SIMBIZI ntaco asigarije BRARUDI//Kudashiramwo FIZZO na SAT-B muri PRIMUSIC//Uruhombo bazogira

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
  • SIMBIZI ntaco asigarije BRARUDI//Kudashiramwo FIZZO na SAT-B muri PRIMUSIC//Uruhombo bazogira
    ‪@bigfizzoofficial‬ ‪@SatBOfficial‬ ‪@doublejayonceagain9102‬ ‪@kirikoua-kili4591‬ ‪@bfaceofficial‬ #simbizi #bigfizzo #satb

ความคิดเห็น • 138

  • @nyiramuzikapatronjeune8833
    @nyiramuzikapatronjeune8833 ปีที่แล้ว +2

    Mn you give us a good memories reka ndababwiz'ukri ibintu murabifise muri mukazi kbx grand respect simbizi Gaël mut ndabakunda 😭for real be blessed rek ndibabwire nkiriho namwe Mukiriho sinze nicuze bitagishoboka i love you again mazei

  • @emanuelbabalao1180
    @emanuelbabalao1180 ปีที่แล้ว +4

    Bro ndumunyarwanda nkurikirana uruganda ryanyu rwumusic kbs ibyo uvuga nibyo kbs courage

  • @jeromeitangishaka2195
    @jeromeitangishaka2195 ปีที่แล้ว +10

    Umuntu iyakwanka ntabwo akugumiza mukanwa😅bon umunyoni ww arazi ivyo arimwo kuko ndazi kwatanka fizzo na gato ah'ubwo Hari hakenewe nuwundi nkawee😅😅

  • @benitenigiraneza9081
    @benitenigiraneza9081 ปีที่แล้ว +7

    Brarudi yakoze ikosa rikomeye kudahamaga Sat b na fizzo kuko nibo banafise abafana beshi banabjfisemwo uburambe naje sinzogerayo izo ntwari zitarimwo

  • @romanticboy4639
    @romanticboy4639 ปีที่แล้ว +3

    Music 🎶 iriko iraza fresh Ariko na Brarudi bongereze prix yu muririmvyi Kuko uhawe deal nkiyo umuririmvyi ntasigare ararira, 18M nimakeeeeee tu sanaaaaaaaa

  • @TuyageComcast
    @TuyageComcast ปีที่แล้ว +1

    Come on ntabu legend bwa dram t bro,,,,hubwo reta ikomeze ibikora uko kubaririvyi bose,,,December uyu mu pet afise future iri shine cane mukeneye kumubona kuko ntamuririvyi wumuhanga muburundi nkawe kurimba canke mukwandika let go let make burundi proud again 🎉

  • @el-steveaslay6826
    @el-steveaslay6826 ปีที่แล้ว +2

    Imbere yo kuvuga tube tumanza dushishoze mbe ko mwasavye k abanyamahanga mutabakeneye nkub mwosanga brarudi yashats finale izokoreshe fizzo na sat-b rero twoge kuvuga make

  • @ninteretsejeanboscoporepor7201
    @ninteretsejeanboscoporepor7201 ปีที่แล้ว +1

    simbizi wasemavumba. uza wavugukuri kuzima 👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍

  • @forchutecguesthouse3834
    @forchutecguesthouse3834 ปีที่แล้ว

    Ivyo vya perfomance Big Fizzo muvuga yakoze atahembwe ahubwo ni mwe mudatahura ibintu',kko muri concerts no hanze vyama vyabaye umuntu mwarakoranye song akakuzana muri show foor example muzorabe concert za Wizkid uzosanga ba Chris Brown bariko barakora ama perfonce kurya Mugani yabikoze gsa twbw abarundi tubona ko ivyo yagiz ari ibidakorwa bavyita special appearance soit uraririmba or nturirimbe ariko bishitse it`s cool

  • @Lewis_257
    @Lewis_257 ปีที่แล้ว +4

    Echec ya Sat-B na Fizzo Brarudi izoyifeelinga

  • @Musichall00
    @Musichall00 ปีที่แล้ว +4

    Uno mutipe arazi marketing kabisa kk analyse agize sinibaza ko brarudi yabyizeko arakwiy intebe umunyoni❤❤

  • @ninteretsejeanboscoporepor7201
    @ninteretsejeanboscoporepor7201 ปีที่แล้ว +1

    Mu Burundi harakwiye kubaho imirwi yabaririvyi hakabaho bakuru kuko ntabwo kirikou mumufata nkaho asumba sat b canke Big fizzo !!! mumuryango hariho mukuru nabakwirikira

