DOGO A Umwana Wa Président PETERO NKURUNZIZA kwihangana BIRANSE😥😥AVUZE AMAJAMBO TUTAZI KUMUziki🇧🇮

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
  • #landrypromoter #hittoptv1 #Peteronkurunziza #dogoA

ความคิดเห็น • 143

  • @hittoptv
    @hittoptv  2 ปีที่แล้ว +23

    Dogo A Wamuheruka RYARI??? Mutwihanganire AMAJWI yatugoye Twongere dushimire Umuryango wUMUHISI NYENICUBAHIRO UMUKURI W'IGIHUGU PETERO NKURUNZIZA 🙏🙏🙏LIKE ZANYU nimba mwakinze ivyiyumviro vya DOGO A

    • @jozy1921
      @jozy1921 2 ปีที่แล้ว +1

      Vyukuri twamuheruka kera cane Dogo A ,mugabo amajwi kweri yanse, ntameze neza kweri

    • @habibi5688
      @habibi5688 2 ปีที่แล้ว +1

      Kera vyukuri 🥰🥰

    • @kingmanjulias
      @kingmanjulias 2 ปีที่แล้ว +1

      2010

    • @niyonsengaprimitive
      @niyonsengaprimitive 2 ปีที่แล้ว +1

      Yooo kera kweli

    • @fabiolasilyvain8880
      @fabiolasilyvain8880 2 ปีที่แล้ว +1

      Landry vrmt urumutananigwa kandi ndakwemer vrmt uhing iyindi microphone ❤❤❤❤

  • @ncuti_yabose
    @ncuti_yabose 2 ปีที่แล้ว +15

    Ntakintu nkundira Landry nkokuba Azi indirimbo zose z’Abarundi ❤️❤️ Sivyabose Ma Bruh…
    I Liked the Interview ☑️☑️ Thanx to Bring Dogo A 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @hittoptv
      @hittoptv  2 ปีที่แล้ว +2

      Ntitwigeratunanigwaa KIRETSE IYO TWIGIRISHIJE 🙏🙏 ivyiyumviro vyiwe bisa nivyawe

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen6558 2 ปีที่แล้ว +2

    Kbs Landry ur umutananigwa ugizeneza kuzana Dogo A kuko namuherukaker numvanishimiye kumubona kabsa🥰🥰🥰🥰

  • @manigahussain6214
    @manigahussain6214 2 ปีที่แล้ว +9

    Wow dogo a aracyabaho hano mu Rwanda twaramukundaga cyane

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 2 ปีที่แล้ว +1

    👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️ Ntitwigera tunanirwa burimusi Mamawwwwww DogoA namuheruka akiri umupeti ubuyabaye umushingantahe kabisa araciye umbwenge kabisa ✨👌

  • @shadrickirahariraa6017
    @shadrickirahariraa6017 2 ปีที่แล้ว +3

    thank you so much Landry kukiganiro eka numutegetsi yakirorera pe,harimwo amajambo yubwenge,nicubahiro.well trained.uyuDOGO A nawe mubonamwo umutegetsi womuri kazoza. ariko rero nikera gusa wangu yambara zamantaro ziroka.

  • @ferdinandbangirinama7664
    @ferdinandbangirinama7664 2 ปีที่แล้ว +1

    Very wise, Very smart, Very clever, Very mature. Dogo A aranyemeje. Umwana w'indani mu Buyenzi yisobanura neza cane mu kirundi 💪

  • @BabyFaceNday
    @BabyFaceNday 2 ปีที่แล้ว +2

    Uyu mwana Dogo A arusha abantu benshi kuvuga kuri micro. Afise mumutwe.kuva kera nari umu fans wiwe.tera imbere mwana ufise ubwenge gose.i like this interview. Asumba naba ? Bakuriye mumutwe ubusa gusa.God Bless Boy.

