ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Murakaja mw'ijuru bakozi b'imana
N'ubuntu twagiriwe nkakumwe kwa Shalom Dawidi Imana ntiyamukundiye kubaka ariko salomon Imana irabimwemerera
Upsem courage yesu abahezagirr
Nishimiye ukuntu muririmba neza kandi Uwiteka abahe umugisha ku bw'umwete n'umuhati ku murimo w'Imana.
Ikiganza c'Imana gikora vyiza ndi icabona co kubishingir intahe!! Courage abari kukivi Uhoraho niwe azotuma bikunda vrt!!
My favourite choir tubakurikirana caane ngaha🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦 abakunda upcem nkanje munkandire like❤
👍🏽👍🏽👍🏽👍🏽
Yesu abahezagire bakozi bImana
Mukomere UPSEM ntimunyiganyige murushirize gukorera IMANA Kuk ubutame bwanyu atarubw ubusa mu Mwami 🙏🙏🙏
Imana Nishimwe caaane kubw ´ iki gikorwa kiriko kirakoreka kizohesha Icubahiro Izina ry’lMANA
Waaaaaauuuuu courage mes Amis dukwakwanye dukore ingero ziriho
Nubuntu twagiriwe kabisa.Imana ibahezagire cane
Impembo mw'ijuru irahari kora ibikorwa vy'Imana nkazopfa ejo
IMANA abahezagira duhezagirwane bagenz turabakunda❤️
Amen, Imana ishishikare kubakoresha ivy'ubuhizi
Imana ibahezagire
Uhoraho Ashimwe caaaane kubwikigikorwa ciwe ciza
Amen dukwakwanye dukore ingoro y'IMANA numwete mwinshi igih nik tugiye gutaha Hallelujah
Imana ibahezagire caaane
Mugire umugisha
Dukwakwanye dukore ingoro y'Imana igihe n'iki tugiye gutaha.Yesu abahezagire caaane
Dukwakwanye dukore nk'abazopf'ejo tuzobihemberwa! Yesu abahezagire 🙌🙌
Imana ishishikare kubakoresha iv'ubuhizi
Mwarahezagiw bakudwa ba yesu imana ibahe inkomez
Iyingoro izorangira duheze twihe akamo dushime Data we love u My choir💪💪😍😍😍😍🔥🔥🔥
Yesu Abahezagire
Abari mukavyiru nabari mukivyumya🤣🤣🤣🤣 vyiza cyane vyukuri
❤nunva mbabay kubwiy'indirimbo kubwibibikogwa,ndarize Can🙏🙏😢😢😭😭
Yesu abahezagire cane bakozi b'Imana Ikikiganza c'Uhoraho gishishikare kubarongora no mw'uyumurimo ❤❤❤❤
Muhezagigw Can bantu b'umwami wacu! Indirimbo muririmb ziranezer, zikigish ndets zikanahumuriza umutima wanj. Uhorah aban namw knd abakomez mubikorw mukor. Amen!
Waaoooooo❤ twari tuyirindiranye igishika
Nukur wararimvye neza can Yesu abahe umugsha kl by lievin toyi aba muntara yarutana ariko nkaba ndimuhanga
Umwami wa cu Yesu abahzagire nugukorra Imana no kukanyuma kumwuka wacu muragahzagirwa mutwibukij ko tuja guca ibiti tukubaka.
Imana ishimwe kubwimirim yayo🙏🙏🙏🙏
Oh Jésus !!shimwa Yesu tuzogukorera mpaka gupfa
Yesu aduhe gukora ibikorwa vyo kugororoka
Kabisa yesu aragahezagirwa
Uhoraho abakomeze caneeee ndabakunda aba UPSEM
Yaaaa Haleluya
Amen dukwakwanye dukore
Yesu Kristo abahezagire cane 🙏💖
Yesu abahe Imigisha myishi
Haleluya haleluya mukwiye amavuta menshi
🖐️🖐️🖐️ikiganza ciza cimana kizotuma vyose bikunda 💪
Imana niyo izotuma bikunda kabisa
Muhezagirwe caanee 🔥🔥🔥🔥🔥
Vyukuri S'ubutore Mwami ❤.