  • @franckmanirambona
    @franckmanirambona ปีที่แล้ว +4

    Analyse nziza Can kbisa🔥🔥

  • @mrkeyburundi
    @mrkeyburundi ปีที่แล้ว +5

    Simbizi😂😂😂 Tuba Twumiwe😂
    #WeGotThat👁

  • @micoolivier2464
    @micoolivier2464 ปีที่แล้ว +1

    Nkumunyarwanda ukunda umuziki wuburundi! Nzakubwira bro umuziki wuburundi ufite abana bashya! None urashaka kugereranya sat b na drama!😂….ntibikabeho ! Drama ni international level kandi urebye uburyo abakinda courage nakubwira ngo mushigikire drama! Iyi ni new generation,it’s a revolution!

    • @nyiramuzikapatronjeune8833
      @nyiramuzikapatronjeune8833 ปีที่แล้ว

      @MicoOlivier ivy'uvuze ngo drama t ngo ni international ub'ushatse kuvug'iki 🤔🧐 please nsubiza

  • @umwisanzurotv
    @umwisanzurotv ปีที่แล้ว +1

    Simbizi araciye ubwenge vmt, ndamwemera

  • @djcrazy1626
    @djcrazy1626 ปีที่แล้ว +1

    Umunyoni big up sana

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 ปีที่แล้ว +1

    Iki gi gitype ni fatakumavuta womurwanda yibereye aha ndakesera ntigisesangura carasaze🤭🤭😄😄
    Ngo ciyita umunyoni🤭

  • @dorinedusabe5375
    @dorinedusabe5375 ปีที่แล้ว +1

    Simbizi wa semavumba✌️

  • @hamdannijimbere3833
    @hamdannijimbere3833 ปีที่แล้ว

    watanguye uvuga ukuri.gusa urihenze kuko Double jay na kirikou ,b.face na ester barazwiii mta..kand primusic iheze twari shl inzoga zaranyowe mta .ngz we love you juste gail na semavumba

  • @tresorarmelndayumuhutu8705
    @tresorarmelndayumuhutu8705 ปีที่แล้ว

    Vrt simbizi arakora analyse nziza knd iri réalité umunyoni

  • @blacktiger4439
    @blacktiger4439 ปีที่แล้ว +1

    Agakecuru gahishije ntikabura abuzukuru,gemu kama imeanza kuwa hivi kidogo itakuwa tamu...Simbizi ni Chawa wa Drama T,kirikou na Double Jay,we call all make it in life without throwing stones to each other,Fizzo,Kidumu, Lolilo and Sat B deserve to be respected

  • @nduwimanadiane3609
    @nduwimanadiane3609 ปีที่แล้ว

    Ariko rero nihweje neza industry yacu fizzo nicitegererezo kandi aratinyitse ntanarimwe bavug ntibavug izina fizzo ivyo bimp icizere ko ntakurikiye ubwije uwubonako fizzo areunze ampe like

  • @teddyciza9995
    @teddyciza9995 ปีที่แล้ว

    Lolilo nawe🔥🔥urya yanka urwaruka rushasha rurikuvuaca akazanamwo inzigo🔥🔥

  • @fulgencecoyitungiye
    @fulgencecoyitungiye ปีที่แล้ว +1

    Simbizi ni incabwenge ikomeye cane muma demaine zoseeee... Sinzi KO mubibona

  • @ncuti_yabose
    @ncuti_yabose ปีที่แล้ว +3

    Simbizi 😂😂

  • @UlimwenguTuishimwe-kh4fk
    @UlimwenguTuishimwe-kh4fk ปีที่แล้ว +1

    Wye unamufatilia fizzo sana ukitizama aupo musani

  • @JimmyBlaise5
    @JimmyBlaise5 ปีที่แล้ว +2

    Simbizi na Samedi narabimubwiye live turi Centre Jeune Kamenge, àraciye ubwenge cane gose nukuri muri domaine zose za entertainment

  • @josuekhalifa8745
    @josuekhalifa8745 ปีที่แล้ว +1

    #Simbiziiiiii Désole shaaaaan ww urubahutse uravuga ko Drama t ari Legend😳😳😳jew ndakwemera but kurivyo uvuze ngo Drama T ni Legend urarenze akarimbiiiii ndaq kko Amatekaa fizzo&Lolilo bakoze urya pétit ntaranegeraa bro ivyooo ni bimwe Lolilo yavugiye ngaha ko mubesha abo ba pétit kubera Hitsong 1 so kw'ubaha nivyo twigishijweeeeee gsa stop kubesha abo ba jama ngo bararenzeeeeeeeeeeee.

