@@HirwaArstidetwese turazi ko kwiyemera arivyo vy'iwanyu. Ariko wovuga ubusa uko ubishaka kwose ariko ntutubuza kuba abo turi kandi akazi kagakorwa uko gashobotse kwose. Urugamba rwanyu twararubony, 😂😂😂😂😂😂 mukubitw na civilians, wazalendo koko 😂🤣😂🤣😂🤣
@@James-Jabari Aba Dasso/Aba Securite/Irondo bacu nibo baza Kurugamba ntago twakohereza Ingabo zacu ngo baje ku Rugamba naba bana bamabaye amakabutura ya Rouge na bleu 🤣🤣🤣
@@kamfrancis9344ariko turabakubita mukaza kuririra kuri za social media ingabo ziburundi ziri kubatikurira muri congo ivyomwashaka gufata congo ntibigishobotse kotwavyivanzemwo
Congratulations mubasirikare bashasha Mubandanye mwimenyereza Umwansi wacu aje tuzamwivune igikuru Muzohorane Discipline babatoje courage sanna natwe tubafashe Mumugongo 🇧🇮🙌🏾
Igisilikale Cuburundi kwisi nzima. Nimwubahwe. Mbere jewe ndanabatinya. Kuko murinseruka rukamvye❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Igisoda c,Uburundi cubahwe n,intare nyantare 💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮
Baraberew❤❤❤❤ mukomere cyane ❤❤
Jewe nkunda ukuntu abasirikare bacu abahutu n'abatutsi bavyumva kumwe❤
Abatutsi barihe kontabarimo
@@Mashami-w5mubarabira kuki??????
@@christella5092 ngaho mbwira umusirikare mukuru wumututsi cg umupilisi
Ntamaso ufise?@@Mashami-w5
@@Mashami-w5ikibazo mufise nuko uwutemera ivyo mwemera mutamwemera ko ari umututsi
Imana ihezagire abasirikare bacu BNDF❤❤❤
Ibarinde ibahimbaraga❤
@@MporanimanaDonacien kabisa
Ndabakunda can basirikare bacu
Igisirikare c'uburundi cubahwe🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana ihezagire intwaramiheto zacu uburundi Burafise ingabo zijunja nijambo
Abasirikare ndabakunda IMANA ibafashe batama sicokimwe naba police najew ninakwiza imyaka igisoda nzocinjiramwo.
Rero sasa ndakunda ukuntu ikigisirikare kiterekana action zaco hano kuri tv ariko kikerekana action ahontavuze ❤love you guys ❤love you guys ❤
Mu kibila se niho biyerekana?.!?!😅😅😅
@@christianndegeya8473 Hose sinkaburya bwibundira umwasi ariko ntibazomenya ikibakubise
@@christianndegeya8473 Gusa ntibigaragaza nkabandi ,abontavuze kuri tv barabizi ariko kurugamba Bama batashe ibiziga🤣
@@ThamiKhundula Kabisa muri congo nabambere mukwiba bakiruka
Ndabakunda mwaratabaye igihe vyari bikomeye 🙏🙏
Ngabo z'Igihugu cacu c'Uburundi
Okay inkuba irabategereje mwishyamba rya kibira 😂
Iki gisitikare kirasekeje 😂I😅😂
Kubera uko mugifata, atariko gikora.
Twe ntitwerekana amatiku on cameras, ibikorwa vyacu nivyo vyivugira
❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤
Hhhhhhh 🤣🤣 Mbeg mbeg igisirikare
Uyo mugesera ngoni Prime Niyongabo niwe afukamye igihugu munda. Sha Imana izobabaza abarundi muriko murakorera ikibi
None warose umwanya wokwandika bagufukamye munda pore Sana ncuti ndabona urarushe
None wew nkibi ubizudukuruyehe😅😅wankako bakubita M7 na M23😂😂barabanyukura ,kubamesa
Kabisa numugesera kuko yabatesheje gukoribara muburundi yaberetse kwarya akaravye 😂😂
@songamberetv2219 iconkundira abarundi harukuntu mwishura umuntu akababara adakubiswe🤣😅ntagutukana nkabaraho😅😅🤣love you guys ❤❤
@@ThamiKhundula twe turavuna imvune ukayumva ishitse iyuja 🤣🤣
Komera Ngabo
Ninde azobayobu wu Bururi yewe yewe yobu 😢
Iyi myitozo irananiwe peee!! Abarundi baracyakora imyitozo yo mu myaka50 ishize.😂😂😂😂 Aka ni akumiro.
