Isaac wahora urumushingantah mukuvuga ukuri mais unomus wavyish man kuk abarundi ntiturinjiji nimba baguhay ryumare ng umuvugire raba ubiruke ivy wahaw man🙅♂️🙅♂️ Icokibwa Fernando caradekonye kivyemere gisab imbabaz ntabindi📩📩
Kadie kay ntavyegereze umutima🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ni industry ya ryosee nivyo biba bikenewe nimurabe Tanzania ama Content nikobayakora kugira Music yiwe itera imbere Dj Fernando na Gusto🔥🔥🔥🔥 umu Star atavurwa arazima🇧🇮🇧🇮
Isaac we na Simbizi murakuze muri entertainment,hari n'ubundi bu promotors bwa 200 butazi what is going on. We support dj Fernando,we support this game
😂😂😂Isaac ico giturire baguhaye sico fernando karya sagatwiko naho yokwihenda ngo asohore indirimbo yoyiraba we n umuryango wiwe nguko yashimiy ngo nibo batumy ashikan5 M
Nta gatwiko ntako. Nibabe baraba abo bagirira ako gatwiko bareke kukagirira ku muntu angana na nyina. Eka ni mbono yanyu nyene. Namwe birabinjiriza ama views mwaronse😀😀😀😀😀😀
Irya team ya Kay yari igiye kugera ku rwego rw 'abanyamahanga. None mugumye intege mwumve umuziki wa ba Buruse Milodi baze babakuremwo ama 100M,ibijuju gusa! Mbega nimba wavumye kubera wandikiwe,nyuma yo kuva kumwanditsi;uri iki?
😂😂😂😂😂aho nubeshe kbs abarundi nidukunda akacagari harya yari gushaka gukwega abafana yari ku muhaguruts akanamushimir basha abafana bose yari kubakwega
Izi analyses mwakoze sizo. Fernando ivyo yavugiye kuri stage biraboneka ko yari yasomye agacupa. C tout igisigaye nuko yikosora ntibimwononere carriere, kuko show buzz il faut voir ko Atari show buzz ikwicira carriere, muburundi ntiturashika kuri niveau y'a Tanzanie kuburyo izo buzz zihabwa ikibanza. Exemple ninyinshi, kirikou na double, drama t, abo bose nimumbwire iyo bageze. Bakoze buzz mûri terrain batazi
Fernand hejuru ❤🎉🎉🎉❤❤🎉🎉
Hit🎉🎉🎉 yubahwe
True ❤️🦅
Isaac TV Juu sana muramarir umusi❤ w maneko Big UP bro😂
Bambwirir sh ntamakur bafis rek babakin hm bager kuc bishakir kuk Fernand sumwan mut mumutw❤❤❤
Nukuri Isaac avuze ukuri pe❤❤❤🎉🎉🎉
Urusaku rwanyu twari turukumbuye😂❤
Isaac wahora urumushingantah mukuvuga ukuri mais unomus wavyish man kuk abarundi ntiturinjiji nimba baguhay ryumare ng umuvugire raba ubiruke ivy wahaw man🙅♂️🙅♂️
Icokibwa Fernando caradekonye kivyemere gisab imbabaz ntabindi📩📩
Nimureke Fernando sha
Issac reo umevuta bangi ya fresh wabitoye 😂big up bro
Twebwe ntaco bikitubwiy dj Fernando twaramwanse ahubwo nyimba aragatwiko yakinye yabikoze nabi kubwanj narafuse mumutwe iwanje nigitandero
Wewe ntiwaruwiwe.
