I've liked, admired and loved this Video. How long will I tell to J. ELARTS Good work, nice,... ? I need at least one wrong video of him.. That's too much @john.elarts. Lol Love from MasterMuzik
kent p narabe uyu mu queen video ntazongere gukoresha barya ba nyokuru yihararaje gukoresha much respect to u bad boy killer na bantu bwoy ent muri rusangi video ubwayo irivugira
je nibaze ko naho woba wanka Fizzo , ibikorwa vyiwe vyo ubibona bantu bwoy yamwe atwemeza kuva kera ,ubu ho na team yiwe ntizoduha agahengwe nakare ngo "isase riva kucuma" forza général, forza bad boy killer,forza kirikou #Forza Bantu Bwoy
Abarundi mwarenze,ntakwezi kucijana hadasohoste ibisasu vy indirimbo,,mbega indirimbo itambika kandi ifise namajambo afise ivyiyumviro birashe..Iyi video ntakekeranya ishobora kuba iyambere muri 2019..abandi nimukore turabe!!..aba ba dancers,barabiryohejeje,mbega abana bazunza we!! (02:50)😀..script urabona ko irimwo logic,ni saha irakurikizwa(am..pm),big up to J.E..and big up to the singer double.Jay..keep it up👍👍👍
Bad Bwoy Killer Kazi Kaliiiiiiii saana Yaani Video Ya Mwaka 2019 Nchini Burundi Hakuna Kama Bantu Bwoy Entertainment Nice Video Ever Big up to u John Elarts
Kazi nzuli sana @BadBoyKiller
This Double Jay has an addictive voice😩this is too much😭😭😍😍👌👌 Big up to the whole crew for this amazing video😍👌
Double Jay you have to say something...😜someone here is dying ooooh...😅😅😅🏃🏃🏃
I agree
I'm from Ethiopian, and I don't understand this language but I like this song.
It's a Burundian song in Kirundi language and that guy is saying that he wants that girl.
mtanzania Wa kwanza kucomment so Rwanda giv me my lik
Is a Burundian
I've liked, admired and loved this Video. How long will I tell to J. ELARTS Good work, nice,... ? I need at least one wrong video of him.. That's too much @john.elarts. Lol
Love from MasterMuzik
No Wrong Video from J.E, if you need a wrong one check the photographer from the second side😃
Masterland 0fficial Elarts twatanguy kumumenya kubera wewe,vmt merci bcp
Masterland 0fficial he is just outstanding ....Burundi 🇧🇮 has great talents it's a matter of developing them
Masterland 0fficial i admit it too, he don't how wrong video is done
Bantu bwoy noma snaaaa #iyi clip irasaraaa kbxa nimba wemera Bantu bwoy gonga like
vivi Stewart ll
Rwanda represented 🇷🇼🇧🇮
Nbeganbega 😍
Uwemera Bantu bway nkaj agonge like 🔥🔥🔥
ndayikund trop
Ngiyo
kent p narabe uyu mu queen video ntazongere gukoresha barya ba nyokuru yihararaje gukoresha much respect to u bad boy killer na bantu bwoy ent muri rusangi video ubwayo irivugira
je nibaze ko naho woba wanka Fizzo , ibikorwa vyiwe vyo ubibona
bantu bwoy yamwe atwemeza kuva kera ,ubu ho na team yiwe ntizoduha agahengwe nakare ngo
"isase riva kucuma" forza général, forza bad boy killer,forza kirikou #Forza Bantu Bwoy
Ndemeye kabisa jay komeza ibikorwa
Another one from bantu Bwoy video kali blood much respect #johnErts #numvanshaka habali yamjin #gongaLike hapo
Kama kweli wew ni Bantu bwoy fans like hire plz 👏👍👍
