Tubwire none ko muzi kwabo barundi bafunzwe kukutamenya atabindi vyaha bagirizwa kuki mudakora ibishoboka vyose ngo babarekure bagaruke baze gutezimbere igihugu cabo nimba koko mwitayeho abenegihugu jw sinumva ukuntu bavundira mubusho kandi hari 1000 moyen zo kubarekuza kandi niko biri no mubindi bihugu pe abarundi bapfunzw ni benshi atacaha ca hatari bagira nkibaza none igihugu ko kibimenya ntihagire igikorwa ubwo twoba twitaweho cank ni kwibako
Agaciro media ndakwemera ariko imfungwa ziri Tanzania 🇹🇿 ninyish zabarundi ataco ziriguhorwa plz mwumve kano kamo mugasho atariwanyu haranuka😢😢Tanzania nimbi baragufunga uzira Kuba uciye kubutaka bwabo knd ukwij ibisabwa cank ukibwa urigutabaza ugacufatwa ngo 6mois cank 2years mukasho😢😢
Ndanezerejewe nuko yahisemwo gukoresha ururimi wacu nkumu LEADER
Wazungu walitulubuni sana sisiniwamoja acheni ubaguzi unadhani mfaransa akienda ujerumani anafungwa lahasha
Afrika nimoja ,rangi nimoja wazungu waliigawa afrika nabadotunakumbatia ubaguzi wamataifa tuliopandikiziwa nawakiloni bado tuna uhuru wabenderatu
Yavuze neza yavuze ikirundi atari bamwe bipampira kuvyo batazi kuvuga komera reverien kwamamaza ururimi kavukire, kandi bavyumvise kuko kigoma ni Burundi birazwi, ndambona murataguye guhumuka pe
Porono
Mubure ubutagondoza agataka kuburundi batwaye ngo ni za ujirani mwema!!! Aho hose kera hari iburundi!!!
Ibintu vyo kwinjira Tanzania 🇹🇿 turinze kurondera ivyangombwa muduha nikiringo co kuhaba murakwiye kubiyaga na Tanzania 🇹🇿 kugira twinjire kubuntu atagisabwe nabo baze binjire kubuntu atagisabwe nyene so ntamurundi akwiye gupfungirwa Tanzania ntanumutqnzania akwiye gupfungirwa muburundi ivyo vyose bitumwa nuko tugikenye ibihugu vyose bica bidufata nabi kuko nabanyamerika bake bofungwa kurubwo burofa pe ngo nuko yinjiye Mexico sha ubukene burqgatsindwa muzarabe nitwaterimbere ko tutazubahwa
Noe ni hon?????
Reverien haujui kiswahili ao ni kutamburisha country yetu na luga yetu
Luga yetu first
Tubwire none ko muzi kwabo barundi bafunzwe kukutamenya atabindi vyaha bagirizwa kuki mudakora ibishoboka vyose ngo babarekure bagaruke baze gutezimbere igihugu cabo nimba koko mwitayeho abenegihugu jw sinumva ukuntu bavundira mubusho kandi hari 1000 moyen zo kubarekuza kandi niko biri no mubindi bihugu pe abarundi bapfunzw ni benshi atacaha ca hatari bagira nkibaza none igihugu ko kibimenya ntihagire igikorwa ubwo twoba twitaweho cank ni kwibako
Ubuserukizi bw'igihugu cyangwa bwa fdd-cndd? mbega ivyiwacu biteye gute?😂