Igisoda cyuburundi cyitwa indagara
Ntakibazo
😂😂😂 ntasoni
Sendagara😂😂
Uko wocita kosi, kimwe gusa RDF irabatinya ntubabone uku. Ndazi neza ko iyo bavuze ko biteguye guhangana nuGwanda muca mutangu kwiriza ngo ni aba génocidaire canke mukabita interahamwe😂😂😂… barabahahamura gusa mumajambo, kurugamba naho mwomeregwa gute?
BURUNDI JUU SANA
😂😂😂m23 mwarayinaniwe none ngo RDF😂
Red tabara nisubize inkota mugubati ivyabo birarangiye😂
Iyomyambarire kumunsi wogusoza Koko ikabutara kwambara ubusa yayaya mbegaweeeee wagirango muracyari mwishyamba
Turabuha ngabo zigihugu cacu mukomere cane
Mubohore igihugu ndayishimiye vyaramunaniye. Ateyisoni
Hh abarundirwose😂😂😂😂
Reba ibyiwangu wa muturage we. Kagame harya yanze kujya muri Luanda ejo bundi kubonana na SE Tchisekedi atinya iki? Muyobowe nikinyoma niyo mpamvu ivyiwanyu bizohongoroka nka Syria Al-Assad
@James-Jabari munjye mumenyak icyint cyerekerany nurugamb ataricyanyu mugabo 😂😂ubundi umukuruwinjyihugu cyu Burundi ejobundi yarivunjyiye NGO abarundi biga muburundi nibigoryiii😂😂😂 mwirire imikenke muceceke
@@HirwaArstidetwese turazi ko kwiyemera arivyo vy'iwanyu.
Ariko wovuga ubusa uko ubishaka kwose ariko ntutubuza kuba abo turi kandi akazi kagakorwa uko gashobotse kwose.
Urugamba rwanyu twararubony, 😂😂😂😂😂😂 mukubitw na civilians, wazalendo koko 😂🤣😂🤣😂🤣
Ubundi abarundi ndabakunda ibyanyu ni comedy gusa ,turiya dukabutura koko ni arsenal na chelsea musobanurire
Hari ico bakuvuze none? Abaturage na leta yanyu🇷🇼 mufise imitima mibi yakagaye, ishari, inzika, agasuzuguro no kwishongora nka Lucifer kabisa. Ivyiwanyu vyubakiye kukinyoma gusa niyo mpamvu bizohongoroka nkivya Al-Assad muri Syria. Mwibuke ko mufise abanzi guhera imbere mugihugu no hanze. Ntamubanyi mwiza kuri mwe mufise, bose ni babi. Ubu muri kwishongora hariya muri Mozambique ngo muzi kugarura umutekano. Yamara abanya Mozambique bababona nkaba terrorists. Muzohungirahe niyo abo mwita abanzi banyu babahindukiriye???
Hangama
Mwendo wa pole pole
Nizereko mutagiye kubaroha muri congo kuko M23 izabamara.
Kuvuguko urumutundi canke
Iki gisirikare kirashaje peee !!!!! Ibi bikabutura nibyo binshisha!!!!!😂😂😂
Urabaza Kagame igituma atihenda gutera Ubrundi. Atinya bano nyene kuko arabazi. Wewe bandanya udahwe uko nyene, Skeleton Kagame we arazi ko bano basoda kurugamba ni hatari. Uramubaza uko ingabo ziwe M23-RDF ziri gukubitwa muri DRC naba basirikare ba 🇧🇮
@@James-Jabari Aba Dasso/Aba Securite/Irondo bacu nibo baza Kurugamba ntago twakohereza Ingabo zacu ngo baje ku Rugamba naba bana bamabaye amakabutura ya Rouge na bleu 🤣🤣🤣
😂🤣😂🤣🤣😂 ukwiyemera muragufise peeee.@@kamfrancis9344
@@kamfrancis9344ariko turabakubita mukaza kuririra kuri za social media ingabo ziburundi ziri kubatikurira muri congo ivyomwashaka gufata congo ntibigishobotse kotwavyivanzemwo
Soda ya burundi= soda ya congo
Hhhhhhhh, Burundi kko
Kuberiki bambara ubusa hejuru !?
Niko biba bipanz, nigucishwa bugufi
kugira berekane ubukomezi bumubiri wabo
🫡