundoo lmana izaguhe urugo rwa paradizo

  • @gaudenceharerimana7743
    @gaudenceharerimana7743 2 ปีที่แล้ว

    Uhezagirwe cane Imana iguhe kubandanya uyikorera

  • @jackie.n5871
    @jackie.n5871 2 ปีที่แล้ว +7

    Mungu akubariki

  • @user-du1ww9wg7o
    @user-du1ww9wg7o 5 หลายเดือนก่อน +1

    Alvella mengaturazinany kuberiyindirimbo

  • @busoniayizeki5633
    @busoniayizeki5633 3 หลายเดือนก่อน

    Amen alvella ndagukund kuk haricindirimb zaw zirafash pe courant aban babantu nabahem

  • @JohnIrakiza
    @JohnIrakiza 2 หลายเดือนก่อน

    I love you alveolar muhimbare ukina nez can kand uririmb nez❤❤❤🎉🎉🎉😅😅😅❤❤❤

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 2 ปีที่แล้ว +5

    Our father God bless you my sister 💕💕🙌🙌

  • @ezechielbamporubusa9650
    @ezechielbamporubusa9650 2 ปีที่แล้ว

    Yooooh urashoboy indirimbo niya macungu

  • @NiyibonaMenedor-uq4xy
    @NiyibonaMenedor-uq4xy ปีที่แล้ว

    Amen kandi courage ivyitwaramwo neza

  • @cocolove7599
    @cocolove7599 2 ปีที่แล้ว +1

    Amena hezagirw dada imana ikomez ikwambik imbarag namavut ❤❤❤❤❤❤

  • @nzeyimanaalielicha5057
    @nzeyimanaalielicha5057 6 หลายเดือนก่อน

    ❤ uraririmb mukur n mukugororok😮

  • @johnniyonkuru7255
    @johnniyonkuru7255 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndayikunda 100%

  • @user-ny9kg3sr4l
    @user-ny9kg3sr4l 7 หลายเดือนก่อน

    Courage mukobwa wa YESU

  • @mutoniwasegyslaine6207
    @mutoniwasegyslaine6207 2 ปีที่แล้ว

    Iyindirimbo yampezagiye kabisa

  • @user-vy5xb8zm5j
    @user-vy5xb8zm5j 6 หลายเดือนก่อน

    Agakobwa keza nkunda cyane kk bx

  • @kelvinmwima1483
    @kelvinmwima1483 11 หลายเดือนก่อน +1

    Nice song we love artist e from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮courage ma sœur

  • @diegonshimirimana1415
    @diegonshimirimana1415 ปีที่แล้ว

    Yesu akuje imbere mukundwa

  • @NiyurukundoEdige
    @NiyurukundoEdige หลายเดือนก่อน

    Amen shimwa man🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @user-xh6vc1jr6v
    @user-xh6vc1jr6v 8 หลายเดือนก่อน

    Kurecane nihokwipfurije mukobwiza ndagukunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @rindaklelia7986
    @rindaklelia7986 2 ปีที่แล้ว +1

