Umusi umwe, naritoye, uyu type ndamwandikira inbox, nibaza ko atatahuye ibimushikiye!! L'histoire remonte en 1993.. à Gitega, le centre du pays. Qui dit 93 au Burundi parle des "événements", des déplacés. Il y avait Anne Marie Mucowintore, elle était vendeuse au kiosque des voisins, elle passait Evode en boucle! Elle connaissait chaque mot, chaque ponctuation, une anecdote derrière chaque chanson. They were homies!! C'était ce pote poète, qui pourtant portait l'uniforme et la kalash, et les mots qu'il faut! Longue vie à toi, fils du pays! Et Anne, such a darling, si toi qui aime Evode, et qui passe par Buhiga, Karuzi.. si tu croises Anne, demande, on ne sait jamais!😉 Wow.. nostalgie iranyishe wallah!
J'aimerais avoir son contact.. Exactement coe moi en 1993 à Rumonge la chanson "iIco Ntaravye nico ntashimye " nayirimbiye umu prof wa dessin ararira.urambwira ngo nyimwandikire .ntiwari dusangiye u bwoko .ariko arambwira ko nzobitahura après. Ubu rero narabitahuye nkuzee
Quelle délice💯🇧🇮♥️ incomparable et inoubliable en plus de ça distinction
Evode uri intwari.uturirimbo twawe tugumana akanovera.
Iyi ndirimbo ndayibuka cane nkiri muto kandi ndayikunda
Umusi umwe, naritoye, uyu type ndamwandikira inbox, nibaza ko atatahuye ibimushikiye!! L'histoire remonte en 1993.. à Gitega, le centre du pays. Qui dit 93 au Burundi parle des "événements", des déplacés. Il y avait Anne Marie Mucowintore, elle était vendeuse au kiosque des voisins, elle passait Evode en boucle! Elle connaissait chaque mot, chaque ponctuation, une anecdote derrière chaque chanson. They were homies!! C'était ce pote poète, qui pourtant portait l'uniforme et la kalash, et les mots qu'il faut! Longue vie à toi, fils du pays! Et Anne, such a darling, si toi qui aime Evode, et qui passe par Buhiga, Karuzi.. si tu croises Anne, demande, on ne sait jamais!😉 Wow.. nostalgie iranyishe wallah!
J'aimerais avoir son contact.. Exactement coe moi en 1993 à Rumonge la chanson "iIco Ntaravye nico ntashimye " nayirimbiye umu prof wa dessin ararira.urambwira ngo nyimwandikire .ntiwari dusangiye u bwoko .ariko arambwira ko nzobitahura après. Ubu rero narabitahuye nkuzee
Ndamukundacane kundirimbo ziwe zose zirasosa
Que du bonheur, de la meditation....quand on écoute le philosophe Burundais Evode Ntahobankwa
Komera komera komera komera komera komera komera komera ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Je suis très content de réentendre les chansons d,Evode,Il y a exactement plus de 20ans que je ne les avais pas écoutés.
Fgjkuayo
Nkumbuye benewacu n'abatama nasize!Muntahirize abiwacu.
la chanson demeure une thérapie 2023 mumpe like
Aho harikera , indirimbo zubu nakajagari. Ngo Satura amabafe n' amabuye. Ibishegu nibintu abitagira inyigisho
Amahoro neza
Zilipendwa napo sikiaaa music ya nyumbani huwa nakumbula wapi tumetoka wapi tunaelekeaaa merc ivode
voila la musique qui touche nos Coeur
❤❤❤❤
Mbega muri iyi myaka itatu mwari hehe?
Ntarataze aruta mbundare nanje narataje🥰🤣🤣
Abakera nemera cane
Ndipfuza cane kumenya nimba Evode yoba akiriho??😭😭😭
Ariho Canee
Ndakwinginze umbwire ukwo nomuyagisha. Arihehe nawe😭😭😭😭
I love you son much
Abakambwe mumuziki ndabubaha cane
Nukuri.abarundi.baririmbaneza.nahoturi.mumahanga
c'est bon ça
Gusa ucukumbura muhira urimumahanga
uwumuntu ndasavye aze yongere aririmbe vrt,kuki ababantu biyumvira uku batakibahoooo
Ewe evode urarenze
Wubahwe mutama wamataka
Kabisa ndakunda abaririnvyi biwacu
Nagahungu kitonda kitwajumuheto