Komezakaranga bavugije neza umurisho w'ingoma mw’ihiganwa ryo kuvuza ingoma ryo muri 2024 Bujumbura

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 22 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 4

  • @saeedhakiza2096
    @saeedhakiza2096 26 วันที่ผ่านมา +3

    Aka niko karanga kacu apana amagaba bashaka kumoderniza 👍👍👍👍

  • @Rivuzimanajeanpaul
    @Rivuzimanajeanpaul 26 วันที่ผ่านมา +5

    Nkunda uburyo muguma kumurisho kama wamye uvuzwa

    • @saeedhakiza2096
      @saeedhakiza2096 26 วันที่ผ่านมา

      Aba nanje nabakunze cane ariko ivyo amagaba bakoze bakwiye guhanurwa vyanse bagahabwa ibihano. Ntabwovyemewe guhindura akaranga

  • @oluwaburundi698
    @oluwaburundi698 25 วันที่ผ่านมา

    Old Version Still Amazing❤ Gusa Modernization Y'Amagaba Nayo Irarenze😂😂❤ Ndayikunda Faux