    • @modelydon2276
      @modelydon2276 ปีที่แล้ว +1

      😂Ntaba legend bamaho! Avant Fizzo na Lolilo harabayeho canjo, bahaga, nabandi! Rero umwe wese arafise igihe ciwe! Ww nimba utarabona Fizzo ariko aragwana mukabare ndagutahura, kuva ndamubonye naciye mbona impanvu ata inspiration abana babakurako

    • @nyiramuzikapatronjeune8833
      @nyiramuzikapatronjeune8833 ปีที่แล้ว

      Please icara unyw'amazi iyumvir'imbere yo kwandik commentaires nimba drama t atari legend mugih utafis ububasha bwokuja kuri 🎤🎙️tuzaaa

    • @nihaweursule5644
      @nihaweursule5644 ปีที่แล้ว

      @@modelydon2276 jew ndakwumva cane kbx

  • @NdereyimanaKevin-mq2fb
    @NdereyimanaKevin-mq2fb ปีที่แล้ว +2

    Nukuri sibizi wasemavumba uvuze ibintu bimeze neza kandi wahuye numu profisionere vrm

  • @didiniyo1063
    @didiniyo1063 ปีที่แล้ว

    Umuziki urawuzi isocre zose urazizi kabisaa

  • @guysouvenirirutingabo8468
    @guysouvenirirutingabo8468 ปีที่แล้ว

    Hhhh #bigfizzo ni icuma kaka,uyo mujam urumv ingen amuhayagije😅😅😅😅ngukora ivyunguka,uramunuma turabe ivyo vyunguka urimwo😂

  • @armanditka1145
    @armanditka1145 ปีที่แล้ว

    Reka nterame kbisa thx Gaël

  • @EveryDay_Tv257
    @EveryDay_Tv257 ปีที่แล้ว +1

    Umunyonii nyavyoroheje☺️

  • @jozy1921
    @jozy1921 ปีที่แล้ว

    Sat b forever 👑🇧🇮

  • @user-jz9uy3gi5b
    @user-jz9uy3gi5b ปีที่แล้ว

    Simbiz uravuz ukuri p nkajew nt Brimusic zoj kurab p

  • @jeaninenshimirimana7344
    @jeaninenshimirimana7344 ปีที่แล้ว

    hhhha uraropokaa kbxaa

  • @nenegash24
    @nenegash24 ปีที่แล้ว

    Bon jewe ndafise akabazo mfise primusic ibereyeho kugira imenyekanishe primus kugira ize irarondera aba client bandit,narirya zibura,abaririmvyi haza abakera,haza bashasha,nibaza kwamahera bayafise,bashaka kwegera abenegihugu babandanye binwera primus n'ibindi,...

  • @igananajoe
    @igananajoe ปีที่แล้ว +1

    Mn barakoze neza bg and sat b, barya bihangane reka tubashigikire kugira tubone abazosigara igihe abandi bashaje, so drama t ari kwemeza Mu Rwanda no muntara zaho na Kirikou so ntibirate bakore neza , I like all Drama t, kirikou, Double Jay, D one bari na cane cane theecember kuko umuziki wabo Hano Mu Rwanda bari kuwumva neza cane

  • @djpatruick
    @djpatruick ปีที่แล้ว

    Utavuze izina Fizzo muri intatement y'Uburundi ivyawe nibidandaza, hama ikindi sanze utazi uburyo Fizzo yoronsemwo Visa yambere yokuja hanze uzosubiri ico ukibaze neza ushobora kuba utari bwatangure gukurikirana Intatement.

  • @levygasper7438
    @levygasper7438 ปีที่แล้ว

    Huuu simbizi anavuta bangi Tena Sana hajielewi kiraporomoka

  • @tuyisebgejuvenal
    @tuyisebgejuvenal ปีที่แล้ว

    Uyumugabo ndamwemeyepe azubwenge azigusesengura ivyo narimbimenyerereye irwanda kumbe simbizi sha uzigusesengurape

