DUHUJE ROSA NA MAKARENA MURI GIRLFRIEND😍/Banyita Malaya kubera kuririmba bikambabaza/baratesaaa😍

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ต.ค. 2024
  • #sirenvibestv #girlfriends #oldisgold

ความคิดเห็น • 97

  • @AlidaIshimwe-d8j
    @AlidaIshimwe-d8j 8 หลายเดือนก่อน +7

    Imana izosubira guhuza Gretta na Rasko kuko abo bantu barajanye mu mpande zose ,bahamagariwe gukora ibintu bimwe Kandi Bose n abantu beza Nukuri satani atsindwe Kais azokurane na papa wiwe na maman wiwe niwe munezero ku mwana wese uyu mwaka natuye ko urwo rugo ruzosubira kuba ruzima.Amen

  • @Twese.01
    @Twese.01 8 หลายเดือนก่อน +8

    Hosy na Gretta mwakoze kutuzanira aba legends, muzotuzanire numwe yaririmba kunda ubumwe, na Afrika Nova muzogire ikiganiro nawe naho ari hano muri Canada zoom vyokunda batuyagire akakera.Thanks, from Canada

  • @DianeNijimbere-tw6bq
    @DianeNijimbere-tw6bq 8 หลายเดือนก่อน +3

    Ikiganiro ciza cane.narize mbony Gretta na Rosa bayaga bahuza.sivyabenshi muri intwari mubere akarorero imiryango myinshi.love u

  • @kimana8818
    @kimana8818 8 หลายเดือนก่อน +3

    Mabukwe Rosa na mukazana Gretta mubere akarorero abandi nukur muratesa🥰🥰🥰

  • @positivemind2255
    @positivemind2255 8 หลายเดือนก่อน +11

    Gretta yakoranye ikiganiro na Ex Mabukwe😂😂 Jewe ntavyo noshobora

    • @DuduGloria
      @DuduGloria 8 หลายเดือนก่อน

      Nabastars sha

    • @adelineakimpaye61
      @adelineakimpaye61 8 หลายเดือนก่อน

      Knd si ex mamy Rose yavuz k acemera k ar umukuzana👌ndakunda ab mamy batesa nkuko vrt

  • @mec4494
    @mec4494 8 หลายเดือนก่อน +8

    *OMG* - niwe yaririnvye “MPA INKA YANJE” &
    “NDAVUGA SIMVURA” 🥹🥹 Oh Lord, this is unbelievable - *I loved those two songs* 😘♥️

  • @jeankwizera4719
    @jeankwizera4719 8 หลายเดือนก่อน +5

    Uwo muvyey yubahw indirimbo ziw ziw ziracakunzwe

  • @DianeIrankunda-fo2ds
    @DianeIrankunda-fo2ds 8 หลายเดือนก่อน +3

    Gretta na mabukweee vrm vs etês très special❤❤❤❤

  • @angebuhungu8976
    @angebuhungu8976 8 หลายเดือนก่อน +4

    Ooohh maman Rosa👍Ndavuga simvura yemwe murantungaaaaa👍👍💪🏼🇧🇮🇧🇮

  • @Hunterdonyhn
    @Hunterdonyhn 8 หลายเดือนก่อน +3

    Hosy ugeze kuyindi level vrma, bandanya uturemera turagukurikieana 100% 🇧🇮 🇺🇸

  • @Elshaddai2023
    @Elshaddai2023 8 หลายเดือนก่อน +2

    Abanyagitega muze dushigikire aba ba maman surtout Makarena wa kwetu❤

  • @JAime-mn3vm
    @JAime-mn3vm 8 หลายเดือนก่อน +2

    Raba shahu Mama Rose kungene bayaga neza na Gretta kandi baravanye numuhungu wiwe sha ndaryohewe vrmnt murabantu beza pe❤🎉abandi usanga bankana urunuka ariko mweho muranyemeje cane mwubahwe vrmnt ✌️❤

  • @irankundaemeryne844
    @irankundaemeryne844 8 หลายเดือนก่อน

    Makalena atuzanire indirimbo yiwe ya kera y'urukundo, ivuga ngo ariko nzoza nzoza kukuraba.

  • @irankundaemeryne844
    @irankundaemeryne844 8 หลายเดือนก่อน

    Makalena atuzanire indirimbo yiwe ya kera y'urukundo, ivuga ngo ariko nzoza nzoza kukuraba.

