la chason originale des années 90 qui a été reprise par Fariaz, et bien dIl était mon meilleur ami et il est parti tot. La qualité de l'audio,j 'ai corrigé et je ne pouvais plus mieux que cela.
Franchement, tu étais mon meilleur ami. Mais, merci beaucoup pour la chanson que la terre te soit légère et que le ciel t'accueille (AGRIPINE ET SES 3 FILS REÇOIVENT LA GRÂCE DU CIEL). Merci beaucoup à tous
Twariganye na Ngendanzi Jean Pierre kuri St Michel mumyaka ya 1972, 73, 74, yarafise na mukuru wiwe Ngendanzi Emmanuel. Ikindi yari umukorezi imyaka myinshi mw isengero rya St Michel, ari naho nibazako yatanguriye gukunda inanga.
Ibi sivyo turimwo mugenzi, iyi ndirimbo burya isa n iyibagirana abantu bibaza imw ya wa musore Big fizzo ko ariyo orginale. Urakoze mugenzi kuriki gikorwa
Franchement, tu étais mon meilleur ami.
Mais, merci beaucoup pour la chanson que la terre te soit légère et que le ciel t'accueille (AGRIPINE ET SES 3 FILS REÇOIVENT LA GRÂCE DU CIEL).
Merci beaucoup à tous
Dits moi ce qu'il lui est arrivé
Nobabona gute?
Yooooh, urakoze cane, old is gold.
Asante sana munyana Jean pierre
Yooooh Urukundo disi
Twariganye na Ngendanzi Jean Pierre kuri St Michel mumyaka ya 1972, 73, 74, yarafise na mukuru wiwe Ngendanzi Emmanuel. Ikindi yari umukorezi imyaka myinshi mw isengero rya St Michel, ari naho nibazako yatanguriye gukunda inanga.
None prosper womenya bakiriho ndibaz naw uruwo hambere kwl
Ubarikiwe kwa historia fupi hiyo yake Ngendanzi Jean Pierre. Hawa jamaa walikuwa na kipaji kikubwa.
@@dianehagabimana12 Ngendanzi Jean Pierre yaritavye imana. Ndibaza na Ngendanzi Emmanuel. Nta makuru yiwe nasubiye kwumva kuva kuri St Michel.
@@constantinnicoiconoppa587 Shukurani.
@prosperburikukiye3768 nobabona gute?
I love it...
Ntubeshe kweri kwubaka nukugereka ibuye kurindi ataburongo burimwo
Nice vrt
Nakuze numva sokuru akunda kuririmba iyindirimbo kumbe niyambere kbx
Yari murukundo
Uri Jean Pierre ? Canke ur'uwitije ibikorwa vyiwe ? Droit d'auteur
Ibi sivyo turimwo mugenzi, iyi ndirimbo burya isa n iyibagirana abantu bibaza imw ya wa musore Big fizzo ko ariyo orginale. Urakoze mugenzi kuriki gikorwa
Nitwa didace barutwanayo ndi umumennyeshamakuru yigenga