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 ปีที่แล้ว +1

    Simbizi uvuze ibintu bizima ndagushigikiye

  • @lionelniragira5083
    @lionelniragira5083 ปีที่แล้ว

    Simbizi aciyumwenge kabisa analyse ziwe zirimubwenge bwinshi kandi yagerageje guhanura generation yubu niyakera nibahakuri icirwa gusa nanje analyse yanje uyumujama aba sérieux iyo ari kumukubito tv akavuga ibintu Bizima vyubak ayandi ma tv acika umusazi ukamenga si wawundi so nawe nube sérieux kugira wubake izina ryawe neza kandi turagukunda ✌️

  • @kaya.o5483
    @kaya.o5483 ปีที่แล้ว

    c'est vrai ❤

  • @Gift-Bunyoni9230
    @Gift-Bunyoni9230 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro Kiri bien sana Vrt Umunyoni yubahwe

  • @kingmoses-md5qk
    @kingmoses-md5qk ปีที่แล้ว +1

    brarudi ime wachukua awo kuajili ya ela ndongo ambazo wata wapa nasio eti wana hit nooo kusema ukweli wana hit ila kua linganisha na sat b na big fizzo ama wakina lolilo unakosea kua sababu uwezi jua mu miaka tano wata kua wapi . na kuhusu mapato youtube burundi ahilipi kisha serekali itachukua kodi wapi na kuhusu ma show zina ingiza ngapi na zina kua ni show ngapi kua muaka ili serekali ichukuwe kodi na kama ujuwi youtube imekuja mu 2009 na apo fizzo amekua na miaka kama kumi naa kwenye game hadi leo youtube burundi ahilipi na kitu utajuwa awo wa drama t na wengine youtube zawo zina sajiliwa rwanda ama inchi zengine ili walipwe ina mana serekali ya burundi ahichukuwi kodi yoyote ile ina bidi warundi muhelewe music industrie yenu ili murekebishe serekeli nijukumu lawo kuweka vitu sawa ili vipato vionekene na wasani walipe kodi

  • @billyjoel5120
    @billyjoel5120 ปีที่แล้ว

    Ulahushula umuhushulo...hushula none😆🤣

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 ปีที่แล้ว

    Reka bakore Ntaruhombo reka abandi bantu bashikigwe simpaka ngibintu bigume hahantu😍Ahubwo bakore cane banunguke ubutiku bwanyu bububwubusa😕

  • @jaystrongmagaboy1633
    @jaystrongmagaboy1633 ปีที่แล้ว

    Ninde yarondeye Visa ya Drama T ntashobora kuba Legend, simbuzi witahure uyu muziki turawuzi kuva kera.

  • @inesirankunda3815
    @inesirankunda3815 ปีที่แล้ว +1

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣Brarudi n muze hano mumwumv Munyoni🤣🤣🤣🤣

  • @ProsperNsengiyumva-ot2ek
    @ProsperNsengiyumva-ot2ek ปีที่แล้ว +2

    Si l'offre est inférieure à la demande, où est l'avantage du marketing (Primus ligue): brarudi

    • @aftapat5365
      @aftapat5365 ปีที่แล้ว

      ahubwo iyo ibintu ari bike ababishaka ari beshi niho hava inyungu niho ushobora kongereza ibayi uko ubishaka

  • @joaneirakoze2427
    @joaneirakoze2427 ปีที่แล้ว

    Nukuvuga iyo mbonye ikiganiro ca Simbizi singeza kurengana

  • @fabgfabrice3180
    @fabgfabrice3180 ปีที่แล้ว

    Simbizi arakwiye kuza arishura kukibazo cumi journaliste directement apana kuca avanga sujet ibibazo vyose yabajijwe yoba yishuye nka 10%

  • @lilpaff93
    @lilpaff93 ปีที่แล้ว

    Primusic yuburundi itarimo
    Fizzo na sat-b nuburobe ntakigenda muzandabira

  • @rukundodavid8131
    @rukundodavid8131 ปีที่แล้ว

    Wesha Simbizi 😂😂😂 buraba ivyuvuga sha ureke kudawa wewe urashobora kuvuga Fizzo namateka amaze kwandika muburundi nagira ndakubwire ko Fizzo sbaririvyi benshi kugira baririmbe barabiye kuri fizzo burek kudawa sha