  • @giselekaneza5674
    @giselekaneza5674 8 หลายเดือนก่อน

    Gretta arik vrm urabon ingen mabukw waw agukund !!! Aband nah baba baban nabahung bab usang badahuz arik wew nub mwatandukany urabon k agum agukund knd yumv yogushigikir rab ugir effort usubiran numugab kuber urukund rurahar nimutsind shetani ishak kubatany arik mwubak

  • @happyhappy3493
    @happyhappy3493 8 หลายเดือนก่อน +1

    Jew gushir commentaire birangora hemwe kand birambabaz iyo vyanse

  • @owanaishimwe
    @owanaishimwe 8 หลายเดือนก่อน +4

    Egoo pee Ni emission spéciale 😍😍😍💯💯💯

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 8 หลายเดือนก่อน +2

    Hosy na Gretta merci kunyereka Rose
    Ndamwibuka nkiri umwana
    Elle a toujours été élégante
    She still elegant and beautiful 👌

    • @yannwenge108
      @yannwenge108 8 หลายเดือนก่อน

      La belle mère w Gretha

  • @adolpheniyibizi4252
    @adolpheniyibizi4252 8 หลายเดือนก่อน +1

    Impundu nyinshi kuri abo bamamans.

  • @ninalarissadusabe9713
    @ninalarissadusabe9713 8 หลายเดือนก่อน +1

    Merci Gretta kuriyo idée👌.Link abatazoba bashoboye kuhashika

  • @gloriosenininahazwe1678
    @gloriosenininahazwe1678 8 หลายเดือนก่อน

    Kumbe,uwo niwe muganga anesthésiste yabihevye akigira mur musique,ndibutse ikiganiro yigeze gutanga❤,bz bzuu

  • @MarieGorethMunezero-r2b
    @MarieGorethMunezero-r2b 7 หลายเดือนก่อน

    Abasirimuu makalena number one

  • @NadiaIrakoze-u9e
    @NadiaIrakoze-u9e 7 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @sandrineirakoze6627
    @sandrineirakoze6627 8 หลายเดือนก่อน +1

    Makachou, Makalove, turagukunda cane🥰.. uri umuhizikazi❤

  • @MariamMugisha-s3i
    @MariamMugisha-s3i 8 หลายเดือนก่อน +2

    Hosy Hejuru caaan🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻 Old is Gold❤

  • @angemugisha7056
    @angemugisha7056 7 หลายเดือนก่อน

    Maman rose mwaratesa vraiment we na Chantal yari 🔥🔥🔥🔥 nda bibuka mwu bwiza kuri 8eme avenue mwaratwika eee respect ❤️❤️❤️

  • @angerubeneirakiza1628
    @angerubeneirakiza1628 8 หลายเดือนก่อน

    Rosa sha ndamukunda nakuze ndamwumviriza mugikino citwa murikirukuri ndazi ntanumwe atamukunda "Mafoza"😂😂Makalena❤️❤️ Hosy et Gretha❤️❤️🇧🇮🇧🇮

  • @franckmuco7534
    @franckmuco7534 8 หลายเดือนก่อน

    Courage,turabashigikiye dear gilr,nokuri Event OME

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 8 หลายเดือนก่อน

    Makalena ndamukunda zanzi ariko avuza guitare knd aririmba,oooh Rose ww sinovuga how ndamukunda❤❤❤❤❤..Hosy et Gleu luviyu ❤❤❤

  • @PatrickPajo-v9i
    @PatrickPajo-v9i 8 หลายเดือนก่อน +1

    Gretha &Hosy nukuri courage ku icyiyumviro mwashize mbere niciza nukuri nobasaba ko mwoca mugira faudrising ya ku murimvyi wakera yarimvye intimba yurukundo Bukuru Jean. Muzoba mukoze

    • @krc0607
      @krc0607 8 หลายเดือนก่อน

      Wobasaba ko bogir’iki? Woba ushatse kuvuga iki??? Wovuga mu kirundi niho iciyumviro cawe cokumvikana neza.
      Sinon fundraising y’umuririmvyi… sindavyumva.