Uhoraho abakomeze amaboko
Gukorera Imana ntabuhombe burimwo kabisa
Murammezagiyeee💕😍😍😍
Muhezegirwe💞
Courage
Yesu abaronse amahera musohore n'izindi nyinshi
Mwongerwe inkomezi
Muhezagirwe cyane
Yesu abahezagire caaaan
Warahabaye Yesu
Murashoboye vraiment music
Gukorera Imana nivy'igiciro
Yesu abahezagire twari tuyirindiye kabisa
Aameen aameen IMANA niyirimber
Amen ❤❤❤❤❤
Mukomere cane ibikogwa vyanyu biraduhimbara kandi indirimbo zacu ziruhura imitima yacu
Iyatanguj igikorwa izogisozera🙏🙏🙏🙏
Turafafshijwe cyane nubwo tutabazi gusa good work
❤
Yeah yeah yeah ! Do not be discouraged ! Keep on working
Turabakunda❤
UHORAHO Niwe azotuma bikunda
Hallelujah 🎉
Amen Amn
Muragahezagigwa bakozi b,Imana
Guys Keep on working for our Jah.
🗣️🗣️Muze dukore nkabazopfa ejo benedata
Ooh, Lord Jesus bless UPSEM and the works of his hands. Amen
Harahiriwe abantu bariko barubaka iyo Ngoro y’Imàna
Great song, watching from Zambia.All the best to you my choir, naho mutambona aha nihondi
Couraaaage 💯
Ameeeen,warahabay Mana
Thank you so much.May God bless you.
It's a good songThank you our brethrenMay God empower you day by day
Vyiza cane nugukora
Courageeee
Kubwa Yesu izohera kabisa iyo ngoro y'Imana
Amen
Ndabakundaa
Hahimbazwe Iyatumye bikoreka
Amen courage
Murimake hariho abantu bamwe bamwe baboneka muma images incuro nyinshi abandi nabo images zabo ntiziboneke. Sivyiza muri tournage du clip bisaba ko mwese muboneka. Iyindirimbo irameze neza cane Imana ibahezagire👌👌👌
Imana ishishikare kutuzigama
Haleluya
Seigneur nous te servirons à jamais.
Amen 👏 UHORAHO abahe umugisha 😂😂
Yesu abahe umugisha
Muhezagirwe
IMANA ibahezagire
Mwarahezagiwe turabakurikira
courrage🎉🎉
Ameeeen
Mugir umugisha
You're blessed
May God bless you
God bless u
Murakaja mw'ijuru bakozi b'imana
N'ubuntu twagiriwe nkakumwe kwa Shalom Dawidi Imana ntiyamukundiye kubaka ariko salomon Imana irabimwemerera
Upsem courage yesu abahezagirr
Nishimiye ukuntu muririmba neza kandi Uwiteka abahe umugisha ku bw'umwete n'umuhati ku murimo w'Imana.
Ikiganza c'Imana gikora vyiza ndi icabona co kubishingir intahe!! Courage abari kukivi Uhoraho niwe azotuma bikunda vrt!!
My favourite choir tubakurikirana caane ngaha🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦 abakunda upcem nkanje munkandire like❤
👍🏽👍🏽👍🏽👍🏽
Yesu abahezagire bakozi bImana
Mukomere UPSEM ntimunyiganyige murushirize gukorera IMANA Kuk ubutame bwanyu atarubw ubusa mu Mwami 🙏🙏🙏
Imana Nishimwe caaane kubw ´ iki gikorwa kiriko kirakoreka kizohesha Icubahiro Izina ry’lMANA
Waaaaaauuuuu courage mes Amis dukwakwanye dukore ingero ziriho
Nubuntu twagiriwe kabisa.Imana ibahezagire cane
Impembo mw'ijuru irahari kora ibikorwa vy'Imana nkazopfa ejo
IMANA abahezagira duhezagirwane bagenz turabakunda❤️
Amen, Imana ishishikare kubakoresha ivy'ubuhizi
Imana ibahezagire
Uhoraho Ashimwe caaaane kubwikigikorwa ciwe ciza
Amen dukwakwanye dukore ingoro y'IMANA numwete mwinshi igih nik tugiye gutaha Hallelujah
Imana ibahezagire caaane
Mugire umugisha
Dukwakwanye dukore ingoro y'Imana igihe n'iki tugiye gutaha.Yesu abahezagire caaane
Dukwakwanye dukore nk'abazopf'ejo tuzobihemberwa! Yesu abahezagire 🙌🙌
Imana ishishikare kubakoresha iv'ubuhizi
Mwarahezagiw bakudwa ba yesu imana ibahe inkomez
Iyingoro izorangira duheze twihe akamo dushime Data we love u My choir💪💪😍😍😍😍🔥🔥🔥
Yesu Abahezagire
Abari mukavyiru nabari mukivyumya🤣🤣🤣🤣 vyiza cyane vyukuri
❤nunva mbabay kubwiy'indirimbo kubwibibikogwa,ndarize Can🙏🙏😢😢😭😭
Yesu abahezagire cane bakozi b'Imana Ikikiganza c'Uhoraho gishishikare kubarongora no mw'uyumurimo ❤❤❤❤
Muhezagigw Can bantu b'umwami wacu! Indirimbo muririmb ziranezer, zikigish ndets zikanahumuriza umutima wanj. Uhorah aban namw knd abakomez mubikorw mukor. Amen!