Big up sana nyumba yote nzima ya Bantu Bwoy kwa kazi munayofanya...murashoboye kabisa
Yooooyoo quelle clip big up john elarts&bantubwoy mubip ma like si tu l'aimes cette chanson
Sana mkali video kali
Irarenz bro
thomas ndayisaba ppl
P'lo
People
Amani Kasim ,ll,kkkkjk
thomas ndayisaba !,ol
Very good song courage 👌👌👌🗣️🗣️🗣️😭😭😭🥰🥰🥰🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
umenimaliza double jay..Elarts wew hatari saaana baba, yani umenielewesha mbayambaya yani..daaah soft saan..mpaka sasa sijachoka
ndashaka like zabarundi pls🇧🇮🇧🇮ingoma irakaze san
Ngiyo Burundi +257 +966
Much respect basaza nice🙌 video Bantu bwoy forever (abakija kuronder amasanamu mez hanz muragowe)
Ewana kumbe warundi tunaweza hivi?like zenu mbona sizioni ,bantu boy big up
Kiwanda chenye Mziki mzuri Burundi @bantu bwoy Ent Nakubali saana kazi nzuri kutoka kwa John Elarts ✌️🔥🔥🔥🔥🔥🔥
waouh bro nakubali kwli clip ya ukweli @john_elarts🔥🔥🔥🔥
#numva_nshaka moto💥💥💥💥💯💯💯
double urarenze peeeh👏👏👏👏💪💪💪
Double jay kabis ndakwemer ukora akazikawenez ntabwowiger Wihend narimwe iman ikuj imber muvyukora. Vyose ndagukund kiss 🥰🥰🥰🥰🥰
Elarts narinzi k utegerezwa kunyemeza 🔥🔥🔥wabikoze kbsa💪🏾💪🏾💪🏾👊🏾
Hasigay ahaw naw ko utangura kutwemez bruh.. 😉
Soon turatangura bro💪🏾💪🏾💪🏾
Titus Classic 😆😎😎
Nice job Pro wangu iheze nkuko navyifuza iyo idahera uko nakwitwarira kabisa,Ukaba wemera #JohnElarts BantuBwoy Forever fyonda Like ngaha👌👌👌👌
dumunya rwanda, nkunda ukuntu mwivugira
mbanuva muvuga nkabatesi
Love from Kigali anyone else?
kabisa kabisa big up sana jj big uo sana john lart big up sana bantu bwoy
Another creativity kutoka kwake @Ellarts
Cool double jay kbs
cette video mérite plus de 1M views&likes
Ego vrmnt~ jvalide~another one frm Bantu boy 🇨🇦🇧🇮🇧🇮🥰
NXT LVL ANOTHER LEVEL NAHO WOBA UPINGA GUTE BANTU BWOY MURANYEMEJE VYAGAKURA BIG UP
Iyi vidéo niyamateka John bandany urashoboy
Double Jay iyi song niyumwak kbx
Iyo itahera uko naca ndagutaburiza umutahe, gusa salute ndabona ibintu n amavuta
hahahaà kbxaaaa
Nimba wemera doube Jay shirako like ngaha
Ndamukund uyutip
safiiii Sana namavuta iyi song
Double Jay, wallah urarenze ndagufana sana kko ww na Elly's bwoy nimw mugiz Bantu Bwoy
🔥🔥🔥🔥🔥good work sichoki kuiangalia kazi hiiii
Abarundi mwarenze,ntakwezi kucijana hadasohoste ibisasu vy indirimbo,,mbega indirimbo itambika kandi ifise namajambo afise ivyiyumviro birashe..Iyi video ntakekeranya ishobora kuba iyambere muri 2019..abandi nimukore turabe!!..aba ba dancers,barabiryohejeje,mbega abana bazunza we!! (02:50)😀..script urabona ko irimwo logic,ni saha irakurikizwa(am..pm),big up to J.E..and big up to the singer double.Jay..keep it up👍👍👍
double jayciya men nakubaliiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii sana bantu bwoy noma xana
John Elarts kazi nzuri saana Big up saana Double jay Kwa mziki mzuri
Bad Bwoy Killer Kazi Kaliiiiiiii saana Yaani Video Ya Mwaka 2019 Nchini Burundi Hakuna Kama Bantu Bwoy Entertainment Nice Video Ever Big up to u John Elarts
Premiere Design unajua video wew?
