Nimugendere mu Mukama Yezu pa Chorale B Mukungu
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 26 มี.ค. 2023
- Chorale Sainte Anne Marie Parades de Mukungu, tubagezaho iyindi ndirimbo nshasha nimugendere mu Mumukama wacu Yezu ukeneye izindi niwifyondere Subscribe hanyuma ufyonde agakengeri wirindirire zigusange aho wibereye, Murakoze
Muhezagirwe cane ncuti zanje, Imana ishishikare kubongerereza ingumvu n'umwete mu gikorwa ciza CO ku menyesha inkuru Nziza ya Yezu mubicishije mu ndirimbo
Imana nibakomeze kubutumwa bwiza murigutanga kw'isi yose🙏
Imana ibakomereze chorale yongere ibahezagire
Imana n'ibakomeze mubandanye kutwubaka imitima❤
Nice so much our choir
Terimbere mukungu nkunda❤
❤️❤️
Vyaryoshe vrt
Courage muranryohera cyane
Mukomeree cane kandi birahimbaye.ese yezu yobabashoboza mukubandanya mudushikiriza utundi turirimbo benutwo.
Hakika mnarepresent our catholic gospel industry in our country.... Mmahitaji kusuppotiwa 🙏🙏🙏
Courage
Mukungu yacu big up
Niho harumusesekara wose muli we vrt
Imana ibahe gutera imber❤❤❤❤❤😂
Big up sanaaa mukungu
By Doto organiste kutoka parokia ya Muyange
Terimbere ncuti zacu
Indirimbo nziza cane
Cette chorale est de quelle paroisse?
Paroisse Kigwena
@@ChoraleBmukungu intara iyihe kombona batamba nkabatanzanie? Ariko bararitimba neza vraiment mbega weeeee🤭🤭bankumbuje catholique vraiment
Courage
Courage
Mukomere Mukungu mutere muja imbere.