    Izogushoboza irashoboye imanayacu yomwijuru

    • @rindaklelia7986
      @rindaklelia7986 2 ปีที่แล้ว +1

      Ndashak uzonyigishe kuririmba uzobukoze

  • @jeanboscohakizimana3419
    @jeanboscohakizimana3419 2 ปีที่แล้ว

    Murampimbaye cane IMANA Ibajimbere

  • @jonathannsabiyaremye5251
    @jonathannsabiyaremye5251 2 ปีที่แล้ว +5

    Félicitation !!! Belle chanson !!! courage

  • @yvonnemugisha9831
    @yvonnemugisha9831 2 ปีที่แล้ว +6

    Amen🙏Nic Song❤❤

  • @neza9665
    @neza9665 2 ปีที่แล้ว

    🤲🤲🤲🤲🤲🤲🤲🤲🤲shoboza mana muribihe ndimwo

  • @Minain-nf6iy
    @Minain-nf6iy ปีที่แล้ว

    Nukuri imana igukomeze

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen imana iguhumugisha Amen

  • @dawidisamail184
    @dawidisamail184 2 ปีที่แล้ว +1

    🍭💞ndanezerewe

  • @unknown....1518
    @unknown....1518 2 ปีที่แล้ว +1

    Ameeena alvella imana iguhe ivyo wipfuza

  • @BUJA_MORODEKAYI
    @BUJA_MORODEKAYI 2 ปีที่แล้ว

    Yoooooo Imana igushoboze kwihangana

  • @gisaclaudine2342
    @gisaclaudine2342 ปีที่แล้ว +1

    Nshoboza Mana kwihangana

  • @hussainsur6211
    @hussainsur6211 2 ปีที่แล้ว

    Amenaa komera mukobwa wayezu

  • @edwardnzambimana2827
    @edwardnzambimana2827 2 ปีที่แล้ว

    Iyindirimbo sinduha kuyumviriza alvella

  • @elieseligiraneza515
    @elieseligiraneza515 ปีที่แล้ว

    Courage vrt wubahwe 🙏🙏🙏

  • @nicodemeniyikiza8841
    @nicodemeniyikiza8841 2 ปีที่แล้ว

    Komerezaho imana ikujimbere

  • @user-su2hj1qq4s
    @user-su2hj1qq4s 2 หลายเดือนก่อน

    Alvella ndagukund can umengo wabony ivyanje kwl😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @bashakhader3327
    @bashakhader3327 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen Amen uwo nikundira akan kiwacyu♥️♥️

  • @ThereseNyirabizimana-pj9nq
    @ThereseNyirabizimana-pj9nq 10 หลายเดือนก่อน

    Our father blessings 🎊🎊🎊🎊🎊🎊us.

  • @saminjk1105
    @saminjk1105 2 ปีที่แล้ว +9

    Amen 🇧🇮❤️

  • @razinicemrdifferento1120
    @razinicemrdifferento1120 2 ปีที่แล้ว

    cizzo beatz only katisha

  • @davidndayikengurukiye5919
    @davidndayikengurukiye5919 2 ปีที่แล้ว +1

    Respect nic songs

  • @user-hr8yr7tm3l
    @user-hr8yr7tm3l 9 หลายเดือนก่อน +1

    God bless you 🙏🙏🙏 much love to you sister ❤❤❤

  • @thegreatwise3280
    @thegreatwise3280 2 ปีที่แล้ว

    WOWWW VYIZA CANE

  • @IrumvaCadeauduCiel
    @IrumvaCadeauduCiel ปีที่แล้ว

    Ndagakunda caaane karamfasha nukuri

  • @iraguhaemelance4192
    @iraguhaemelance4192 2 ปีที่แล้ว +3

    Amen nice song Alvella

  • @annonciatteuwimana371
    @annonciatteuwimana371 2 ปีที่แล้ว

    Amen amen urakoze cane mukobwa mwiza wa yesu christo hezagigwa Imana iguh ivyumutima waw wipfuza

  • @derickmugabe6131
    @derickmugabe6131 2 ปีที่แล้ว +1

    Komera Alvella
    Nukuri uruwumumaro munini kurinje

  • @elianeniyagakiza5048
    @elianeniyagakiza5048 ปีที่แล้ว +1

    Amen amen ❤

  • @edwardnzambimana2827
    @edwardnzambimana2827 2 ปีที่แล้ว

    Iyindirimbo buri uko ndayvirije nummva agahinda hezagigwa

  • @nishimweernest853
    @nishimweernest853 2 ปีที่แล้ว +1

    Yoooo Iman ikomeze ikwagure kandi turagukunda nukuri iyindirimbo ninziza cyane Iman idushoboze kwihangan rwose

  • @mukeshimanaclarisse7478
    @mukeshimanaclarisse7478 ปีที่แล้ว

    Amen nukuri ufite ijwi ryiza komera kumurimo w'Imana haleluyaa

  • @ndoricimpajovith3447
    @ndoricimpajovith3447 2 ปีที่แล้ว

    Irankozeko.mwubahwe.kandimukomezwe🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @ernesthabiyakare776
    @ernesthabiyakare776 ปีที่แล้ว

    ❤❤❤❤,komerezaho

  • @freddymuganga9731
    @freddymuganga9731 2 ปีที่แล้ว +15

    AMEN!!!!! OH MAY GOD BLESS YOU MY SISTER

  • @fabriceirakoze9403
    @fabriceirakoze9403 2 ปีที่แล้ว

    Ameni
    Mwarimwiza

  • @letalove4396
    @letalove4396 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen👏 sister nkunda cane Alvella nkwifurije kwubaha Imana nibwo bwenge terimbere Imana ikujimbere murivyose ikirutavyose nkwifurije kuzagira iherezo ryiza