Elart kachemka sana...color imamuangusha mzee...usisifie kitu kama haujui
@@directorinyangeadriano5031 enda hospitali kaka umezidiwa unaumwa macho kiukweli
Premiere Design kama unaelewa wew...plug in gani ambay imetumika bro?
Na jewe #NUMVASHAKA . Good job from BANTU BOY
Yyyiiioooo this one reo aratwemeje....👌👌👌🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
sauti nzuri kijana keep it up....
yeeees burn it bro
brovoooooo dabo another hit from bantu bwoy
Good good kijana wetu kazinzuli mwanangu
DOUBLE Double Jay chapo wallah nibadutabare kwel
Yaani nagize like ntaranayireba kabisa bravo 👏 👏
This project needs an international collaboration
numva nshaka iyindi song yae diii
jenumva nyishaka bcp bcp
so nic video vrt
Perfect production. That was a good wrap.
Mbega amateka big up sana dukeney ihinduka
Another one from #BantuBwoy another one from #JohnElart
So clean👌👌👌👌
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮
Big up double Jay na bantu bwoy turi nyuma yanyu
Coool...Neza nezaa,Elart numukoz kbxaaa!!
Bantu boy murashoboy 😍💪 Double Jay🌺
Big up Double Jay.. Nice song.. & 96 producer J. Elarts King of buja flaver..
Good job kbxa. Twongre k8l. Muraturuhur vrt
Big up sana doublo Jay na bantubwoy kubemerena nanje gonga Lik ngaha vidéo irarenze abavemera Lik ngaha
Kazi hioo
Hahhahahhahahahhahahahayh, Double Jay the greatest one!!! Naje ubu ndaremvye cane bumva nshaka sana!!! Respect
Noma snaa 🔥🔥🔥🔥once again💪
Bad boy killer👏👏👏🔥🔥 🔥 Hari ikintu canje gituma nkumbura😂😂uwavyumvise nkanje nindeee??
Il faut 100.000K zikwireee
Numva nshaka iyindi song great your work bad boy killer
Iyingomiranyica walah mashala dabo jey ndagufana kabs
Nakubali Bantu Bwoy respect
Niyambere mu ndundi big up sana
Yoooo urakaze nkewalaaaa
Ndacariko ndayumviriza 2024❤❤❤❤, ❤❤
Mmmh naweyeeee big up sana DG
Iyi clip niryambere ndayibonye burundi...bon travail
Th hits only kabisa 🔥🔥🔥
Respect man👏👏👏
waouh nic vrt big up sana
Kweli kweli kweliiiiii my captain killer and am in deep love with this song!!numva nshaka kweli
Much Congratulations to Double jay & John Elart
ndakunda iyi ndirimbo yawe cane.big up sana
Ndakwemera
Bant bwoy ooyeee vyukuli mukora amateka sana.ndabona na king fizzo yararimwo.ayakabisa terimbere abarundi tugeze kure
Nukuri nuvankukumbuye pe❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Burundi shld chip in some little Swahili.They can be the masters of sound in east africa
Navuwa keppy bad boi killer🎩💥
Mana weeeeeee mambo ni moto atarisan video nzuri maneno matam ❤❤👌👌 wenye rooho mbaya watapa tabusana ungera pia
Double Jay, the first number in Burundi for singing Nobody else
good job Double @bantou bwoy on 🔝🔝🔝🔝
Congratulations bro iyi song 👌👌👌 clip nayo Nikindi kintu 👏👏👏👏👏👏
Kugenda bukebuke bituma ushika kure cane ,komera Bantubwoy
big up San Kwa director John
Vyiza kabisa, tuba dushak ibintu nk'ibi.
LOVE FROM KENYA
yoooo 👏👏video nzoza peeeee
Mukoze igikogwa camateka big up sana. Bantubwoy forever
Wo wo wo wo....nice job John Elarts 👌
Video nzuli kabisa gonga like kama unakubali kama mimi