  • @yahayashuta9608
    @yahayashuta9608 ปีที่แล้ว

    Je nashaka mbaze mbe simbizi ntashoboye kubaho atavuze fizzo

  • @safarinyama9764
    @safarinyama9764 ปีที่แล้ว

    Ubirimwo neza

  • @PrincEloge
    @PrincEloge ปีที่แล้ว +1

    Babandi banuka azoza abazaniye dram T déodorant zimota neza🤣😂

  • @MusicAfrican40
    @MusicAfrican40 ปีที่แล้ว +1

    Kbx ivyo avuze nivyo ?? 👍👍👍

    • @SBWorld17
      @SBWorld17 ปีที่แล้ว

      Uratubajije ???😂😂😂

  • @Steph_Marley
    @Steph_Marley ปีที่แล้ว

    48:00🙌niho uvuze ibntu bizima

  • @mizeroolier1573
    @mizeroolier1573 ปีที่แล้ว

    Simbizi uciye unyibutsa umusi umwe mur Maroc fizzo yasavyeBernice ngo aririmbe baramwankira aca aguma muba Fans aririmba hahahaha

  • @ndtmagic8987
    @ndtmagic8987 ปีที่แล้ว

    Uravugishije ukuri n'a brarudi irondera inyungu ntabwo ari uguteza imbere umuziki iyaba biruko baba bafata Ayo mafaranga bakayashira mur maison musicale ndavuga kumu DJ kanaka bâti uzoza uragenda usohora indirimbo murarya mahera

    • @nyiramuzikapatronjeune8833
      @nyiramuzikapatronjeune8833 ปีที่แล้ว

      😂😂😂utanz'igitekerezo ciza ariko Ufise icizere koko ivy'uvuze ntibibaho

  • @emelynemutana3166
    @emelynemutana3166 ปีที่แล้ว +1

    None simbizi kumwanya fizzo uzomushirahe kumwumvirinziguo🙄

  • @ghyslainkaze7990
    @ghyslainkaze7990 ปีที่แล้ว

    Juste Gaël uyumujama sinzi ico umukundira kwama ariwe uguma utumira,ibintu vyose avuga nakajagari,bidatonze kumurongo.gerageza wumvirize neza ibintu avuga ntakintu nakimwe cubaka kirimwo.yigira umu analyste ariko ntakigenda

  • @jeankalubandika2560
    @jeankalubandika2560 ปีที่แล้ว

    Mbe uyu ajejwe ik mur music y'Uburundi?mumugira umuhinga sna knd atacazi uwo afis ishavu kubera fizzo na sat-b bamubwij ukur.

  • @thierymbonirematitu5801
    @thierymbonirematitu5801 ปีที่แล้ว +1

    Narindamukumbuye UMUNYONI

  • @MK.media257
    @MK.media257 ปีที่แล้ว

    birame ndore muga primusic niyo muwund mwak ntabint twoja kurab atar akayeri bsi😁

  • @bujaflava
    @bujaflava ปีที่แล้ว

    Urabivuz neza kweli

  • @billyjoel5120
    @billyjoel5120 ปีที่แล้ว +1

    🤣😆🤣

  • @aimeesandrineuwimana2146
    @aimeesandrineuwimana2146 ปีที่แล้ว

    Kirikou vraiment 😂😂😂😂😂😂😂😂 ndarose non bazoronk abnt hoho

  • @Musichall00
    @Musichall00 ปีที่แล้ว

    Erega impamvu abo ba legend atakintu kir palpable mybona bamaz gushikako niyompamvu nabo bihagazeko kugra akanoti kisununure

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 ปีที่แล้ว +1

    Umunyoni

  • @yahayashuta9608
    @yahayashuta9608 ปีที่แล้ว

    Shapo zake nizajucunga ngombe

  • @elviskamp
    @elviskamp ปีที่แล้ว

    President w'abanyoni n'umwe kw'isi!!!

  • @marcbuci
    @marcbuci ปีที่แล้ว

    Même Tnznie hari Alikiba ,Diamond, Hormonies abo bose muri music ntibumvikana bahuzwa na kazi bakora
    UMUNYONI uvuga NEZA.

  • @nduwimananadjibu2131
    @nduwimananadjibu2131 ปีที่แล้ว

    Uriko urakoresha umusazi pe,kuko yitwa simbizi

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 ปีที่แล้ว

    Munyoni aranyishe 😂😂😂 B f nazi ico azoririmba😂😂😂😂😂

  • @manasseninteretse8510
    @manasseninteretse8510 ปีที่แล้ว

    None abo bashasha bariko bashirayiki mukigega. urazi kurondera agafu Nabi, urikiduna