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246 2 ปีที่แล้ว +3

    Love from mr sammycomedien ikiganiro cabien

  • @darcyrukundo8457
    @darcyrukundo8457 2 ปีที่แล้ว +9

    Dogo A Big up sana nitwigera tunanirwa kiretse tuvyigize 💪

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 2 ปีที่แล้ว +1

    Yooo arasa na aslay 🤔 maze ikiganiro mbona ko ari aslay respect Dog A 1000 💰

  • @eugene958
    @eugene958 2 ปีที่แล้ว +1

    DOGO A nsamwemera cyane
    Kandi muzi kuva cyera cyane

  • @FathimaFathima-he6fn
    @FathimaFathima-he6fn 2 ปีที่แล้ว +1

    Landry niwubahwe kbs urumusatirizi vyukuri 🥰🥰🥰💪

  • @pacifiquembonyimana25790
    @pacifiquembonyimana25790 2 ปีที่แล้ว +1

    Eeeeh!!!ico ki Dogo carakuze ndake!!!mukimpere big up kwel uti iminsi yarimyinshi.yashaje muta!!!

  • @ahishakalypse23
    @ahishakalypse23 2 ปีที่แล้ว +3

    Voilà kuririmba warize....birisa goose!👏👏👏

  • @thierryhabonimana7618
    @thierryhabonimana7618 2 ปีที่แล้ว

    Dogo A uraciye ubwenge mutama wanjee🙏🙏🙏🙏

  • @bdinews3344
    @bdinews3344 2 ปีที่แล้ว +5

    Dogo A wubahweee kbxaaa. Narinshaka kwumva interview yawe kuko nakuze numva ngo Dogo A yaririmvye Ama hits menshi

  • @namulivictoria9164
    @namulivictoria9164 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage my big brother Landry promote long time DOGO A turabakunda

  • @nsazabahizirehema7897
    @nsazabahizirehema7897 2 ปีที่แล้ว +1

    Ibi bazo vyose wa mubajije yishuye neza cane nu mu nyabwenge peee 🙌🙌👏

  • @eddyfightmanzi2502
    @eddyfightmanzi2502 2 ปีที่แล้ว +1

    Narinziko Dogo A ko ari umu Tanzania kanongere numve hit ze nakuze mwumva aha murwanda cyane

  • @habibi5688
    @habibi5688 2 ปีที่แล้ว +2

    Dogo A kweri naheruka kumubona kera 🥰🥰🥰🥰🥰,Landry kwer urumutananigwa🥰🥰🙏🙏

  • @kindsontalent8994
    @kindsontalent8994 2 ปีที่แล้ว +7

    Dogo A Khaled 🔥🔥🔥💯✊

  • @benignenibitanga2051
    @benignenibitanga2051 ปีที่แล้ว

    Waoo Landry wubahwe urumusesanguzi🤣

  • @niyakhalid5650
    @niyakhalid5650 2 ปีที่แล้ว +1

    Big up Khalid mazina wanje Dogo A

  • @fabricegsmithyoung7166
    @fabricegsmithyoung7166 2 ปีที่แล้ว +3

    Number one today 💥

  • @dodoofficial856
    @dodoofficial856 2 ปีที่แล้ว +4

    Embecile camera man ntazongere kuvugira kuri camera na fone ayishire muri vibreure kuko twumvise amajwi ya embecile na fone yiwe yatuderanjije .so Dodo A nawe twari tumukumbuye cane kweli ndamwibuka kundirimbo ivuga ngo ivyiyumviro bibi muvyime indaro🥰🥰🥰❤

  • @aniellaigiraneza4849
    @aniellaigiraneza4849 2 ปีที่แล้ว +1

    Dogo A ndakwemera sana vrm😘

  • @deborahofficial6154
    @deborahofficial6154 2 ปีที่แล้ว +2

    Merci kutuzanira dogo A

  • @joelndayisaba2310
    @joelndayisaba2310 2 ปีที่แล้ว +2

    Landry ubu rero waza wab umutananirwa wa vrai uwo muntu kbx sinanamwibuka

  • @odettesabiyumva2475
    @odettesabiyumva2475 2 ปีที่แล้ว +1

    Twamuheruka kera🤔🤔🤔karibuni mwana wa Papa Burundi✌✌✌🙅‍♂️🙅‍♂️

  • @richardniyungeko8249
    @richardniyungeko8249 2 ปีที่แล้ว +2

    Legend Dogo A, big up sana

  • @majamberechristophe2613
    @majamberechristophe2613 2 ปีที่แล้ว

    Twari tumukumbuye sna i Burundi

  • @Okia257
    @Okia257 2 ปีที่แล้ว +2

    Numéro deux hama yarazimiye basha knd nijwi ryarabaye iryumuntu wumugabo wallah😅😅nagaruke mumuziki vrm kuko yari yakunzwe caaane ✊

