Ku nama: "Reta nibanze irabe ivyo bintu ingene vyifashe ibone koko ko igihugu catewe (n'amazi)"

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 13 เม.ย. 2024
  • Iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika riri ku murindi udasanzwe kuva mu ntango z’uno mwaka wa 2024. Isantimetero 72 zari zimaze kwiyongera hagati y’itariki 12 z’ukwa mbere, na 8 z’ukwa kane, umuntu afatiye ku gipimo gishinze ku kivuko gikuru ca Bujumbura. Iryo duga ry’amazi riterwa n’iki, ingaruka ni izihe ku bantu no ku bintu? Hakwiye gukorwa iki kugira abantu bahangane n’iryo duga ry’amazi ?
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 4

  • @Timeside..
    @Timeside.. หลายเดือนก่อน

    Abo bantu bama batumira inyanka burundi gusa twebwe twizeye imbono ntakitujugumiza.

  • @mjc6770
    @mjc6770 หลายเดือนก่อน

    Albert areke kuguma avuga ngo eeeeee

  • @Devote281
    @Devote281 หลายเดือนก่อน +1

    Aloys numukungu, be mureka kumutumurira