ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ubuzima buragoye nuguhitishamwo rugahitamwo ivyangombwa kobiteba mukanatuvuruga mukubiduha nibiturire vyishivyishi
Twe ntimuzosubire kutubwira ngo twinjire Tanzania 🇹🇿 turinze kurondera ivyangombwa aho muri Tanzania vrmt haribihugu dukwiye kujamwo atanurupapuro dufise pe ni nka Congo 🇨🇩 Tanzania 🇹🇿 hamwe na Rwanda 🇷🇼 vrmt mwivyo bihugu jw sinumva ukuntu mutaricara ngo mubiganire kugira mworihereze abenegihugu bivyo bihugu bitatu pe
Ibi nugujuju fix inflation rate and gdp mureke uburosha , icigugu ngo ni fredinand cagiye kubahenda kugurura ambassade mucaro ca Tanzania
Aho ni wacu simuritanzaniya?tuzoteba tuha recupera
Reke kuyayata bashahu ikenya ntamurundi bigera barya ikinuma ariko itanzaniya igihugu duhana urubibe barakupita abantu buyoka izombibe twashiriweho nabazungu nukuzirengera
🇧🇮✊🏾🇹🇿
Tanzania barafatanabi abarundi nubwo ubu ugise ivyangombwa murabaza abarundi barenga sumbawanga bamwe baribwa mbere bakanakubitwa
Ukuntu nyn Tanzania ifata nabi Abarundi😢Sha biranababaj hanyuma ngo Ujirani Mwema😅
Imiriyaridi2 mureke kubesha
Iyo nyubako yari nziza nuko iriko ibiyo bibi iyo mukoresha ibiyo orginal vyera ivyo ni fake abirabure abirabure bari cari inyuma muri vyose
😅😅😅 iyi comment or fake caane