  • @christopherndayizeye9222
    @christopherndayizeye9222 2 ปีที่แล้ว +2

    Uzobahuze na Baoden

    • @Eagle257
      @Eagle257 2 ปีที่แล้ว

      Agikorereko kbx

  • @Elijahofficiallyrics
    @Elijahofficiallyrics 2 ปีที่แล้ว +1

    Landry wallah uracaruwambere 👏👏

  • @estherkapito9469
    @estherkapito9469 2 ปีที่แล้ว +1

    Thanks hit top tv1 kumutwibutsa respect saaaaana

  • @FathimaFathima-he6fn
    @FathimaFathima-he6fn 2 ปีที่แล้ว +1

    Landry dogo A ASA na Alikiba wallah

  • @ireragad5483
    @ireragad5483 2 ปีที่แล้ว

    Bakadogo twaragowe

  • @richardniyungeko8249
    @richardniyungeko8249 2 ปีที่แล้ว +1

    Inyuma yokuraba ikiganiro cose vraiment Dogo A aciye ubwenge abaririmvyi benshi bazomwegere bamusabe impanuro muri bimwe bimwe, Il peut être un consultant en musique

  • @murundicomedy257
    @murundicomedy257 2 ปีที่แล้ว +3

    Always murundi comedy257 🔥🔥🔥

  • @egideprincebakundukize8280
    @egideprincebakundukize8280 2 ปีที่แล้ว +1

    Amahoro Meza.
    Landry numv nokwita akazina UDACI. Wakoze ibiganiro vyinsh kand vyiza gose. Ariko ikiganiro mukorany na Futur Maitre kirimw amajamb apanze neza kandi asesanguye neza. Harimw impanuro zukur kand nyinshi.. ikiganir kirigish can umuntu ko yoca bugufiii. Courage bwana munyamugisha Nico удачи gisigura

  • @stivenyambalo9996
    @stivenyambalo9996 2 ปีที่แล้ว +1

    Big up san Dogo A Asha yarakuz san kand aje twar tumukumbuy kwl

  • @ncarwatsi
    @ncarwatsi 2 ปีที่แล้ว +2

    Narinzi ngo Ni alikiba ariko avuga ikirundi nkeee big up kuri DOGO A

    • @alphyfitness2573
      @alphyfitness2573 2 ปีที่แล้ว

      Damnn, nanje kweri nkibona isura nibajij uko nyene

  • @esperance5371
    @esperance5371 2 ปีที่แล้ว

    Mashalla 💯dogo 💯

  • @ali-ckizofiolivierarakaza8682
    @ali-ckizofiolivierarakaza8682 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndamuheruka arakana naj ndakana none twe inzanwa eheee!yarariromb nez vt x big up xan

  • @OlyTvShow
    @OlyTvShow 2 ปีที่แล้ว +2

    Christaa we landry😂😂

  • @johnfleurybigwiss3104
    @johnfleurybigwiss3104 2 ปีที่แล้ว +2

    Kuel dodoA namuheruka kera knd respect to you umutananigwa wlhii inyota y'amakuruu y'a dogoA narimfisee urayimaze à80% kuberaa harivyo nanje nomwibarizaa🤣

  • @cloviskwigize4478
    @cloviskwigize4478 2 ปีที่แล้ว +3

    La sagesse de Dogo A

  • @nnno989
    @nnno989 2 ปีที่แล้ว +1

    Kabisa

  • @fleurymarieingabire
    @fleurymarieingabire 2 ปีที่แล้ว +1

    Dogo A big up saaan

  • @elias4Keshi
    @elias4Keshi 2 ปีที่แล้ว +1

    Landry ngo umufatire kandi naw ashaka kwifatira, wari kumuronderera iyindi

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 2 ปีที่แล้ว +1

    DOGO A karibu mubwami bwa HIT TOP TV,LANDRY ndakwera ntiwigera unanirwa utuzaniy umuntu mukuru cane