Akokanyuma nikokabi muranyeguy ngarikararya mubikoraneza❤❤❤
Muhend aband
Kadie kay ntavyegereze umutima🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ni industry ya ryosee nivyo biba bikenewe nimurabe Tanzania ama Content nikobayakora kugira Music yiwe itera imbere Dj Fernando na Gusto🔥🔥🔥🔥 umu Star atavurwa arazima🇧🇮🇧🇮
Ahubwo Isaac Dj Fernando yakuguz nguz guyobagiza amatohozo urya mupeti nta ndero afise
Ww riza vyaragucanze ww kuk dj yabakorer niw yavyivugiy
Isaac we na Simbizi murakuze muri entertainment,hari n'ubundi bu promotors bwa 200 butazi what is going on.
We support dj Fernando,we support this game
Ubwenge kenge ni bwo bwama bwica Uburundi Burakavumwa !
Ahubwo urya mudame narabe amuhembe Fernando kuko amukorey agatwiko kuko benshi ntitwari tumuzi arko aciye amenyekana tunamenya nibikorwa vyiwe.ahubwo ntabishiremwo ishavu narabe abivyaze umusaruro kuri cote yiwe kuko ahawe akazi.madame courage ukor ibikorw vyiza
Wew yamuhayik ya mwandikiy indirimbo nokumurihir amaher muri studio
Ivyo sivyo mwibaza reka ntamakuru mufe😊
Yaduhe musaza😂😂
Akenshi iy umunt aknye cank atunze amajambo ntabur
Bavyitwa agakino😮😮😮
Nibamurek izahak ndagushigikiy benakoreshumwanya nibamurek abarundi twichwe nijaruzi
Sha nabakunda arik uyumusi murik muvug ubuneshi kl nimba mwarons agafuka munwa?0🤔🤔🤔🤔🤔
😀😀😀😀😀 abo bahungu bariko baraducanga kbx
Yarabivuze no kuri Siren vibes, muzorabe iyo emission
Aho muriko mwina uwaheze #fernando aho yahejeje guta succe
Isaac Barek kuvyambika Inkoferooo vrmt Yaratay Ibangaaaa
Ego kweli
Manekooooo idirizoooo😂😂😂😂
@@hildenyandwi1142
😂😂😂
Isaac uvuze ukuri p
Iyo analyse wapi kweli
Isaac mbga anclile we bigezeh??
😂😂😂Isaac ico giturire baguhaye sico fernando karya sagatwiko naho yokwihenda ngo asohore indirimbo yoyiraba we n umuryango wiwe nguko yashimiy ngo nibo batumy ashikan5 M
Ico giturire wariye kizoguturitsa inda
😂😂😂😂😂😂ntakidashoboka walayi turagowe...ariko nyene harigih bosanga bagabanije umutima tubakunda...
True
😢😢😢😢😢😢😢😊😊😊😊🎉🎉🎉🎉🎉
Mmmh!!
Isaac ndakweemera urumugabo kabisa uvuze neza ,urerekanye ko ufise uburambe gusumba ayandi ma chanel kuriki kibazo ca fernando
Nta gatwiko ntako. Nibabe baraba abo bagirira ako gatwiko bareke kukagirira ku muntu angana na nyina. Eka ni mbono yanyu nyene. Namwe birabinjiriza ama views mwaronse😀😀😀😀😀😀
Wibaze ngo na gatwik ku mu mama ngurya
Abasesanguzi binzara
❤❤❤
Like zangu jamani niko wa pili ku comment video hii😀
Oya akogatwiko kirya nkurye ntikoba ariko kuko jenagize desabonne
😂😂😂😂😂tumubabarire basha😂😂
😂😂😂😂
Kadie Kay ntagakino bariko bamukina Rka rkaaaa Ferdinand Numumwanamubiiii Kabisaaa Ntandero agiraa Urya naho kuvuga Ngo Urya muhungu arafis Ubweng ntabweng agira rka rkaaaaa Yabuz Inderooooo tuuuuuuuuuu Knd Isaac rka kuvyambika Inkoferoo
Ahubwo ya vyitwayemo nabi nimba yashak agatwiko niyari gushira ubutandero
@@lydi791
Wewe Urazi Ibi bogaboga mubantu bos Kumengo Uriko Ubavugira Ibiri muribooo!?
