Mukamaaa Imana Ihezagire Inès intahe Yawe Irankonezereyee caneeee.🎉 There's Something happening to me Wish you the best Mma Inès Thierry thank you dear I have more things kuri Inès kimwe yahawe Ingabire Zidasanzwe be blessed
Jewe ubwambere twahuriye mur business,I Saw that you're amazing business woman who likes business less Money and I couldn't ask you about Christianity cos nar namaze kwumva ko you already gave to Jesus your life! keep on shining shining
Ndashimye Imana yabibitse kugira benshi murungano rwaba jeunes tumurikirwe kandi twubakwe biciye muntahe yanyu. Ndiho Yesu abahezagire
Merci beaucoup 😍🙏🙏
Yoooh 😢Intahe yawe iramfashije Yesu aguhe umugisha
Merci pour le témoignage. Uri umupfasoni gusumba uko nari nkuzi. God bless u Ines
amen,nukur turuhuke abigeme twamenyany n Kristo ivyac briho kandi vyiza
Imana imuhe umugisha mwinshi kubwintahe nzima ashize ahabona. Wavuze nkuwuvugishijwe tuvyumve. Nubwo nubutumwa. Gusa woturangira ico gitabo natwe tukagisoma
Murakoze cn
Thank you ines for this powerful testimony
Merci beaucoup Mme lnes
Imana iguhezagire cane
Bless you my sister Inès for this Testimony.lzofasha benshi Mpwemu Yera abamurikire
Merci beaucoup Inès
Imana ibahe umugisha🙌
Merci beaucoup Mm Inès ndafashijwe
Uzoduhe partie 2, urugendo hamwe n'umugabo...iyo ntahe ntiheze.Merçi bku
Mrc beaucoup pour ton témoignage nintahe idasanzwe hezagirwa madame lnnes
Murakoze cane, muhezagirwe
Hallelujah, je m'abonne direct je ne connaissais pas la chaine, mercii soyez bénis ❤
Amen Amen! Mwarahezagiwe
C'est un bon témoignage que Dieu vous bénisse
Yesuuuuuu weeeee , ndafaaaashijweeeee caaanee , Manaaaaan , Nukuri uraaakozeee caaaaaaaneeee , mukunkirizaaaa , ubugingooooooooo , kuko urankomejeeeeeee
Urakoze Madame Ines ku ntahe nziza yubaka Yesu aguhezagire,ndizera ko hatazobura umwe canke benshi bahitamwo neza kubwiyi ntahe
Mrc kuriyo ntahe iratwigishije
Murakoze cane nukuri ndafashijwe
Ndafashijwe
Uhezagirwe
😊
Imana Ibahe Umugisha❤❤❤❤
Mukamaaa Imana Ihezagire Inès intahe Yawe Irankonezereyee caneeee.🎉
There's Something happening to me Wish you the best Mma Inès
Thierry thank you dear
I have more things kuri Inès kimwe yahawe Ingabire Zidasanzwe be blessed
Ariko uri umu mama mwiza intore ga yemweee!!! Imana iguhezagir!!
Yoo Ines,naguheruka kera sha,,,ariko ndakuz ukijijwe vraiment....ndakunda ukuntu uri calme...
Mr6 bcp Madame Ines nahora ndakubona muri priere ya midi Horeb ndafashijwe niyi temoignage
Yesu abahezagir can ndafashijw
Urakoze cane ndafashijwe
Muramvuze kbsa❤😂😅😅
Imana yo mw ijuru iguhe umugisha
Imana ibahe imigisha
Merci bcp
Intahe nziza.
Ariko ntiyaheze
Merci boko
❤ muhezagirw
Mwarahezagiwe inyigisho yanyu irigisha! Mutoronse ikindi gice
Ariko mutwandikire izina ryico gitabo.mwoba mukoze
ICO gitabo carimwo ibibazo cumi nokironka gute mumfashe mumbwire uburyo nokironka
IMANA Ibihererwe icubahiro, nguheruka kera
Imana iguhe umugisha uradufashije nukuri ariko intahe ntiheze ngira hariho 2emes parti
Igiye KUZA vuba
Ivyo uriko uratubwira nivyo nukuri kubatarabirwamwo bagukurikirane ntibabifate minenerwe abamaze kubibamwo naho dukomeza gusenga kd hamwe na Yesu ahindura ivyigize ndanse tugasanga ari amahoro
Madam lnes ndakuramukije cane ndakuzi mubwiza nezerewe nugusubira kukubona disi nturahinduka uvuga neza hezagirwa
Amen
Ndafashijwe Imanibahezagire
Jewe ubwambere twahuriye mur business,I Saw that you're amazing business woman who likes business less Money and I couldn't ask you about Christianity cos nar namaze kwumva ko you already gave to Jesus your life! keep on shining shining
Nukur intahe yawe iranyigishije cane gose nunvise nsubirey gutahura ukundi gushash Imana iguhe umugish Kandi urakoze cane
Ines we, ndanezerew n'intahe yawe.Ndakwibutse twariganye,war'umukobwa aciy'ubwenge kandi aciye bugufi.Komeza ufash'abandi murugendo rw'ubuzima bwo guhitamwo neza.
Inèssssss💖💖💖
Uvuze amagambo meza akomeye, ndafashijwecn
❤❤❤❤
Mwashobora kumpa numéro yuwo madame??? Mwoba mukoze cane
+257 65 00 00 50
Madame mugire neza cane muga twagira tubasabe mutubwire aho twokura ico gitabo
Uhezagirwe cane muvyeyi uraduhezagiye muntahe yawe
Mutubwire aho twokora ivyo bitabo
Urumumama mwiza kwel girumugisha ndafashijwe cn
Imana iguhe umugisha mwarahezagiwe ❤❤❤❤
❤❤❤