  • @irankundajustine7106
    @irankundajustine7106 ปีที่แล้ว

    Reka jalousie wamuhungu kuba uzuze nabi kirikou bitumye nkwanka

    • @Semavumba
      @Semavumba ปีที่แล้ว

      Iyahure none

  • @MartinNiyukuri-n2t
    @MartinNiyukuri-n2t ปีที่แล้ว

    Kwigira kuzi kuvuga canke ko uciye akenke ou gusuzugura hakwishima woshimwa na bandi

  • @lograpper6569
    @lograpper6569 ปีที่แล้ว

    Ubwo simbizi arafise umutima?finalement anwa ibintu atariyeee🤔🤔🤔🤔🤔 umwanya numwanya biramuhitanaaaa

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣 simbizi uzotwica ww ndakwikundira

  • @yvesnduwayezu
    @yvesnduwayezu ปีที่แล้ว

    Simbizi tekereza Abo mumitumba bariyo ariko kilikou kwl sicane

  • @emanuelbabalao1180
    @emanuelbabalao1180 ปีที่แล้ว

    Usesengura neza

  • @miraly2
    @miraly2 ปีที่แล้ว

    Umunyoni niyo ncabwenge mumuziki dusigaranye, niwe musesenguzi nemera

  • @احمدمحمد-ه5ل5ت
    @احمدمحمد-ه5ل5ت ปีที่แล้ว

    Rekishari munyoni abatashikiwe bazoshikigwa nikindi gihe 💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇷🇰🇷🇰🇷

  • @djcedro7714
    @djcedro7714 ปีที่แล้ว

    1500000fbu ukuymwo styles aba ahz

  • @katimanojustin9606
    @katimanojustin9606 ปีที่แล้ว

    Rek turindire turabe ivya New Generation

  • @officialsemunde8134
    @officialsemunde8134 ปีที่แล้ว

    Uyumutype semavumba arashwamagira ngo inde arabona ivyo aririmba ahubwo mavumba ntandero agira b face akunzwe igihugu cose afise ama hit menshi nimba arico bapfa nakure fanatisme hiyo

  • @ericciza926
    @ericciza926 ปีที่แล้ว

    Fizzo uramwanka ariko aguma Ari Big is big ararenze.

  • @yvanavybayubahe9428
    @yvanavybayubahe9428 ปีที่แล้ว

    Mbe uwo avuga ivyo numushakashatsi canke?uwo ariko agerageza kuronder gusubiza hamwe nuwo baheruka gushwana kandi ariko arivuguruza muvyo yavuze.

  • @ninteretsejeanboscoporepor7201
    @ninteretsejeanboscoporepor7201 ปีที่แล้ว

    mubo batoyemwo umuntumwe niwe yarakwiye kujamwo gusa muribarya batoye

  • @VenusteIrankunda-ml5th
    @VenusteIrankunda-ml5th ปีที่แล้ว

    Umunyoni analyse ziw ziratwika gus ningombwa kwabandi bashikigwa

  • @karorerodjibril6251
    @karorerodjibril6251 ปีที่แล้ว

    Fizzo na sat b umuziki wabo c'est finit ntugatangazwe rro ni ngingo brarudi yafashe kimwe womenya la brarudi aussi a evolue ubu meme la direction de la brarudi et jeune

    • @nyiramuzikapatronjeune8833
      @nyiramuzikapatronjeune8833 ปีที่แล้ว

      Shaa sat b uwomuguh'aboshe womuniga ndakee😂😂 ng'umuziki wabo c'est finit 😂😂

  • @nishimwetressy7215
    @nishimwetressy7215 ปีที่แล้ว

    Ww simbizi nama nkubwira urawamajambo gusa uzi guteranya gusa uruwamacakubiri gusa ntabind namajambo atagira gahunda yawe . uhimba inzoga ukaza kuma tv ww vyarakunaniye genda urime

  • @maniragabaeric1558
    @maniragabaeric1558 ปีที่แล้ว

    Reka rek bagerageze nabo j ndibaza ko brarudi yumvise indirimbo y inzoga yibebi

  • @UlimwenguTuishimwe-kh4fk
    @UlimwenguTuishimwe-kh4fk ปีที่แล้ว

    Nanjo mana mutabakilia nyuma sana

  • @IzzoZeckBanda
    @IzzoZeckBanda ปีที่แล้ว

    Simbizi ww sindatahura ico uri nuwo uri

    • @Bagenzi4life
      @Bagenzi4life ปีที่แล้ว

      Uwo kumumenya bizokugora p

  • @bizimanadivin7294
    @bizimanadivin7294 ปีที่แล้ว

    Uyo n sumirinda tu