Inyandiko zibogoza Ndayishimiye zatanguye gutorwa //Bamvuginyumvira ahanuye Neva //Umwana yakubaguwe

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ต.ค. 2024
  • Amakuru twabateguriye ahanini ashamikiye kuri zino ngingo nkuru nkuru.
    1. Mugisagara ca Gitega umugwa wa politike hazindutse hatorwa inzandiko zitagira umukono mugihe hari haramutse hahimbarizwa isabukuru y'imyaka 62 Uburundi bwikukiye.
    2. Mu Burundi haracari ikibazo gikomeye kuko bamwe mu barundi aribo usanga bazingamika igihugu iyo ngeso ikaba yigaragaje kuva imbere y'uko Uburundi bwikukira muraya makuru muza gukurikira umushingamatekaFerederiko Bamvuginyumvira.
    3. Mu ntara ya Ngozi ,havugwa umwana w'imyaka 6 yakorewe ivya mfurambi igihe abavyeyi biwe bari bamutumye kugura isabune kw'ibotike ,munyuma agatorwa bukeye bwaho yatawe mu kinogo ari ikiruruma .
    Amakuru twabateguriye saya gusa tubafitiye nayandi avugwa mu bindi bisata gumana najewe Jeane D'Arc Gikundiro ngire ndayabashikirize nkaba ndiko ndafashwa na Yves Irakoze m'ubuhinga bw'ivyuma kaze mwese.
    #Amatora #ndayishimiye #imbonerakure #m23 #msd #ndayishimiye #parcem #rwasa #burundi #cndd_fdd #cnl #nkurunziza

ความคิดเห็น • 7

  • @PeterNajaribu
    @PeterNajaribu 3 หลายเดือนก่อน +3

    Hubwo nibaje mwibarabara bamwiyamirize kuko igihugu cacu ntabwo kikwiye kutwarwa nkuko mbona agitwara mengo nitongo ryabase abarundi twariyibagiye kwl

  • @PeterNajaribu
    @PeterNajaribu 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ntakwikukira kuri muburundi iyaba hariho ukwikukira uwo atwara uburundi ntiyokwamye avuga amajambo yakamaramaza nkayo

  • @PeterNajaribu
    @PeterNajaribu 3 หลายเดือนก่อน +2

    Ndababazwa nabobagabo bafashe igihugu bakaconona basi twari tukwiye kwikangura tukisubiza agateka

  • @NathalieNIYUHIRE-vj8il
    @NathalieNIYUHIRE-vj8il 3 หลายเดือนก่อน +1

    Vyarabacanze mumabifu twarahavuye mwe muracaraho bandanya muta umwanya twe turimuvyunguka

  • @PeterNajaribu
    @PeterNajaribu 3 หลายเดือนก่อน +3

    Nn nkubu uburundi uravye ibiriko biberamwo sakamaramaza jewe ndibaza kigihugu cadandajwe

  • @EvaristeNshimirimana-ho4uq
    @EvaristeNshimirimana-ho4uq 3 หลายเดือนก่อน +1

    ndumva birakomeye