  • @eraste3759
    @eraste3759 2 ปีที่แล้ว +1

    Always umurundi ahari yubahwe🥰

  • @Caki_baby
    @Caki_baby 2 ปีที่แล้ว +2

    Dogo A imiss you bro 🇧🇮

  • @schadrack97ngendakumana59
    @schadrack97ngendakumana59 2 ปีที่แล้ว +1

    Yarabaye urugabo

  • @nadinekwizera3475
    @nadinekwizera3475 2 ปีที่แล้ว +1

    Keraaaa

  • @jeanpaulir6527
    @jeanpaulir6527 2 ปีที่แล้ว +2

    👊🇧🇮🇧🇮👏👏

  • @pascalnduwimana4828
    @pascalnduwimana4828 2 ปีที่แล้ว +1

    Landry big up br unawez🔥🔥🔥🔥💯

  • @adriang.
    @adriang. 2 ปีที่แล้ว +2

    Nukuri Dogo A ari très intelligent saaana

  • @FleuryOG
    @FleuryOG 2 ปีที่แล้ว +2

    Muba muhazee 😂😂❤️🔥🔥

  • @enokayofficial9496
    @enokayofficial9496 2 ปีที่แล้ว +1

    kbx ukoze umuti kutuzanira dogo a

  • @tchepaproamin905
    @tchepaproamin905 2 ปีที่แล้ว

    Camera man nubw woba wizera Mic gute, sifresh gutera blag mur interview...ex:nkiy video mwadekonye nikwikebura.p6

  • @jeannenirere743
    @jeannenirere743 2 ปีที่แล้ว +1

    Jewe ndamuzi muri ya ndirimbo ari dogo nyene imwe yarapura none yarakuze ndumiwe

  • @Innocentciza
    @Innocentciza 2 ปีที่แล้ว +1

    nice work

  • @ninettehapiness2339
    @ninettehapiness2339 2 ปีที่แล้ว +1

    🥰😘

  • @jadohazardmukunzi6534
    @jadohazardmukunzi6534 2 ปีที่แล้ว +1

    umutananirwa rka kwitoneshaaa😅😅😅

  • @helpniggv
    @helpniggv 2 ปีที่แล้ว

    Arazi ubwenge Uyu Muhungu Dogo A

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 2 ปีที่แล้ว +1

    Ino interview iraryoshe Dogo A ufise ivyiyumviro birashe kandi vyigisha.

  • @papykitwazipaul158
    @papykitwazipaul158 2 ปีที่แล้ว

    Dogo garuka mu muziki

  • @Kigalicollection
    @Kigalicollection 2 ปีที่แล้ว +1

    I loved him from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @kanezanadegenana4832
    @kanezanadegenana4832 2 ปีที่แล้ว +1

    Doga A🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️🙌

  • @marryiradukunda4807
    @marryiradukunda4807 2 ปีที่แล้ว +1

    Nn Landry icogikombe😂😂.ham Landry iyufizik uzakuyaga numutumire witekankuwo Teguro microfone2 kko nkikikiganiro kizakugerakure

  • @didiergatabazi4382
    @didiergatabazi4382 2 ปีที่แล้ว +2

    Hari umuntu yarazi ko dogo A azi kuvuga I kirundi neza???