  • @Egidos-ew1qe
    @Egidos-ew1qe 8 หลายเดือนก่อน

    Ariko Gretta nawe naho wakoze vyiza ngushimira 18h vyari bikunaniy mukirundi kwli?🙆🙆🙆

  • @Emily-k98
    @Emily-k98 8 หลายเดือนก่อน

    Murakoze can vrt 🎉🎉🎉🎉🎉Hossy courage kutuzanira abavyeyi batumye nkundumuziki gusumbuko nawukunda🎉🎉🎉❤❤❤❤❤

  • @Beatrice-t4y
    @Beatrice-t4y 8 หลายเดือนก่อน

    Mafoza wanje.ndagukundira vyinshi pe❤❤

  • @Nidivin
    @Nidivin 8 หลายเดือนก่อน

    Iri special kbxx ❤️🔥 ndavyemera Kandi niyaba silimu kbxx ❤️✌️✌️

  • @bilemec
    @bilemec 8 หลายเดือนก่อน

    Hi #Sirenvibes!
    Bantu nzozanana na Maman le 04/02 arakunda trop abobavyeyi baturirimbiye neza.

  • @ahishakiyeerick6901
    @ahishakiyeerick6901 8 หลายเดือนก่อน

    Ndibuka ukuntu indirimbo za makarena persque zose nari ndazizi kumutwe nkazisubiramwo kenshi. Ndamukunda cane uyu mu Maman

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 8 หลายเดือนก่อน

    Ingene rero Makarena yambaye neza😍maman Rasko naw naho ntamuzi apparement she's very kind

  • @jartininget773
    @jartininget773 8 หลายเดือนก่อน

    Ewe Rosa urakunda ibifungurwa harico wibagiye kubaza ma soeur❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😅😅

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 8 หลายเดือนก่อน

    Roza Yezu aguhezagire. Uzobandanye ukora ivyiza.

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 8 หลายเดือนก่อน

    Murakoze Hosy kw'abo batumire twigirako

  • @candidekankindi890
    @candidekankindi890 8 หลายเดือนก่อน

    None ko mutavuga prix ya ticket d'entrée ?

  • @rwemavedaste-dh8vj
    @rwemavedaste-dh8vj 8 หลายเดือนก่อน

    Twishimiye abatumirwa umuziki wohambere wadushishikariza gukunda akaranga nkurwaruka atumirwa bubahwe cyane,turabakunda❤

  • @josephinendayishimiye1757
    @josephinendayishimiye1757 8 หลายเดือนก่อน +1

    Eeh,Gode
    Ntahinduka

  • @ngendakumanawilly2159
    @ngendakumanawilly2159 8 หลายเดือนก่อน

    Aba legends nakunda indirimbo ya Roza yitwa " uruharamba"

  • @emilendayizeye25
    @emilendayizeye25 8 หลายเดือนก่อน

    Abateguye ikiganiro ndabashimiye cane

  • @hakizimanajames-hm6xt
    @hakizimanajames-hm6xt 8 หลายเดือนก่อน

    Eka Na Hosy turakunda ibiganiro vyawe noirobi

  • @AisetouDoumbia
    @AisetouDoumbia 8 หลายเดือนก่อน

    bonsoir
    nitwe twahitamba ntamukiriza mama
    Roza nari muribabana batamba

  • @ingabirekhelia
    @ingabirekhelia 8 หลายเดือนก่อน

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @bechouingabire4818
    @bechouingabire4818 8 หลายเดือนก่อน

    Waouuu ndaryohew cha imana niyampa ubushoboz nzohashika

  • @itekavaa528
    @itekavaa528 8 หลายเดือนก่อน +1

    1st one to view😂😂

  • @konakunzeornella3164
    @konakunzeornella3164 8 หลายเดือนก่อน +1

    Abavyeyi bacu disi😍🥰

  • @jeanpaulmuvunyi2498
    @jeanpaulmuvunyi2498 8 หลายเดือนก่อน

    Émission ni top kweli Macarena Yari muri gitega sound bande niyirambire

  • @irakozesolange3908
    @irakozesolange3908 8 หลายเดือนก่อน

    Papa Kaïs yabaye tambwe wakera muriyo ndirimbo😂😂😂

  • @boboyann
    @boboyann 8 หลายเดือนก่อน

    Gleuuuuu na mother in-law 😢😢😢❤❤❤❤❤❤

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 8 หลายเดือนก่อน +1

    Émission iraryoshe

  • @francinenahimana7289
    @francinenahimana7289 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤ mbega aba mama baguma baryosh ndakunda can❤️❤️❤️❤️❤️🥰