  • @Nadinekwizera
    @Nadinekwizera 2 ปีที่แล้ว

    Ubalikiwe sana Alvella

  • @tumwinejames6876
    @tumwinejames6876 11 หลายเดือนก่อน +2

    Let the grace of almighty God be with you always and forever in Jesus mighty name

  • @gylaineratimana4231
    @gylaineratimana4231 2 ปีที่แล้ว +4

    Amen👐courage dii Alvella wacu🥰

  • @bellairakoze6822
    @bellairakoze6822 ปีที่แล้ว

    Wew ntumeze nkabantu mana 😥😥😥

  • @amirasamai6980
    @amirasamai6980 2 ปีที่แล้ว

    Komeza.nivyiza.cane😘😘

  • @irakundarosette6867
    @irakundarosette6867 2 ปีที่แล้ว

    Yesu abakomeze

  • @manishakoyita3920
    @manishakoyita3920 2 ปีที่แล้ว

    Courage urashoboy

  • @feezykiller1079
    @feezykiller1079 2 ปีที่แล้ว

    Waaaaoooo #Good Job Alvella

  • @hakizimananadege5561
    @hakizimananadege5561 2 ปีที่แล้ว

    It sounds great,,,,be blessed Sis...may God Almighty keep protect you

  • @mugishaprinceelyse5904
    @mugishaprinceelyse5904 2 ปีที่แล้ว +2

    Keep up the good work dear may God Almighty bless your work again🙏🙏🙏

  • @basabd6315
    @basabd6315 2 ปีที่แล้ว

    Halleluya yesu akumpezagirire umugicha mukobwa wacu

  • @justinpeace3182
    @justinpeace3182 2 ปีที่แล้ว +1

    Alvella muhimbare urashoboye murundikazi terimbere nukuri urabikwiye

  • @JohnPeter-ds6cz
    @JohnPeter-ds6cz หลายเดือนก่อน

    Mana duhe kwihangana

  • @user-yl5kt8dk1b
    @user-yl5kt8dk1b 9 หลายเดือนก่อน

    Courage my sister I love you

  • @jarad6694
    @jarad6694 2 ปีที่แล้ว +1

    It was very nice song you have beautiful voice and the congregation

  • @ntiranyibagiraeliphaz8362
    @ntiranyibagiraeliphaz8362 ปีที่แล้ว +4

    Alvella plz this song touched my soul. Even my eyes are full of weep. You push me thinking so far😭😭😭😭

  • @baetbath1946
    @baetbath1946 2 ปีที่แล้ว

    Alvella wubahwe wararirimvye neza ndagukunda

  • @user-rb2qu8im5e
    @user-rb2qu8im5e 6 หลายเดือนก่อน

    Be blessed Sister

  • @floridendayizeye7614
    @floridendayizeye7614 2 ปีที่แล้ว

    Amen Amen 🙏🙏🙏🙏🙏mamy urampimbaye uririmba neza

  • @jeannenduwimana5950
    @jeannenduwimana5950 2 ปีที่แล้ว

    Amen terimbere

  • @theonesteyamuremye3472
    @theonesteyamuremye3472 2 ปีที่แล้ว

    Mwana warahezagijwe impano yokuririmba wubahwe

  • @jeaninendayishimiyehjk9889
    @jeaninendayishimiyehjk9889 2 ปีที่แล้ว

    Amen. Nc komerezaha Alvella turagukunda

  • @florafrancine5025
    @florafrancine5025 2 ปีที่แล้ว

    Urakoze kubwiyindirimbo nziza cane narinarayibuze

  • @temboofficial
    @temboofficial 2 ปีที่แล้ว +1

    God protect u ,son of God 🙏🙏🙏

  • @ClaudineVyukusenge-il8vq
    @ClaudineVyukusenge-il8vq ปีที่แล้ว

    Ndagukund mamy

  • @nevitadam3978
    @nevitadam3978 2 ปีที่แล้ว

    Imana.induhe.kwihagana

  • @nadegekwizera2633
    @nadegekwizera2633 2 ปีที่แล้ว

    Song yagahinda Manaaa😭😭