Na Isaac n’umuntu nkabandi kandi ntibisigura ko ivyo avuga bica biba ukuri 100% kandi ivyo umuntu wese yotanga Analysis ziwe so abantu nkaba isaac nibo basubiza Abaririmvyi Inyuma aho yotanze impanuro aho bikenewe none ariko apfukira kubintu bidatahuritse, ahubwo fernando nimba yipfuza ko yotera imbere muri career yiwe arazihoza ibintu nkivyo
😂😂😂😂😂 none Nturabona indirimbo ya Fernando igira isohoke? Yitwa KAZIMA IMANA INKUNDA? Nuko reka nibindi muzobibona😂😂😂
Muzi akamaro ko gukorera hamwe mwumvikana?
Ww uzi inkuru zumuntu umw gut ur um journaliste 😂😂😂😂ntiworonder nizindi zabandi cank niw ukunda gusa
Irya team ya Kay yari igiye kugera ku rwego rw 'abanyamahanga.
None mugumye intege mwumve umuziki wa ba Buruse Milodi baze babakuremwo ama 100M,ibijuju gusa!
Mbega nimba wavumye kubera wandikiwe,nyuma yo kuva kumwanditsi;uri iki?
Abo uvuga babatumye kwivangura si abansi ba Kaddie gusa,ni abansi b'iterambere ry'igihugu;muzosubire mujwiragire ngo umuziki ndundi ntiwitabwaho ;nta muntu azogufasha ataco werekanyeko ushoboye kandi wagezeko!
Abarundi ntavya show bize bazi kuko bobo baca babishiramwo inzigo nico kibishe ucahunva ngo uyu ntankika arazimye kandi barabikora kuko bacabarek gukurikirana ibikorwa vyawe bikarangir azimy nkuko babivug
😂😂😂😂😂aho nubeshe kbs abarundi nidukunda akacagari harya yari gushaka gukwega abafana yari ku muhaguruts akanamushimir basha abafana bose yari kubakwega
😂😂😂
Uyo dogo anaenda kupotea kama drama t
Nimba aruko basi ni bigugu uyo mukino nibari kuyikina kurya abivuga en public nawe narindire agiye gutakaza aba fans kubera ubwo butandero yagize
I saac wampaye number yawe
+257 61 879 857 Isaac number
Urya mu maman nawe niwe yavyitwayemwo kuko igihe bandikirana twebwe ntavyo twari tuzi rero kuki kuza kubivuga kuri Buja FM ko yamwandikiye? Rero niwe yatanguye kumuteza abantu, rero bose barafise amakosa bakoze urya angana na maman wiwe, nibicarane bayage nimba harikibazo nibicarane bayage hama ubumwe bubandanye.
Ntakibazo gihari bari mukazi😂😂😂😂
Izi analyses mwakoze sizo. Fernando ivyo yavugiye kuri stage biraboneka ko yari yasomye agacupa. C tout igisigaye nuko yikosora ntibimwononere carriere, kuko show buzz il faut voir ko Atari show buzz ikwicira carriere, muburundi ntiturashika kuri niveau y'a Tanzanie kuburyo izo buzz zihabwa ikibanza. Exemple ninyinshi, kirikou na double, drama t, abo bose nimumbwire iyo bageze. Bakoze buzz mûri terrain batazi
Ni kubera ari mu Burundi
😂😂😂😂😂 none Nturabona indirimbo ya Fernando igira isohoke? Yitwa KAZIMA IMANA INKUNDA? Nuko reka nibindi muzobibona😂😂😂
Izo buzz zuburofa bakwiye kuzireka.abariko babata murudubi naba ba youtubeurs bishakira udu content twamake
Tubata murudubi how?
Izo show biz zubutanderi ni zaba Tanzania ariko mu bdi nitumenyereye rero ngaho yitegure gutakaza aba fans cnk na batakaze muri ivyo bintu 2
❤❤❤