  • @manimfasheansaansa7548
    @manimfasheansaansa7548 2 ปีที่แล้ว +2

    Sauti yabeyii ashakuwa wallah

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 2 ปีที่แล้ว

    Yarakuze pe ukuntu indirimbo ziwe nizotwarutseko tuja gutamba mi misi mikuru

  • @stephanietv2573
    @stephanietv2573 2 ปีที่แล้ว +1

    Incabwenge kqel

  • @niyitegekachristophe6788
    @niyitegekachristophe6788 2 ปีที่แล้ว +2

    Narinziko yapfuye muzi kera yaratwitse na nimanjonjo hano kgl

  • @asmanintezi3242
    @asmanintezi3242 2 ปีที่แล้ว +1

    Yarazimye

  • @rosejeanne9373
    @rosejeanne9373 2 ปีที่แล้ว +1

    we landry ariko arisabira😂😂😂

  • @donatienhavyarimana8581
    @donatienhavyarimana8581 2 ปีที่แล้ว +1

    dogo a yarakuze kabisa namuheruka kera

  • @mukekejembe8900
    @mukekejembe8900 2 ปีที่แล้ว +1

    Yooo kweli warakuze

    • @opkl4
      @opkl4 2 ปีที่แล้ว

      ndongoyabayemutamawerentiwenzikuvumburabandibaribecha

  • @orenigiraneza5318
    @orenigiraneza5318 2 ปีที่แล้ว +3

    Mbe Landry iyo shirt ntiwigera uhindura?cke ninkima yakazi😄😄

    • @hittoptv
      @hittoptv  2 ปีที่แล้ว

      Ndayite none?

    • @delacycy
      @delacycy 2 ปีที่แล้ว +1

      @@hittoptv 😂😂😂😂😂😂😂

    • @silasirakoze1545
      @silasirakoze1545 2 ปีที่แล้ว

      Basha aba rundi twarapfuye tugenda

    • @axcellabellairakoze6624
      @axcellabellairakoze6624 2 ปีที่แล้ว

      @@hittoptv yiturire😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @asmanintezi3242
    @asmanintezi3242 2 ปีที่แล้ว +1

    Duhebishsh

  • @djpatruick
    @djpatruick 2 ปีที่แล้ว +1

    Imamvu abaririmvyi ba barundi benda hanze nibagaruke nuko Umuziki wuburundi atamahera arimwo raba ex: abaririmvyi bongaha hafi Murwanda birigwa hanze gukora ama Concert Europe America ariko baragenda bakagaruka neza nuko babona k ubu mugihugu iwabo umuziki ushobora kubabeshaho ubuzima bwiza kuruta ubwohanze.

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 2 ปีที่แล้ว +2

    Dogo incabwenge.

  • @Fullmanmanirakiza21
    @Fullmanmanirakiza21 2 ปีที่แล้ว +2

    Dogo A arakuiye kugaruka kuririmba

  • @jozy1921
    @jozy1921 2 ปีที่แล้ว +2

    Vyukuri Dogo A yahorahe? Yarakuze😂😂akiririmba yari umwana kweri

  • @dorinemuhimpundu2807
    @dorinemuhimpundu2807 2 ปีที่แล้ว +1

    Ha, emw ndumiwe nari narabuze irengero

  • @kingmanjulias
    @kingmanjulias 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndamwibuka nkirumwana Basha
    Indirimbo ziwe narazikunda cane

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 2 ปีที่แล้ว +2

    Yoooo uyo njo Dogo A ??

  • @niyonkuruconcolatteconsola4792
    @niyonkuruconcolatteconsola4792 2 ปีที่แล้ว +2

    ❤❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏

  • @estherkapito9469
    @estherkapito9469 2 ปีที่แล้ว +1

    Nilikuwa nikiwaza Dogo A yuko wapi ????mmmmmm napenda sana hii interview

  • @berchimasbigirimana4783
    @berchimasbigirimana4783 2 ปีที่แล้ว +2

    ATI akabindi kumugabo kabinda akandi kahavuye iyo shanse yari y'a BAOD ne kuko niwe yayitesheshe ucurayitorera

  • @silasirakoze1545
    @silasirakoze1545 2 ปีที่แล้ว +1

    Yooooooo yarakuze di siwe ebaga namuheruka akirumwana

  • @estherkapito9469
    @estherkapito9469 2 ปีที่แล้ว +1

    😃😃😃😃👌👆👍👐🤘👍

  • @Musindi736
    @Musindi736 2 ปีที่แล้ว +1

    Zamuraraba amasanamu ya qualité vrt

  • @ndagijimanajanviere6897
    @ndagijimanajanviere6897 2 ปีที่แล้ว +1

    Dog A warakuzeee

  • @elias4Keshi
    @elias4Keshi 2 ปีที่แล้ว +1

    Amajwi yasohotse nabi avant

  • @manirakizaaudace9311
    @manirakizaaudace9311 2 ปีที่แล้ว +1

    Ntamajwi

  • @egidenibaruta3381
    @egidenibaruta3381 2 ปีที่แล้ว

    Dogo a