Waaoooooo❤ twari tuyirindiranye igishika
Nukur wararimvye neza can Yesu abahe umugsha kl by lievin toyi aba muntara yarutana ariko nkaba ndimuhanga
Umwami wa cu Yesu abahzagire nugukorra Imana no kukanyuma kumwuka wacu muragahzagirwa mutwibukij ko tuja guca ibiti tukubaka.
Imana ishimwe kubwimirim yayo🙏🙏🙏🙏
Oh Jésus !!shimwa Yesu tuzogukorera mpaka gupfa
Yesu aduhe gukora ibikorwa vyo kugororoka
Kabisa yesu aragahezagirwa
Uhoraho abakomeze caneeee ndabakunda aba UPSEM
Yaaaa Haleluya
Amen dukwakwanye dukore
Yesu Kristo abahezagire cane 🙏💖
Yesu abahe Imigisha myishi
Haleluya haleluya mukwiye amavuta menshi
🖐️🖐️🖐️ikiganza ciza cimana kizotuma vyose bikunda 💪
Imana niyo izotuma bikunda kabisa
Muhezagirwe caanee 🔥🔥🔥🔥🔥
Vyukuri S'ubutore Mwami ❤.
Uhoraho abakomeze amaboko
Gukorera Imana ntabuhombe burimwo kabisa
Murammezagiyeee💕😍😍😍
Muhezegirwe💞
Courage
Yesu abaronse amahera musohore n'izindi nyinshi
Mwongerwe inkomezi
Muhezagirwe cyane
Yesu abahezagire caaaan
Warahabaye Yesu
Murashoboye vraiment music
Gukorera Imana nivy'igiciro
Yesu abahezagire twari tuyirindiye kabisa
Aameen aameen IMANA niyirimber
Amen ❤❤❤❤❤
Mukomere cane ibikogwa vyanyu biraduhimbara kandi indirimbo zacu ziruhura imitima yacu
Iyatanguj igikorwa izogisozera🙏🙏🙏🙏
Turafafshijwe cyane nubwo tutabazi gusa good work
❤
Yeah yeah yeah ! Do not be discouraged ! Keep on working
Turabakunda❤
UHORAHO Niwe azotuma bikunda
Hallelujah 🎉
Amen Amn
Muragahezagigwa bakozi b,Imana
Guys Keep on working for our Jah.
🗣️🗣️Muze dukore nkabazopfa ejo benedata
Ooh, Lord Jesus bless UPSEM and the works of his hands. Amen
Harahiriwe abantu bariko barubaka iyo Ngoro y’Imàna
Great song, watching from Zambia.
All the best to you my choir, naho mutambona aha nihondi
Couraaaage 💯
Ameeeen,warahabay Mana
Thank you so much.May God bless you.
It's a good song
Thank you our brethren
May God empower you day by day
Vyiza cane nugukora
Courageeee
Kubwa Yesu izohera kabisa iyo ngoro y'Imana
Amen
Ndabakundaa
Hahimbazwe Iyatumye bikoreka
Amen courage
Murimake hariho abantu bamwe bamwe baboneka muma images incuro nyinshi abandi nabo images zabo ntiziboneke. Sivyiza muri tournage du clip bisaba ko mwese muboneka.
Iyindirimbo irameze neza cane Imana ibahezagire👌👌👌
Imana ishishikare kutuzigama
Haleluya
Seigneur nous te servirons à jamais.
Amen 👏 UHORAHO abahe umugisha 😂😂
Amen
Yesu abahe umugisha
Muhezagirwe
IMANA ibahezagire
Mwarahezagiwe turabakurikira
courrage🎉🎉
Ameeeen
Mugir umugisha
You're blessed
May God bless you
God bless u