Beny aravuze vyose impamvu umuhungu canke umugabo aheza kare...Elsie na Minouche baguye muyabize
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 24 ธ.ค. 2024
- Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment
Wherever there is Beni or Renine Manariyo i am always watching and listening to them, because they are educating communities for free of charge , go guys you are the best and keep it up you ladies with your work as Tv shows on line ...
Yes sir, asha umbaye kure muta mbadaguye kamwe but I appreciate my brother that was dope ✌🏿❤️
Émission très intéressante ! Merci beaucoup Minouche, tu es très créative vraiment ! Émissions nk'izo zirakenewe cane gose !
🤗
Respect! Respect coup ya mbele
Very interesting topic.Keep it up
Benie uri intelligent baze bagutumire kandi
Ikikiganiro nitsiza kukokiradufash mrc
Mwiyumviriye neza gutanga icigwa nkico 😗😗😗😘
Muratubariza, ko yigeze kuvuga ngo usambaye n'umukobwa, ku muhungu urukundo ruca rugabanuka, none muri married naho bigenda gute?
NGO agasorinanga hakirikare . That's deep✌🏿🇧🇮❤️
Please beni ndasavy wew imber yogutangura TV uzogir podcast amajwi yaw bazoz bayumviriza mumpishoo ariko bavyumvirilze my idea
Bit mubarize Beni aliho invo Inga wo fungula kugira nuheze kare please change mume nimero ya Beni namubaze please please 🙏
Very interesting debat thanks Beni...
Merci
😸💃MINOUCHE ahatswe gutoba ikiganiro.
Sohoriyonanga twivugirize . Gasore avuzinanga ya Minouche.
Merci kunyigisho🙏 Hama ntimwavuze kubagore nabo bobo ntibashobora guheza kare?
Leçon intéressant
Elsie you have beautiful eyes
Murakoze tugiye cane
Nipo ndani ya Brazil nawapata vizuli nimezaliwa karuzi ahitwa mugihogazi kwasasa nipo jenelo
Merci kutwigisha
Nice one,Minouche you catchin up siren vibe by dropping good shit. That was dope.
Inyigisho nkizo turazikeneye kuko nitwe kazoza kejo. Much love and respect from 🇺🇸
Hama vrmnt iyo debate iraruenze kbs
None umugabo ahejeje Kare umugore yokwidogera iki kuko ahejeje kare arasubira akabandanya
Ikiganiro ca bien
Minouche urakunda kurya
Geragez kutavuga igifarans cinsh mumeny kutubwir mukirund murab iyo mugikur kuber nimwebw mutwigish
None abahungu bisambanya nabo ntangaruka mbi bitera mugihe cimibonano Mpuza bitsina?
Ndabaramukije mwese murakora neza vraimnt hma mumfashe num ya Béni
urakoze cane kubahabura
Non hoho inimeriyuwomugaboyoyironkagut ????
merci bcp
Minou nkaharya umugabo arangij umugor akiryohew nah akumv umeng umugabo ahejj hatar bwager naho biva kuki ??
Merci kunyigisho none iyumugabo ahejeje kubikora ama spermatozoïdes aba essentielle après combien de temps?
Ikiganiro cizacane ndahungukiye vyinshi muhezagigwecane gusajew nagizikibazo kubasohira2 ngonikibazo nanj nsohora5 numvisubwoba mungirinama
Umugore aryoha gute😀😀😀
Watching straight from Kelvin Zehot Media
Nimwubahwe mukomenze munzomungarukane beni yingcha nenza
Beni yubahwe
Love from M5 Picture
Yooo umuntu namuheruka muri zinduka kwel Béni yubahwe namwe nabibagiy
Muzohuze rénine hamwe nuyo
Ngahore 🤷🏽♀️
Turabashimiye kur kino kiganiro nize vyinsh ama theme arimwo mbona azomfash gutahura icigwa ca sexologie muwa gatatu komeza muduha nivyo dukeneye
Uwo abajije ngo umugore aryoha gute narindire azobimenya niyamushikana murugo.
Minouche uzomubaz ku bagabo bafise igitsina kinini cnk gitoya ko atangaruka mbi bizana ku mugore
Nifuza kwo azoduha inyigisho.kuko sintahura ukuntu umuntu Asheboro kuba yisambanya kandi akiri isugi.biva kuki?twubake twayibbuze natubwire profil irikwo.murakoze kandi🥰🥰🥰🥰🥰cane
FREEMA BOY YAGEZIMBERE YANJE ARATUZA👇👇👇👇👇👇👇👇👇
th-cam.com/video/lDD9Qk5qe54/w-d-xo.html
love from AMAYARWA TV
Muzotubariz beni arafise umugore? Abafise abana bangah?
arafise umugore
N umu jeune marié
Murakenuye can ariko Rukundo ww bagucunge kuri 22:30-35😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤭
Twubake twayibuze kuri Facebook mutubwire uko canditse
Egome kuko harimwo nyinshi.twubake
non abo bakobwa bariko barabaza kobatavuga ngotuvyumve
❤️❤️❤️❤️
Nikiganiro ciza none nkokubantu usanga babana igihe kirekire kubagore ugasanga ntibazi uburyohe bwamabanga yabubatse
Kire ni 7 nawe ngo 2 reka raka
Natubwire umuti rero
Mubandaye muzana nabandii
16:03 Minouche n' ibiki wewe🤯??? 🤭🌈🌌🤣
🧡🧡🤝🏻🤝🏻
Hariho strategies wokoresha mugihe urangiza kare ,bazombaze ndazibereke th-cam.com/video/6L1kbWL4TgI/w-d-xo.html
Barica imbuto kwer 😂😂
Les ponyetere stop ✋ it🙈
binobintu birakomeye cane
Des foutaises
Noe zigiy mumuntu birakenewe ham umukobwa bamukuye ubusugi birababaza dusigurir harabavug KO Bava le sang🧐☹️🧐
Kugira ntababare cane ubanza kumunyaza
How many spermatozoide come again after first ejaculation?
Uti ama sperm yoza igitsina uti rro tuzoheb gukoresha preservatif???
uzogarukane b face
Twubake ntayo tubona kur fcb mwotubwira uk yandikw murakoz
Stay away from sugar and fat stuff