  • @fabiorukundo2023
    @fabiorukundo2023 8 หลายเดือนก่อน

    Eeeh Gretttttaaaaa🔥 Tu dead çaaaaa❤

  • @GuillaumeNahimana-o5z
    @GuillaumeNahimana-o5z 8 หลายเดือนก่อน

    Mafoza wee❤❤❤❤

  • @hakizimanajames-hm6xt
    @hakizimanajames-hm6xt 8 หลายเดือนก่อน

    Uyu mumana Rose yubahwe muburundi

  • @Hunterdonyhn
    @Hunterdonyhn 8 หลายเดือนก่อน

    Tubwire uko tugura itike online kubantu bari hanze

  • @NiyonzimaDonate-zg4jg
    @NiyonzimaDonate-zg4jg 8 หลายเดือนก่อน

    Murampimbaye Rose na Makarena

  • @JeannineJeannineBella-cr3vj
    @JeannineJeannineBella-cr3vj 8 หลายเดือนก่อน

    Sha Ndabakunda cane goose Rosy Gretha❤

  • @konakunzeornella3164
    @konakunzeornella3164 8 หลายเดือนก่อน

    Mbe fun and fact bite ko mukauka😅😅

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 8 หลายเดือนก่อน

    Ntabwo aringufi tanga amahoro .

  • @Egidos-ew1qe
    @Egidos-ew1qe 8 หลายเดือนก่อน

    Hosy merciii saana kuriki kiganiro ❤

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 8 หลายเดือนก่อน

    Mukomere bavyeyi bacu! Umukama abashigikire caaane🙏

  • @AisetouDoumbia
    @AisetouDoumbia 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤

  • @MememelyEmerimana
    @MememelyEmerimana 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @mimikwizera9627
    @mimikwizera9627 8 หลายเดือนก่อน

    Ewe rosa ndagukunda can 🥰

  • @jartininget773
    @jartininget773 8 หลายเดือนก่อน

    Salut ma chere soeur Rose waku Espace❤

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 8 หลายเดือนก่อน +1

    Wooooa ❤❤❤❤❤❤

  • @irakoze3762
    @irakoze3762 8 หลายเดือนก่อน

    Gretta na mabukwe wiw disi ❤

  • @happyhappy3493
    @happyhappy3493 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 8 หลายเดือนก่อน

    Uziko Rosa adasaza.

  • @wembakamungu7820
    @wembakamungu7820 8 หลายเดือนก่อน

    Très spécial plutôt ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @amosmani9579
    @amosmani9579 8 หลายเดือนก่อน

    Ababa mère bubahw, Hosy 💪❤

  • @jeanpaulmuvunyi2498
    @jeanpaulmuvunyi2498 8 หลายเดือนก่อน

    Greta Nawe ngo mwege😂😂😂😂😂

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @dollygraciaabayo5918
    @dollygraciaabayo5918 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤

  • @phanyphapha3472
    @phanyphapha3472 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤

  • @audreynishishikare8175
    @audreynishishikare8175 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @ThacienneIgiraneza-gw7mr
    @ThacienneIgiraneza-gw7mr 8 หลายเดือนก่อน

    ♥️♥️💞💞

  • @NsengiyumvaEvariste-q1k
    @NsengiyumvaEvariste-q1k 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @christella5092
    @christella5092 8 หลายเดือนก่อน

    😂

  • @NdayishimiyeMuslim
    @NdayishimiyeMuslim 8 หลายเดือนก่อน

    Nice one

  • @sandraumuhoza7333
    @sandraumuhoza7333 8 หลายเดือนก่อน

    Narimenyereyeko ababyeyi nabakobwa biburundi bambara bakikwiza ariko uyumubyeyi arantengushye

    • @FiestaAlpha-u7n
      @FiestaAlpha-u7n 8 หลายเดือนก่อน

      Ahubonye ahenye nihehe?

    • @FiestaAlpha-u7n
      @FiestaAlpha-u7n 8 หลายเดือนก่อน

      Iyo babona ko ahenye bamushira kuri camera?bamureka guca imanza zo guca intege abandi

    • @irakoze3762
      @irakoze3762 8 หลายเดือนก่อน

      Numunyamuji sha ubona ashaje yah womwambik ibigera mumaguru

    • @Ida35715
      @Ida35715 8 หลายเดือนก่อน

      Aragutengushye? Ok tenguka neza ntakundi

    • @bellairakoze2769
      @bellairakoze2769 8 หลายเดือนก่อน

      J mbona aribisanzw kubera bivana nahonyakuriy